BURUNDI-POLITIQUE

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 5. 05. 2020
  • Gusuzuma intambwe itegurwa ry’amatora Uburundi bugezeko ni co catumye Umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu n’iterambere, Pascal BARANDAGIYE aremesha ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatatu 06-5-2020. Ngo naho indwi ya mbere y’imyiyamamazo yagenze neza, Pascal BARANDAGIYE aratera ivyatsi ingeso mbi y’abanywanyi b’umugambwe CNL bamaze imisi berekana mu gutoteza abanywanyi b’iyindi migambwe, na cane cane abo muri CNDD-FDD.

Komentáře •