Diaspora avuye Australie wundi/bahatswe kundasa duhunga/Haracari abarundi bavuga nabi Uburundi😒

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 31. 07. 2023
  • #sirenvibestv #diaspora

Komentáře • 12

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Před 11 měsíci +2

    yesuwe ukonyene pol sana diaspora😢😢😢❤🇧🇮❤

  • @felixbira6198
    @felixbira6198 Před 11 měsíci

    Big up bro, ariko twarahebanye! Umpamagare tuvugane.

  • @DiaTrueStories
    @DiaTrueStories Před 11 měsíci +1

    Hosy hejuru Cne

  • @isaacnihorimbere5405
    @isaacnihorimbere5405 Před 11 měsíci

    Imana imuje imbere muri vyose

  • @alinemunezero3227
    @alinemunezero3227 Před 11 měsíci

    Ba mutandukanya imvugo : nta Umurundi n'umwe yanka canke atuka igihugu ciwe c'u Burundi . Ariko kandi, nta Umurundi akunda intwaro yamwangaje .

  • @kabuturachupi1389
    @kabuturachupi1389 Před 11 měsíci

    Beaucoup de burundais ont besoin d'une thérapie pour guerrir les plaies liées aux drames qu'a connus le pays depuis son accession à son indépendance. Katumba, Mishamo et Uryankuru étaient les camps des réfugiés burundais ayant fui les événements de 1972. Certains d'entre eux ont opté pour la nationalité tanzanienne. Alors que d'autres sont rentrés au bercail où ils tentent tant bien que mal à s'intégrer. En tout état de cause, il faut panser le tissu social burundais. Cette réaction est faite par rapport aux propos de l'invité sur son passage dans le camp de Katumba. Uwundi niwe yavuze ati:''turibamvuye kure"

  • @positivemind2255
    @positivemind2255 Před 11 měsíci

    Abarundi bavuga u Burundi nabi barabaho nyene uwabaroze ntiyakaravye🤣🤣🤣

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Před 11 měsíci

      Kenshi abantu bavuga kubera ibikomere bafise. Ntawuyobewe amabi yakorewe abantu batandukanye mu gihugu cacu ciza.

    • @positivemind2255
      @positivemind2255 Před 11 měsíci

      @@kalyka4107 igihugu cacu ciza bagaca bakivuga nabi😪😪😂 bazosha

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Před 11 měsíci +2

      ​​@@positivemind2255ubona ubwiza bwaco kubera ufise umutima utekanye.
      Nanje noba nahabaye neza ndategera ububabare bwabandi hama nkabasengera ko bakira

    • @positivemind2255
      @positivemind2255 Před 11 měsíci

      @@kalyka4107 ntahantu kwisi abantu bose babayeho batekanye 100% kuko iyisi tubamwo iri sous l'autorité du satan

  • @alinemunezero3227
    @alinemunezero3227 Před 11 měsíci

    Uwukize isemu yibagira icamwirukanganye .
    Ariko wa muhungu we , nimba utari umugabo urazi gushinyagurira Abarundi bamwe bamwe ; gute wubahuka ukavuga ngo : " u Burundi buramaze 10 years ata bantu bahunze igihugu " . Abaturatujwe bagata bagahunga igihugu muri 2015 si Abarundi ???
    Ikindi na co , wewe ukiri impunzi muri Tanzania, waguma uhayagiza intwaro yagutumye uta ivyawe vyose , ukaja kugaburirwa za ntica-ntizikize mu nkambi zo muri Tanzania ?