Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
The Real Tv Show 💫
uwo mujana comedien si talent yiw narabe ibindi ajamwo.. yaje guterereza cank yaje gukina comédien😂
Raoul comedie siyiwe kabisa ntakintu na kimw avuga gitwenza ashaka kwigana kigingi muga swata
Plz Burundi Dutandukanye Stand Up comedy na Serious comedy ivyo biroro mwabitovye Abantu mwaringaho pole sana mwarimwashigikiwe muga murabamaramaje imbere Yabantu😂😂😂😂😂
Haribintu bimwe bimwe avuga bitagira indero harumusi muzobona akubiswe imbere yabantu nukuri 😂😂😂😂😂
Kure✈️
Comedy heba wangu rekera ababishoboye
Komera kirahuri ni rukundo koca
Iy n comedy cnk kwar gutukana😂😂😂😂
Iyo si Comedy nagato uko ni kwinjira mu Buzima bwa bantu
😂😂😂
Costa
🤣🤣🤣🤣🤣
🎉🎉🎉🎉🎉
Ubahwe
Uyu sio Comedian kwakweli nikelele tu apo hakuna kichekesho kabisa Nikutukana watu Tu Iyo sio Adabu kabisa
Mubisanzwe iyo si comédie kabisa harimwo gutyozanya.nibaza ko yohindura kuko bisona nabi cane
Xana
The guy doesn’t know how to talk to people! Yibaza ko gu critiqua ariko gutwenza😢😢