Kugira ngo tugere muri 2040 turi igihugu cifashe, birasabwa ko n'inyubako ziba izijanye n'ibihe.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 4. 01. 2024
  • #Burundi Abagwizatunga b'abarundi canke b'abanyamahanga bazozana imitahe yabo mubijanye n'uburaro Reta ngo izobaha ibibanza vyo kuzubakamwo batarinze kubigura kugira ngo igiciro c'amazu kigabanuke. Dieudonné DUKUNDANE Umushikiranganji ajejwe inyubako yabivuze kuri uno wa gatanu aho yari yagendeye ikibanza kiri mu #Kinindo kiriko cubakwamwo amazu y'uburaro n'ishirahamwe #MUTRAC.

Komentáře • 22

  • @fierceharpy4636
    @fierceharpy4636 Před 6 měsíci +2

    ikindi noterera nuko ibintu vyama pavet aha mu ma quartier mwobireka kuko biratera umwanda kuko umusenyi uguma wiburuka kandi n abatwara amakinga n amamoto ntiboroherwa, ahubwo mwogira nkakurya kwo muri mirroir mukubaka amakaburimbi arimwo ama dodanes ataduga cane

  • @vincent9132
    @vincent9132 Před 6 měsíci

    Big up love it

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 5 měsíci

    ❤❤❤

  • @PeterMwangi-rq9wm
    @PeterMwangi-rq9wm Před 6 měsíci

    Dubai kbx +254

  • @user-xj8tf2lh3u
    @user-xj8tf2lh3u Před 6 měsíci

    Muravuzeko mwahagaritse gutangibibanza Ibujumbura rero mukingire isindimwa ntimuyubake mwamazu rabingene mwononye mwitenga ninryazahava

  • @user-yk7yq5hs7g
    @user-yk7yq5hs7g Před 6 měsíci

    MUTRAC vision 2024

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Před 6 měsíci

    Mwompaye akabanza nkubaka mwakagirimana mwe!

  • @Lock940
    @Lock940 Před 6 měsíci

    😂😂😂

  • @clovissibomana4952
    @clovissibomana4952 Před 6 měsíci +1

    Igikenewe banyakubahwa ayo ico mbona nka jewe uko mbona aho duherereye hakwiye gusabiramwo ayo ma quartien ari hafi ya centre ville nuko mwoyasubiramwo hama magukora amabarabara yose yo mugisagara mukayashirako na matara agezweho magahashira amabine batamwo ubucafu hama mugashiraho ama feu rouge kumabarabara yose hama umuntu ataye ubucafu mwibarBara canke mwikanivo mukamufata mukamuhana niho igisagara kizosa neza

    • @niyorukizaelias8142
      @niyorukizaelias8142 Před 6 měsíci

      None uwokubwira ngo vyose bidatumbereye ubitumbreze rimwe na rimwe we wobishobora?

    • @fierceharpy4636
      @fierceharpy4636 Před 6 měsíci

      ama canivo akwiye gusakarwa bagasigaza aho amazi aca gusa;

  • @nahimanafiston6518
    @nahimanafiston6518 Před 6 měsíci

    Kosora Si 32 ha ni Are 32

  • @regismfuranzima6312
    @regismfuranzima6312 Před 6 měsíci

    Iterambere ni amahinguriro si ama etages.

    • @gakeboranda3223
      @gakeboranda3223 Před 6 měsíci

      None imahinguriro bohingurira heh batabanje kwubaka 😏🤣🤣

    • @regismfuranzima6312
      @regismfuranzima6312 Před 6 měsíci

      @@gakeboranda3223 none ubona bariko bubaka amahinguriro canke inzu zo kubamwo?

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 Před 6 měsíci +1

    Mbe Harya mu bwiza, buyenzi, nayandi ma quartier ahegereye cane cane bwiza na buyenzi ni quartiers zerekana ivyo muvuga ngo 20240 nibindi bitagira umutwe n'amaguru. Ko mukwepa guteza imbere igisagara muhereye mu nda yaco. Ubu nakajagri, hirya nohino ata mbono. Puuu

    • @dzelbahnijmb1765
      @dzelbahnijmb1765 Před 6 měsíci

      Izo quartiers uvuga mperuka kujayo ndumirwa. Gusa, reka twizere ko babibona kandi ko bafise uko bazobikemura.

    • @fierceharpy4636
      @fierceharpy4636 Před 6 měsíci

      ni buhorobuhoro, n ukwizera ko babibona

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 Před 6 měsíci

    Kugira tushike muri uwo mugamba hategerezwa gutunganywa ibibanza vyo kubakamwo kuri buri mutumba wose wa recensement kugira buri mwenegihugu wese abe ari mu kigwati moderne aho baronka amazi n’amatara rikaba itegeko ko umuntu wese aja mukigwati kuri ku mutmba . Ivyo OBUHA yategerezwa kugunganya ivyo bibanza vyo ku mitumba hanyuma abishoboye bakiyubakira abitishoboye reta ikabaterera agacu k’ubumwe. Kandi iyo nzu yoba ikwije ibisabwa amazi umuyagankuba douche na toilet mu nzu.

    • @fierceharpy4636
      @fierceharpy4636 Před 6 měsíci

      ahubwo ivyo birwati n'imiburiburi vyokwubakwa mu ma communes, apana ku mitumba kuko ari kumitumba vyogora guha umutumba wose ibitaro vyiza bifise ivyangomba, amashure agezweho; uburyo bgo kwiyunguruza bgiza, n amashirahamwe yigenga vyogorana gushitsa ama services ku mitumba ariko kuri communes harashobora kuba agasagara keza kandi gafise nvyinshi, bizimbutse hama imitumba bakayirimamwo; kandi umengo iyo projet Leta irayifise gusa sinzi ko ari ku mitumba canke ku ma communes