A 46:00, J'adore ukuntu abarundi dutanga adresse 😅 : urakata hariya hama ugende tout droit, puis tu vois l'immeuble naka et tu marches environ 50 m uca uhabona..... Et effectivement ukahabona, plus drole nuko uvuze avenue de france numero naka, ntawohatora 😅.
C'est vrai ko mona ari umustar donc kuba aja kwa mukuru wiwe ni vyiza ariko ntiyoza arajaayo kwa gusa misi yose vyohava binabateranya rero c'est une bonne décision yafashe yo kuza aramuriha nanje nzohicisha un jour courage vaan
La fille a des standards de qualité, vraiment une chose à encourager dans ce pays. Nice make-up by the way les filles
Vaan she is the best for her makeup kbsa💕
A 46:00, J'adore ukuntu abarundi dutanga adresse 😅 : urakata hariya hama ugende tout droit, puis tu vois l'immeuble naka et tu marches environ 50 m uca uhabona..... Et effectivement ukahabona, plus drole nuko uvuze avenue de france numero naka, ntawohatora 😅.
Naraje muburundi mbura ahantu bansiga makeup 💄 but next year I’ll make sure ngeze muriyo salon ya Vaan 😘👌.
Ntibagutemberej pee
Vaan beauty, nanje namukunze: ikiganiro ciza vrmt, kandi 💕💕🥰🥰
Monna na hosy musa nezaa😍😍💯💯
Vaan she's the best makeup artist💯
C'est vrai ko mona ari umustar donc kuba aja kwa mukuru wiwe ni vyiza ariko ntiyoza arajaayo kwa gusa misi yose vyohava binabateranya rero c'est une bonne décision yafashe yo kuza aramuriha nanje nzohicisha un jour courage vaan
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️ Thx kutuzanira Mona ndabona mekeup yiwe iratovye nzozana Madame wanje🤦♂️🤦♂️🤦♂️🤣🤣😅✌️
Incuiii! Muri beza shenge
Nakunze ikiganiro cyanyu
Na ka subscribe tayari
Courage madame,Imana ikomez ihezagira ibikorwa vyintok zawe.sindigera nisiga narimw gusa nzoza rimw ndabukonsa da.
Hanyuma Hosy uzokazan bakamakiy Na ka Peshy Jewel. Wa mukobwa wawe!
Standards ya vaan ni top kabisa 👌
Vraiment barashoboye kabisa 👌👌👌
Vrt arabikor nez😍Hosy umubwir Vaan ampe akazi nze ndamufash nanj ndakund uwo mwuga
Here I'm to be your employee🙋♀️, shaaa ndaj nanj kugir stage. Mrci Hosy kur information🙏
Iyi interview yaritesa ukuntu 🥰she’s the best 😮musa neza vrt
Big up for the good work Vaan. You guys really do a great job 👏 👍
May God bless your hands Vaan🤲🏻 Make up yawe iracari ya 1😍
Make UP ya Vaan beauty yama itesaaa 😍😍😍😍
Masha allah nimependa ninava muri omani insha allah nzobarondera musiga neza cane 😍😍
Vaan saloon Nic vrt❣️
Respect to this saloon 🙌🏾 🙌🏾 see how Hosy and Monna look stunning
Magnifique 😍😍😍😍🥰🥰
Beautiful 🥰🥰🥰🥰 courage dada 💐💐🇸🇦🇧🇮
Good job👌
Ariko Hosy ari nagahanga vrmt 😊❤❤😂🎉
Vaan beauty 😘💖💖💖
Musa neza vrmnt
Munapendeza vrt
👌👌🥰🥰❤️❤️😘😘😘
Nivyiza kwer
🥰🥰🥰
Can ararenze nukuri asiga ibintu bikeyi vyiza 🥰🥰
bt hosy none ngaho ntaho koza mumaso bafise hoho mekap nangahe pluzz namajahe ngomba barya bagira scrabu yo mumaso bakakoza barabikor nimb babikor nangah
😀😀😀Divin sh aragira neza ntashaka ko abanyoni barisha mumurima wiwe
Hosy ivyo bihere gt mada?
Ingo ndakurangir akadawa
sans mentir,iyo minwa yanyu isa nabi, c'est votre beaute naturelle qui est la plus preferable.ivyo mwisiga nivyo bibacafuza
Wooow.Hosy wama ufise ibisuko bishaje kenshi🙏
😂😂😂😂
WooW Ngira abisuka bishaje kweli😅😅😅
😂😂😂😂😂😂 no chills
@joana xtra mpore none biri ku mutwe wawe canke ku mutwe wiwe?
@joana xtra mpore none 😂uraza ubimusukurure
Monna entretemps turigana somewhere. Haha
Isororezo hubahw ambomuri sororezo tumeyane dada Courag mubikora neza muzotage Ni Mero yafon yayu
Mraberewe pe
Muratesaa
je nshak naj kwiga
Nnj kwer kwi pic izur ndarigabany mug duhuy mamaw
Well ,Honestly...
I m here for "kwirabira uducucu"😍
Ibindi mukiganiro..ntimumbaze
"Abanye Omama bayazala"🥰
Abavyeyi baravyara ivyiza🤔
😂😂😂😂😂😂
@@sirenvibestvHEY!You should Hook me up with some Single"..."please 😜
Hosy urabona ingn uri keza.gusa ivyo bihere vyarakonony.nuko ntakuzi nokurangiy aga tissue oil nisabun yako wonshimira si bitavuy kumavuta ahindura vyokira.
Yitwa gute ayomavuta niyo sabuni🙏
Nutuvuta dutanga akayabo ndabona asa nuwudukoresha ngira abariko avura utwoduhere
ukuntu muvuga naturellement biratesa. Muri mature, vyose muzobishikako
Hosy igisuko cashaje
Ukuntu baganira biraryoshye...mpise nkumbura I bujumbura...weeeee.muri beza
Murashoboye🤣murandangira ah bagabany izur gusa
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Zampe nime
Woooaoh mbega abantu banjczcams.com/video/3BZKmnXYn94/video.html
Foti .