Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Bantu bimana imana idufashe kandi idutabare cane ahubwo imana iduhe kunesha ibibi birimbere
Iman nizoturwanira kand izoturinda yes akugirir neza
Imana mushiboravyose, ltabare lgihugu cacu c Uburundi, lmbabarire n abapinga ubuhanuzi👏👏👏
iyo mana ukorera ni nyabingi,ni kiranga ni ryangombe yiyita Imana.iyo ni sekibi.n'igicibwa n'ikivume.Yezu Kristu Mwami Yaragutsinze.
Wivuga nabi rekimana izokorivyayo waping warek rekavuge yigire tuzobiraba
Huuu Imana ni umunyakigongwe 🙏
Nta kuri namba. Ivyo muri qsamweli bihuye n'ivy 'ico gihe Abarundi si Abamaleki.
Uhorah adutabar cane 👏👏👏
Warose nabi wamuntu we urakeneye gufashwa na MPWEMU W'IMANA kurementanya urabishoboye Sengushimitse kugira uhumuke
Ubuhanuzi benubu nubugerageza kuzimanganya ubw'ukugaruka kwa Yesu,iyi nimwe mumikenyuro satani akoresha kugira abantu bahugire murivyo bicwe n'akajagari kavyo mugihe we ababonako igihe caduheranye cokwihana, mwihangane Yesu arihafi benedata
Amène.imana.yonyene.niyo'izotucirinzira
Imana Itubabarire kuko turi abanyavyaha
IMANA ikube imbere mukoz wimana IMANA nayo itugirire ikigogwe izoba ikoz
Imana izotugwanira nugusenga twivuye inyuma
Tangubùtumwa wirenganire mukoziwimana abagupinga sindimwo imananyenamahoro ikuzigame
Ubutumwa ubwahe ubwo atanze iyo ni Map bifitiye shaa twarabahinyuye
Nimugih canoa bazize gupinga iyo bazakwumvira noa ntibakurimbuk ahubwo iman idufashe
Ariko ntiwibagire ko Bibiliya itubwira ko mu misi y'iherezo hazoza abavugishwa b'ibinyoma
Ntiwavangiw urimukur ibinjira mumwuka barabibon ahubwo dusenga twiyeza. Kko imbere ntivyoroshe
Mwizina rya yezu mbe kubivuga umenga uriko urabisoma reka kubesha ivyo wiyumvira nivyo weretswe nyimba shetani ariwe ariko abikwereka kutatura ivyiza vyuburundi twarabahinyuye
Numugih canoa bazize gupinga iyo bazakwumvira noa ntibakurimbuk ahubwo iman idufashem
Uhoraho atuzigamye nihatari
Imana ninyembabazi❤❤
🏃🏃🏃🏃ndirenganira imana itubahafi cane kk ndumvabikaze
Iyomitweyanyu izohinyuka mwababeshimwe
IIVYO VYIYUMVIRO VYANYU IMANA SIKO YIYUMVIRA UBU RUBE GUSA .IMANA NTIZOBURA KUGUHANA KUBWO KUROGOTA KURI MPWEMU W IMANA
Ivyo vyose ntivyobura gushika 😢 kuko turabanyavyaha ,Icompa imbabazi z'Imana zikatugwirako kandi
Igihugucuburundi.kirasengeye.ntantambara.izobamuburur.izoherere.iwanyu.iman.ntitegeka.intambara😢😢
ubupfumu bwawe witwa ubuhanuzi ndabusambuye mw'Izina rya Kristu Mwami.sekibi sekinyoma ja mu inyenga y'irimbukiro ugende wikoreye ubupfumu bwawe.Ndabitegetse mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami.
Imana ni ikore ugushaka kwayo kuko ni mw,isi yiremeye abakipfa nabo nabagikoreramwo ibibi n,abagirira nabi bagenzi babo abahahaza abari hasi yabo boooose ico batazihangarana ni urupfu ni co gituma ntapinga iconzi coco imana irahari rero nikore igikorwa cayo .
Ivyobintu birumvikana karivyo uzusoma
Nimuhanure ivyukuza kumwami wacu yesu kristo.
Uhoha nabi nukuri kuburyo wipfuza intambara witwaj bibiriya
Nisodomu nagomora baraburiw barabipinga imana ikuzigame
Umubeshi
Tubwire ubutumwa bwo kwihan ibindi birasanzw kuko uwihany azoja mwijuru niryo twese dukeneye
Oe ivyurenzak usigura n'Imana yabkubwiyee??mb naw ubahe? Ntub muburundi? Vuga ugez Imana ntikora nkabantu😢😢😢😢😢😢
Vuga make uzushobora kwisigurako
Muzumve n'ibyo Murebwayire Esther avuga ku Burundi.
Yooooo disi sud kivu na nord kivu bibonye ubiyobora wenda intambara yashira aba congomana bakabaho mumahoro
Imana iravuga kandirabona nukur
Murarushe ngo muyinga muhira iwacu hacika ivumbi gawambwawe ,
Iman idutabar
Ababorewe bose ngo n'ubuvugishwa
Iyo Mana yawe usenga itandukanye niy'abarundi basenga, nanje ndavuze nti kwlzina ry'lmana yo mw'ijuru bizohere murugo rwawe n'umuryango wawe biherere iwawe.
Yoooo,shenge,ego dis,Imana yabonye umuntu mwiza atica yitwa james kabarebe,ego rata mukozi w'imana,urerekwa kweri.james kabarebe james kabarebe,kubwawe imana ihaye kabarebe agashimwe k'ingene yakuye ivyo wise umucafu mu Rwanda kuva Vyumba none ageze RDC,aho yishe 15million de congolais,ba sekuru ba kabarebe bagize genocide 1972 i Burundu nawe aje gukura ivyo wise umucafu!!!!?
Ziba zib ziba ziba funga mudomo mwanryaryamwe arimwe mutuma nimana irakara abavuigishwa bibinyoma igihe nkiki bazoba beshi
Muratanguye iyo himirije amatora mutangura ivyo nyene
Ibaze nukuri
Rekakubeshera uhoraho imana
Uri igipfu c'igipfupfu ivyo uvuze uwari WE wese yobivuga. Uzorinda upfa utabibonye
Ivyo vyihoze yaramaze kutubabarira wana
Yemwe muriko muraharir ngo nibinyoma urumviriz ukihorera kuko nah yoba atar umukoz wimana ingabire nagakiza ntibisa rro umviriza wihorere
❤❤❤❤
Yesuweee dutabare
Icompa amarasoyumwami akambonekako abapinganibaping😭😭😭😭😭Kandi itubabarire
Igisagara ça Bujumbura 😂😂😂😂😂
Iyo ni portique
Urakava kwisi
Iyab ryari iryambere numvis nkivy nar kuvyemra nn maz kumva vyishi murar murarota ham muktubwira tukarindira tukabura hari nahanuy umuhero knd nabnd bar abavugishwa
Nukwam duseng
Uzohanwa
Ntantambara izogaruka mugihugu cacu c'Uburundi
IMANA idutabare
nuko uzosanga warogoswe ku MANA kand wigira nguriko urahishura amabanga yakubwiye! hama sinz ko muburundi ariho bakoze ivyaha cane gushika yaho IMANA ishavura ikakubwira ko igomba kuhateza ivyago??
Ubu nanje ngiy kwerekw ibind nzoz ndababwir
Sha birabacanga Aho nikumushasha Kur E N G
Bakubwiye ko Nord kivu na Sud Kivu itagira uwuhatwara? Ivyo Bintu abantu mwese muguma muraba Congo sinibazako Ari uko muyikunda cane.
Urara udasenze ukarota ibisigo ugacuza kubesha ngo weretswe
Wewe urinde
Kamikazi
Ivyo nivyo bantu bimana
Je numva ntagishasha turimwisi ibibazo.gupfa Ni vyiza ikibi nugupfa nabi urinde ww utinyurupfu Kandarirembo ryijuru
Iryo tabi n'urumogi munwa bizobavako ryari? Genda urime ibiharage ugavurire abarundi birire urekane n urwo rusaku
Ivyo bintu udidinganya nivyo warose cank urik ukin comédie ? Ibitari buze
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Aho mushaka kutwicira umuvyeyi wacu murabesha shaa mwabakozi bashetaniImana izobahana uriko urabisoma ngo Imana iriko yakubwiye mbe ko mwica aba président bigihugu cacu ngo nuko arabahutu ngo mushaka gushirako abatutsi babahima ngo icitwa umuhutu ntiyobatwara kungoma,iyo n'Imana yahe ishakako ubwoko bumwe ngo abe aribwo butwara mbe ko abatutsi batwaye inyaka mirogwine plus muburundi ko ataco baribwafashe uburundi mbe ko ataterambere mwari mwaratuzaniye mbe igisagara caherera hehe si mugangara ninzu zubwatsi nukwinjiramwo umengo winjiye mukazi kakaburi twarabahinyuye mbe igihe cabatutsi abahutu ntibari mukarenganyo haruwakora muma bank canke ibiro vyiza nuhore ubu mugisoda ni 50/50 mukazi nukonyene abahutu ntibigeze bakumira abatutsi twese turabarundiRero wewe uri hanze nturi muburundi kuko Congo hatoja umucongomani wewe bagucunge ntabuhanuzi buraho utsidwe mwizina rya Yesu Christ
Abatekamutwe baruzuye. None nkivyo abikurahe?
Dutabare kweri
Nivyo n'inzara ibatuma.Kuki mutigisha ku maserano y'Imana NZIMA YA ISRAELI.Ufise aho ushobora kutwereka muri Bibliya Yera yose ah'Imana yaseraniye umuntu umwe guse ko niyayizera azoja mwijuru????Dusoma neza:" Loti amaze gutandukana na Aburamu, Uhoraho abarira Aburamu, at' Unamura amaso yawe, uhere ah' uhagaze aho, witegereze i buraruko n'i bumanuko n'i burasirazuba n'i burengerazuba: iki gihugu cose ubonye ni wewe nzogiha, n'uruvyaro rwawe, gushitsa ibihe vyose."Itanguriro 13:14-15IKIBAZO: URWO RUVYARO NI NDE?????
Witwande mbeya???
Vuga wirenganire. Nanowa ntibamwumviy
Mwizina rya Christu Mwami ndarimbuye iyo shetani ikuvugisha nije munyenga y'irimbukiro
Bandanna ubesha
Nn se ikubura abakora ivyo, hm igihugu ngo giheze kibe paradizo? Ko nubundi hazoguma ari kwisi ahubwo nize itwijanire aheza.
Murazi iterabwoba😂
Wihangane ntamakuru ufise kuburundi????!!!!
IYO MANA YAWE NI YAYINDI IGARURUTSE YA 2015 MBEGA YEMWE IYO MANA YAHORA HEHE?
Izo ni politique gusa.hanurira 16:05 abantu
mbega abanya frika ninde yabaroxeee??????ivyobintu vyimana yabazungu futa mumitwe Imana nxiza niyabasokuru
_ reka kubesha,nta soni
Aba escro bingendera
We uri nde ?ninde agenzura izo ndoto zaw kwari zo ? Yabikweretse ryari kutavuze itariki n'umusi,ivyo weretswe biraba n'ibihe kugira tuvyizere.ariko Imana izotubaza vyinshi.nirenganira ntaco mvuze
.ndakeje kububesbi bwabavugishwa ndakubaze iyomana uvuga yitWagute ?ubu uvugishwa u vyushaka imananyana yukuri urayobesheye uburundabwuzi nivyifuzovyawa i
Aho gtg wahazanye gukoriki?
Ahubwo ubwo buvugishwa n'ukubusuzuma neza kuko simbona ngo umunyarwanda azoja gutwara Nord Kivu Na sud,mukama ,ngo le congolais zimwemerere😛😛intambara nayo k'uburundi asha ntayo kweri kuko abasenzi barahamereye amagabo mugukovya no gusenga kandi kukira dini ryose
Kurimitwe ivyobinyovyanyu ntimwobireka
Izo politique zanyu
Ushima aribinyoma isura yawe wayinyegeje kuk uz k atakuri kurimwo nanzi chimamanda yama yababwiye ntimwumva
Iyo photo werekanye niyo Imana yakweretse?huuu wafotoye iyo cathédrale uhagaze he?ifitaniy isano nivyuvuze? Reka ninumire
Ivyo weretswe uriko urabisoma.? Nagira birizana. Iperereza ni rirondere uyu mugabo w umutekamutwe babimubarize kuri tereviziyo tuvyumvirize. NOTANGAYE KO WOSIGA INYUMA IBISHUSHANYO. EMWE BIRABATETSE , BIRABABUJIJE AMAHORO.
Vyakweli? Wap
Imana niyo kizadutabar ntawobipinga arik twahaw Impwemu yogusuzuma
Rka gucumura
Imana ninyembabazi isi ntiriho kuko tugororotse , iriho kubw'imbabazi z'Imana iragahezagirwa
AHUBWO URIKO WEREKWA NA SATANI WO MU MURYANGO WANYU
Bantu bimana imana idufashe kandi idutabare cane ahubwo imana iduhe kunesha ibibi birimbere
Iman nizoturwanira kand izoturinda yes akugirir neza
Imana mushiboravyose, ltabare lgihugu cacu c Uburundi, lmbabarire n abapinga ubuhanuzi👏👏👏
iyo mana ukorera ni nyabingi,ni kiranga ni ryangombe yiyita Imana.
iyo ni sekibi.
n'igicibwa n'ikivume.
Yezu Kristu Mwami Yaragutsinze.
Wivuga nabi rekimana izokorivyayo waping warek rekavuge yigire tuzobiraba
Huuu Imana ni umunyakigongwe 🙏
Nta kuri namba. Ivyo muri qsamweli bihuye n'ivy 'ico gihe
Abarundi si Abamaleki.
Uhorah adutabar cane 👏👏👏
Warose nabi wamuntu we urakeneye gufashwa na MPWEMU W'IMANA kurementanya urabishoboye Sengushimitse kugira uhumuke
Ubuhanuzi benubu nubugerageza kuzimanganya ubw'ukugaruka kwa Yesu,iyi nimwe mumikenyuro satani akoresha kugira abantu bahugire murivyo bicwe n'akajagari kavyo mugihe we ababonako igihe caduheranye cokwihana, mwihangane Yesu arihafi benedata
Amène.imana.yonyene.niyo'izotucirinzira
Imana Itubabarire kuko turi abanyavyaha
IMANA ikube imbere mukoz wimana IMANA nayo itugirire ikigogwe izoba ikoz
Imana izotugwanira nugusenga twivuye inyuma
Tangubùtumwa wirenganire mukoziwimana abagupinga sindimwo imananyenamahoro ikuzigame
Ubutumwa ubwahe ubwo atanze iyo ni Map bifitiye shaa twarabahinyuye
Nimugih canoa bazize gupinga iyo bazakwumvira noa ntibakurimbuk ahubwo iman idufashe
Ariko ntiwibagire ko Bibiliya itubwira ko mu misi y'iherezo hazoza abavugishwa b'ibinyoma
Ntiwavangiw urimukur ibinjira mumwuka barabibon ahubwo dusenga twiyeza. Kko imbere ntivyoroshe
Mwizina rya yezu mbe kubivuga umenga uriko urabisoma reka kubesha ivyo wiyumvira nivyo weretswe nyimba shetani ariwe ariko abikwereka kutatura ivyiza vyuburundi twarabahinyuye
Numugih canoa bazize gupinga iyo bazakwumvira noa ntibakurimbuk ahubwo iman idufashem
Uhoraho atuzigamye nihatari
Imana ninyembabazi❤❤
🏃🏃🏃🏃ndirenganira imana itubahafi cane kk ndumvabikaze
Iyomitweyanyu izohinyuka mwababeshimwe
IIVYO VYIYUMVIRO VYANYU IMANA SIKO YIYUMVIRA UBU RUBE GUSA .
IMANA NTIZOBURA KUGUHANA KUBWO KUROGOTA KURI MPWEMU W IMANA
Ivyo vyose ntivyobura gushika 😢 kuko turabanyavyaha ,Icompa imbabazi z'Imana zikatugwirako kandi
Igihugucuburundi.kirasengeye.ntantambara.izobamuburur.izoherere.iwanyu.iman.ntitegeka.intambara😢😢
ubupfumu bwawe witwa ubuhanuzi ndabusambuye mw'Izina rya Kristu Mwami.
sekibi sekinyoma ja mu inyenga y'irimbukiro ugende wikoreye ubupfumu bwawe.
Ndabitegetse mw'Izina rya Yezu Kristu Mwami.
Imana ni ikore ugushaka kwayo kuko ni mw,isi yiremeye abakipfa nabo nabagikoreramwo ibibi n,abagirira nabi bagenzi babo abahahaza abari hasi yabo boooose ico batazihangarana ni urupfu ni co gituma ntapinga iconzi coco imana irahari rero nikore igikorwa cayo .
Ivyobintu birumvikana karivyo uzusoma
Nimuhanure ivyukuza kumwami wacu yesu kristo.
Uhoha nabi nukuri kuburyo wipfuza intambara witwaj bibiriya
Nisodomu nagomora baraburiw barabipinga imana ikuzigame
Umubeshi
Tubwire ubutumwa bwo kwihan ibindi birasanzw kuko uwihany azoja mwijuru niryo twese dukeneye
Oe ivyurenzak usigura n'Imana yabkubwiyee??mb naw ubahe? Ntub muburundi? Vuga ugez Imana ntikora nkabantu😢😢😢😢😢😢
Vuga make uzushobora kwisigurako
Muzumve n'ibyo Murebwayire Esther avuga ku Burundi.
Yooooo disi sud kivu na nord kivu bibonye ubiyobora wenda intambara yashira aba congomana bakabaho mumahoro
Imana iravuga kandirabona nukur
Murarushe ngo muyinga muhira iwacu hacika ivumbi gawambwawe ,
Iman idutabar
Ababorewe bose ngo n'ubuvugishwa
Iyo Mana yawe usenga itandukanye niy'abarundi basenga, nanje ndavuze nti kwlzina ry'lmana yo mw'ijuru bizohere murugo rwawe n'umuryango wawe biherere iwawe.
Yoooo,shenge,ego dis,Imana yabonye umuntu mwiza atica yitwa james kabarebe,ego rata mukozi w'imana,urerekwa kweri.james kabarebe james kabarebe,kubwawe imana ihaye kabarebe agashimwe k'ingene yakuye ivyo wise umucafu mu Rwanda kuva Vyumba none ageze RDC,aho yishe 15million de congolais,ba sekuru ba kabarebe bagize genocide 1972 i Burundu nawe aje gukura ivyo wise umucafu!!!!?
Ziba zib ziba ziba funga mudomo mwanryaryamwe arimwe mutuma nimana irakara abavuigishwa bibinyoma igihe nkiki bazoba beshi
Muratanguye iyo himirije amatora mutangura ivyo nyene
Ibaze nukuri
Rekakubeshera uhoraho imana
Uri igipfu c'igipfupfu ivyo uvuze uwari WE wese yobivuga. Uzorinda upfa utabibonye
Ivyo vyihoze yaramaze kutubabarira wana
Yemwe muriko muraharir ngo nibinyoma urumviriz ukihorera kuko nah yoba atar umukoz wimana ingabire nagakiza ntibisa rro umviriza wihorere
❤❤❤❤
Yesuweee dutabare
Icompa amarasoyumwami akambonekako abapinganibaping😭😭😭😭😭Kandi itubabarire
Igisagara ça Bujumbura 😂😂😂😂😂
Iyo ni portique
Urakava kwisi
Iyab ryari iryambere numvis nkivy nar kuvyemra nn maz kumva vyishi murar murarota ham muktubwira tukarindira tukabura hari nahanuy umuhero knd nabnd bar abavugishwa
Nukwam duseng
Uzohanwa
Ntantambara izogaruka mugihugu cacu c'Uburundi
IMANA idutabare
nuko uzosanga warogoswe ku MANA kand wigira nguriko urahishura amabanga yakubwiye! hama sinz ko muburundi ariho bakoze ivyaha cane gushika yaho IMANA ishavura ikakubwira ko igomba kuhateza ivyago??
Ubu nanje ngiy kwerekw ibind nzoz ndababwir
Sha birabacanga Aho nikumushasha Kur E N G
Bakubwiye ko Nord kivu na Sud Kivu itagira uwuhatwara? Ivyo Bintu abantu mwese muguma muraba Congo sinibazako Ari uko muyikunda cane.
Urara udasenze ukarota ibisigo ugacuza kubesha ngo weretswe
Wewe urinde
Kamikazi
Ivyo nivyo bantu bimana
Je numva ntagishasha turimwisi ibibazo.gupfa Ni vyiza ikibi nugupfa nabi urinde ww utinyurupfu Kandarirembo ryijuru
Iryo tabi n'urumogi munwa bizobavako ryari? Genda urime ibiharage ugavurire abarundi birire urekane n urwo rusaku
Ivyo bintu udidinganya nivyo warose cank urik ukin comédie ? Ibitari buze
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Aho mushaka kutwicira umuvyeyi wacu murabesha shaa mwabakozi bashetani
Imana izobahana uriko urabisoma ngo Imana iriko yakubwiye mbe ko mwica aba président bigihugu cacu ngo nuko arabahutu ngo mushaka gushirako abatutsi babahima ngo icitwa umuhutu ntiyobatwara kungoma,iyo n'Imana yahe ishakako ubwoko bumwe ngo abe aribwo butwara mbe ko abatutsi batwaye inyaka mirogwine plus muburundi ko ataco baribwafashe uburundi mbe ko ataterambere mwari mwaratuzaniye mbe igisagara caherera hehe si mugangara ninzu zubwatsi nukwinjiramwo umengo winjiye mukazi kakaburi twarabahinyuye mbe igihe cabatutsi abahutu ntibari mukarenganyo haruwakora muma bank canke ibiro vyiza nuhore ubu mugisoda ni 50/50 mukazi nukonyene abahutu ntibigeze bakumira abatutsi twese turabarundi
Rero wewe uri hanze nturi muburundi kuko Congo hatoja umucongomani wewe bagucunge ntabuhanuzi buraho utsidwe mwizina rya Yesu Christ
Abatekamutwe baruzuye. None nkivyo abikurahe?
Dutabare kweri
Nivyo n'inzara ibatuma.
Kuki mutigisha ku maserano y'Imana NZIMA YA ISRAELI.
Ufise aho ushobora kutwereka muri Bibliya Yera yose ah'Imana yaseraniye umuntu umwe guse ko niyayizera azoja mwijuru????
Dusoma neza:
" Loti amaze gutandukana na Aburamu, Uhoraho abarira Aburamu, at' Unamura amaso yawe, uhere ah' uhagaze aho, witegereze i buraruko n'i bumanuko n'i burasirazuba n'i burengerazuba: iki gihugu cose ubonye ni wewe nzogiha, n'uruvyaro rwawe, gushitsa ibihe vyose."
Itanguriro 13:14-15
IKIBAZO:
URWO RUVYARO NI NDE?????
Witwande mbeya???
Vuga wirenganire. Nanowa ntibamwumviy
Mwizina rya Christu Mwami ndarimbuye iyo shetani ikuvugisha nije munyenga y'irimbukiro
Bandanna ubesha
Nn se ikubura abakora ivyo, hm igihugu ngo giheze kibe paradizo? Ko nubundi hazoguma ari kwisi ahubwo nize itwijanire aheza.
Murazi iterabwoba😂
Wihangane ntamakuru ufise kuburundi????!!!!
IYO MANA YAWE NI YAYINDI IGARURUTSE YA 2015
MBEGA YEMWE IYO MANA YAHORA HEHE?
Izo ni politique gusa.hanurira 16:05 abantu
mbega abanya frika ninde yabaroxeee??????ivyobintu vyimana yabazungu futa mumitwe Imana nxiza niyabasokuru
_ reka kubesha,nta soni
Aba escro bingendera
We uri nde ?ninde agenzura izo ndoto zaw kwari zo ? Yabikweretse ryari kutavuze itariki n'umusi,ivyo weretswe biraba n'ibihe kugira tuvyizere.ariko Imana izotubaza vyinshi.nirenganira ntaco mvuze
.ndakeje kububesbi bwabavugishwa ndakubaze iyomana uvuga yitWagute ?ubu uvugishwa u vyushaka imananyana yukuri urayobesheye uburundabwuzi nivyifuzovyawa i
Aho gtg wahazanye gukoriki?
Ahubwo ubwo buvugishwa n'ukubusuzuma neza kuko simbona ngo umunyarwanda azoja gutwara Nord Kivu Na sud,mukama ,ngo le congolais zimwemerere😛😛intambara nayo k'uburundi asha ntayo kweri kuko abasenzi barahamereye amagabo mugukovya no gusenga kandi kukira dini ryose
Kurimitwe ivyobinyovyanyu ntimwobireka
Izo politique zanyu
Ushima aribinyoma isura yawe wayinyegeje kuk uz k atakuri kurimwo nanzi chimamanda yama yababwiye ntimwumva
Iyo photo werekanye niyo Imana yakweretse?huuu wafotoye iyo cathédrale uhagaze he?ifitaniy isano nivyuvuze? Reka ninumire
Ivyo weretswe uriko urabisoma.? Nagira birizana. Iperereza ni rirondere uyu mugabo w umutekamutwe babimubarize kuri tereviziyo tuvyumvirize.
NOTANGAYE KO WOSIGA INYUMA IBISHUSHANYO. EMWE BIRABATETSE , BIRABABUJIJE AMAHORO.