KANGUKA YO KU WA GATANDATU 22/07/2023 by Chris Ndikumana
Vložit
- čas přidán 20. 07. 2023
- ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana
Amen
Kubwibitangaza Imana ikora
No murwanda muzaze muhakorere igiterane turabakunda kdi Umwami Yesu akomeze abashoboze kumurimo wayo❤
Amen
Wahombeje abantu ikintu nkiki kuba rimwe vrm nuruhombo rutagira uko rungana
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro kumirimo yayo yama udukorera
Amen Amen Amen
Hallelua Hallelua
Imana yacu Irakomeye cane
Amen amen amen
🙌🙌🙌👋👋Amen YESU nashirwehejuru yaduhaye Chris Ndikumana
Ndakiriye gukir mwizina rya Yesu kristo Amen amen
Amen.amen
Imanishimwe.kovyagenzeneza
Aaameeeen🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Imana ihabwe icubahiro
Ameeeen
Ndakiriye nijewe mazumwaka urega ntajamumihango nn ndacakiy❤
Muduhe en direct igikorane cunomunsi
Muduhe ni mero ye mudufashe
Ameen
Amen🙏❤️🙏
Shalom shalom,nanje ndakiriye uruvyaro mu izina rya Yesu
Imana ikumve cyanee kdi ikunezeze ibikore iguhe abahungu n'abakobwa mw'izina rya yesu
Amen amen 🙏🙏 imana yacu nihabwe icubahiro
Natwe abatahashitse kubwimvozitandukanye twavyipfuzacane mudusengere cane ntitworohewe. Muzobamukoze.
Urakoze kunkiza munda,na ma infections vaginales numugongo Imana ihabwe ichubahoro, wakoze Imana ukongere imbara zumwuka nimigisha kubwita utugirira utatuzi.
Shimwa Mana 🙏
Amen, Amen, Amen🙏🙌 Ndiho abongere inkomezi
Natwe niho twari twibereye
Twarahezagiwe le 22/07/2023
Ndiho araganje mw'ijuru no mw'isi.
Amen
Ndakunda cane Can krisi ndikumana papa❤imanikongere kuramba
Amen. Nanje Ndakiriye gukira mw'izina rya Yezu
Ameen amen
Imana ihabwe icubahiro. Nukuli iriko irakora turabibona namaso yacu. Nishimwe. Mukozi w’Imana Imana iguh’umugisha. Igukomeze. Mugikorane natwe turikure Turaziko tuzocumva kandi tuzofashwa cane. Imana ibane namwe🙏
Icubahiro nicandiho
Shalomeshalome murakoze murikanguka nanje ndasavye munsengere nzekuja mugikorane cakanguka ahokizakubera unomusi Amen amen
Amen amen
AMEN urakoze Yesu
Amen amen 🙏🙏 Imana ishimwe yitwa ishobora byose
Umwana Mbabazi Imana imukize nakiriye gukira kwe mwizina rikomeye rya Yesu Amen
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana
Amen ariko ndasavy umuntu yonfasha akampa irya link ya kanguka yobakoze merci
Shimwa Data ko Uduhezagiye twese abari mur aya masengesho kandi ko Uza kuduhezagira no mu gikorane c uyu munsi , Amina.
Amen n'a cane ndiho abane namwe nabatahar turihanze mutwibuk❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
Amen Nanje Imana yumve ugusenga kwanje
Amen🙏🙏
Amen🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Amen 🙏
Amin🙏🙏🙏🙏🙏
Umviriza intahe
Amennnnnnnnn
Icubahiro nishimwe bibe ivya NDIHO
Amen amen❤❤❤
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Amen lmana ibikore neza Kandi beshi babone ubushobozi bw,lmana
Karibu mwese bakunzi ba Kanguka Ets Kamenge 16 h tubohoke ivyo tuzi nivyo tutazi
Imana ize kutwiyereka uno musi icubahiro cayo gishirwe hejuru🙌🏼🙌🏼🙌🏼
Iman yacu irahambay habw icubahro Manaa!!!
Imana irrakiroranya murema mmureme
Amen amen 🙏🙏🙏
Ndabashimiye cane gose kubutumwa mudushiriza nimunsengere
Amen Amen 🙌🙌👏👏🙏🙏
Man
Nanjenditezikigongwe
Cawe
Yesashimwe,ndashima kuvyimanayankoreye njenakorera ibujumbura akazikaramperana ncantwarinda nabamwibarabara arikoimana irahankuranararamwibaraba naciyendonnka umuntu ambiranjekubaiwe vyosevyakozimana imbereyivyo mumuryango bambarira kondingumba ntavyara,mbesebakambwira,kondisave ikindi,nasoba ahongyamye,niryamenyo isiyose,bakambarir ngoosinzoronka umugabo bamazekumbarivyo,ncandonka umugabo womubuganda ubundimurugo neshimakanguka nimana yankuyemugasuzuro kabanabantu amen
O
Murakoze imana ibahe umugisha Amen
Amen, Mufuhe link dukwirikirane igikorane ca Bujumbura
Imana ibane namwe❤
Imana shimwe
Turaje papa Mugikorane
Nzaba kunzejyera ibibazo birandenze
😅😅😅😅 ndaryohew kuk nakize narindush kubera ingwara
Shalommmm
Mudufashe link kuri CZcams
SHALOM SHALOM
Amen amen 🙏🙏🙏🙏🙏🧎
Seigneur pardon et delivre moi de toute maladie dans mon corps dans le sang de Jésus
ko tutariko turaronka igikorane en direct ?
🙌🏼🙌🏼🙏🙏🙏
Amen 🙏 naje mugikorane cunomunsi 15:54 nditeze kubona ikiganza cimana naho turikure kandi twiteze kwakira uruvyaro Kandi nkukwizera kwacu na twiteze kwakira amagara amen amen 🙏
Amen nukuri imana yumve gusenga kwacu nukuri nange impe umwana nukuri
Amen amen mana ahugenderera aband nanje ntusige ndakiriy gusama mwizina rya Yesu christo❤
Imanibahezagire.kandimwarahezagiw
Amen
Amen Amen
Amen 🙏
Ameen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen 🙏
Amen Amen
Ameen
Amen 🙏