Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Sabizeze! Ni indirimbo nziza cane, iryoshe mumudiho no mubutumwa. Muyango ati Sabizeze sinzi ico gisigura. Ndi umurundi. Ikirundi n,ikinyarwanda ntibitandukanye cane. Mukirundi rero, iyo bagomba kwimika umwami, kugira barabe ko azoba uwo umugisha, ngo hari abajejwe kugaragura amara y igikoko bishe ( intestins), kugira barabe ko uwo mwami azoba uwumugisha. Niho rero bavuga ngo Indagara( Imana zeze), bisigura ko umwami azoba uw,umugisha. Sabizeze rero, nibaza ko ryabaye izina ry umwizero ko azoragwa ingoma. Birasusa, ntibisa. Twungurane.
Iyi ndirimbo ndayikunda cyane.
Umusaza muyango rwose biraryoshye kukubona
Sebizeze umuntu iyo yazaga yasinze baravugaga ngo yabaye Sebizeze
Sabizeze ni ijambo Riva kumagambo abili gusaba izeze. Saba izeze. Byavuye kugitekerezo cy'ukuvuka kuwo mwana kuri nyina gasani n'umugaragu wabeshye ko yamuraguriye. Sabizeze bivuga saba imana zera ubu twavuga sabiyumva.
Uyu musaza urashoboye cyane rwose muyango numusaza mwiza wubatse imitima yacu cyane TV10 ndabakunda so abakunzi banyu ntibibagirwe gukora SABCSARIBE kuri TORCH1 TV and UMWANA TV cyaneko kuri TORCH1 TV Hari ikiganiro na muyango
Sabizeze! Ni indirimbo nziza cane, iryoshe mumudiho no mubutumwa. Muyango ati Sabizeze sinzi ico gisigura. Ndi umurundi. Ikirundi n,ikinyarwanda ntibitandukanye cane. Mukirundi rero, iyo bagomba kwimika umwami, kugira barabe ko azoba uwo umugisha, ngo hari abajejwe kugaragura amara y igikoko bishe ( intestins), kugira barabe ko uwo mwami azoba uwumugisha. Niho rero bavuga ngo Indagara( Imana zeze), bisigura ko umwami azoba uw,umugisha.
Sabizeze rero, nibaza ko ryabaye izina ry umwizero ko azoragwa ingoma.
Birasusa, ntibisa. Twungurane.