Kwandika abanyeshure bose b'Abarundi biga mu gihugu c'Ubushinwa||utegetsi bw'Igihugu c'Ubushinwa...

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 19. 02. 2020
  • Kwandika abanyeshure bose b'Abarundi biga mu gihugu c'Ubushinwa ni imwe mu ngingo ziheruka gufatwa na Reta y'Uburundi, ibicishije
    mu Bushikiranganji bw'Amagara y'Abantu no Kurwanya Ikiza ruhonyanganda SIDA, ifadikanije n'ubutegetsi bw'Igihugu c'Ubushinwa,
    kugira ngo babakingire kwandura wa mugera wa Coronavirus umaze igihe uteye isibe mu Bushinwa.Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe
    ku muhingamo wo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 18/02/2020 n'Umushikiranganji w'Amagara y'Abantu Muganga Thaddée NDIKUMANA.

Komentáře •