Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Milly yafuche 😢😢 uyomukobwa muhakazi ❤❤❤ birabonekako agakeney kandi akichimiy
Nanj ndarohew 🎉 kub uluhaye akazi andy merci arik mir naw yibagiyr iyo yavuye nukunt yarize kugira akaronke ako kazi🎉🎉🎉
Ntakant kantwengej nkagasusu ka 200😊😊😊😊😊😊😊😊😊
Yoooh turamwakiriye cane muri #Ase_tv umuryango mugari ❤🙋
Nikumburiye dani mbere😥😥😥😥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Oe Milly kusigay wigiranyen tv Sha uwugay harahuzomukener Gus werekanyeny umutimamubi
Kijana ryabna Shaa😄 uraronse uwundi mushsh naho milly n wakera
Andy courage 💪💪💪
Imana ibahezegire muhahe murinke
Urafisanzigo Milly
Waooo papa ase tv urumwe pe hama gaga ico twogusan ni chow🎉
.uzutuzanire shoo zimeze neza mukobwa😊😊
Kwahavuye sinzosubira kuraba ivyomukora vyose bay ndanabasezere
Namukunzi muhe akazi minamwiz niryamber nteye commenter ariko naho umuhay akazi milly niyabinkunzi afit ninzingo
Welcome gaga, uzuturyohereze ,mukundwa❤🎉🎉 andy thx kl yabishaka pe biraboneka
Andy ndagukunda gusa uwomukobwa atangure gukora neza umenga arakerebutse
Ndabakunda cane
Milly guma hamwe amuhe akazi😂😂
None nkuyo aje kugiriki namve mumaso raaaaaaaa mimi agiye sinzosubira nokubaha utuvyuzi twanje raaaaaaaa
Vyiza cane kumuha akazi gusa uzomurere neza nkuko warenze abo twagiye tubona muri ASE-TV Milly nawe ngo ntukunda abanebwe niwe umuhaye akazi?
Kalibu mukobwa mwiza mur Ase TV uzoduhe ibivyoshe cane naw Andy wubawe mukuntu umwakiriye utarinze kumuzengagiza
Aragakwirie mumuhe ako kazi
Milli ahuzoja tuzogumanako uzutubwire gusa ahugiye
Milly witond mwan nubwi urumurambe mukazi ntibisigur koyocya umusuzugur nawe arashak guhing amvut yokwisig nkaw
Urakoze kumuha akazi
Ndaryohewe ko mumwakiriye ❤
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰😍😍😍
Milly asigae azi gucishamwo aga frança,yatagase,asigaye yikwiza bkbke😂
Karibu mukundwa mwiza ugirumugish mukaz turakunezererew urabonek kucabuguf kand wotond uzewamuk uzohinduk ube nkamilly nguzuraduhener uzohor wambar nkuko
Milly kari nishari kwl
Andy muhuwanyu akazi 😂😂😂
Hewe Dany yagiyehe😢😢😢😢
Mimi bawicara nkumukobwa ushaka kwigira akarara
18 years old? Mc ongea na Familia yake kwanza
😅😅😅😅😅😅😅😅😅
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤oooooooo
Ady haraho utuvunirimbamvu ngoguhibongoza
❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Nukur mili yaregej cank anwa ibinin😂😂😂😂😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Salut mon frère 😂😂😂😂😂😂
Akazi keza kakubere akumugisha
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
mwakire
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊okokokok😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊okokok
muhe job
😢😢😢😢😢😮😮😮😮😮😮😮
Milly kuberik ufise ubusutwa?kubufise uburambe mukaz ntibisigur gukengera abandi uribuka amarira😂😂😂 warize mukuronka akaz ngaho???
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Gusa aritonda aracabugufi cn gs ntazohinduke gwazarahena nka milli
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uwo mukozi kwafise akanyaro muzohuza koko ahaaaa