Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Arashinyagurira umuturage wibuganda wumukene ,ese buriya aba aziko abwira abantu harimwo incabwege
Neva s'agira ngo avukana n'a Barafi da
Nonese uwudafise imodoka ntiyiyunguruza akamyenyako igitoro gihari canke atagihari🙆🤷
Urakoze cane umwana w'ubwenge y'umvira munduru abarundi turaz kwincabwenge zigwiriye ariko turacafise vyishi vyoguhindura namba tugitekereza ukuraho peeee
11:51 Iyo nimvugo ya nyakubahwa Kirogorogo
Yarabikoze abarundi barabibonye kweri
Emwe ningorane ndak Nkuy mu neva arakomey??
Mu Burundi turi biriyo kbx😂😂😂😂 iyo president ndibaza ni retrait kbx aricanganya cane
Nkurunziza yubahwe ntanzara yaribwabe nkiyi agihari
Kirogorogo avuga iki kubiraba igitoro ?
Sha uwo ntamuyobozi umurimo
Ntukagereranye ibitagerereranwa. Ruto ni Ruto. Ndayishimiye ni Ndayishimiye mu Burundi bwiwe
V8 itagirigitoro ubwanikinga
ah nisaw kl
Ararwaye uriya mu type acyeka ko kuba président Ari ukwigira uko ushaka
Neva aravuga nwbi kwer nn urinze ubura ibitoro nn uwudafis imodoka ntiyiyunguruza??canke ataraza ntitwarya??najehiyo sha
Rt

Emwe ningorane ndak
Nkuy mu neva arakomey??