Diaspora batanguje urugamba sindamusiga,umve uko bigiye gukorwa mpaka
Vložit
- čas přidán 8. 09. 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Vraiment ikikiganiro nicambere ndacumvise très agréable
Mugisha jewe Ndakeneye kuzoguha iciyumviro . Mba Canada. Umpaye akanya twovugana bishoboka. Hezagirwa
Kalibu
Ndagushigikiye. Abantu turi mu BURUNDI dukwiye ku développa iyi stratégie yo guhuza ab antu, mu ma Spaces.
Jewe ndabashimiye caaaneee ! Najewe sinobahanura ngo muganire nababa dd ntimute umwanya . Mwe nimubandanye igikogwa ciza mwatanguye ! Imana ibandanye ibajimbere !!!Muhezagirwe 🙏
Ok. None. Kumututsi. Arira. Um Uhutu. A karira
Izonguvu mukoresha kurwanya Uburundi mwozikoresha mukubwubaka twobaye abahirwe.nonemwebwe nobagereranya nimpene
Mwene data niwaba uziko ufise igihugu uriko uriko uniga abo wokingiye imana ize ibakubaze Ubu urabonako norungikira amadorari reverie na neva
Uraja nkaho ukavuga kufise igihugu kubuze vyose aho Nyoko yova buja muyinga namuguru niho womenya Kuri mugihugu Nuko nikije ariwe ukinyuruza
Ese ko muterekana abavuga
IVyobintu. Bavuga. Vyamoko. Ubu. Ubwoko. Bubuze. Igitoro. Nubwahe. Ubufise. Igitoro. Nubwahe. Ubufise. Amazi. Amatara. Nubwahe. Nibareke. Guhenda. Abantu. Ubu. Abantu. Baraciye. Ubwenge. Ibibazo. Birimuburundi. Sivyubwoko. Nivyakagwi. Gato. Kari kokaniga. Abarundi.ubu.abarundi.baraciyubwe.nge.sinkakera
Nkubu jewe ndayironse mugabo mba nkeneye gu participa,
Ndabasetse 🤣🤣🤣🤣
Abarundi bamye batwarwa mu gahotoro,bamye baterwa ubwoba ku buryo bahindutse ba ntirumveko.Rero mwebwe komeze ikivi uwuzumva vyarenze azobakwirikira.Traumatisme zirafise aho zigera avantu bagahagurika,courage.
namba barabesha ,uko ubivuga niko biri , problem zamoko nizo gusamaza abarundi . araho, ntibokwica ba cnl , ahubona nabahutu benshi banigaguye , ni ugusamaza abarundi , kubera mubahutu ariho hari benshi kuko hageze nabo batutsi bafatanya nabahutu kunyonyeza igihugu , ni ivyinda, kwikunda , ntamoko kabisa ubu , ngira abahutu babona , barabona ko atarivyo
Ikibazo c'amoko ni ugusamaza abantu ntakindi, uzoharure abahutu bamaze gutakaza ubuzima ku ntwaro ya cndd
Abenshi turinyumayigihugu kumvoyuko intwaro ya cndd-fdd yadusesemye kubwivyo dukwiyekurzbirabirahamwe icokorwa kugira iyontwaro tuyisezerere
❤❤❤
None iyo espèce irihe?jw ndi already yokuyinjiramwo
Ni éspace bro
@@user-zd9ck8km5i thanks kunkosora, none twoyinjiramwo gute iyo espace please nanje ndafise ico noterera nkumurundi aruhishijwe na leta mbi
Intwaro izohinduka kera batubwirako n'a Bible idahindu Ubu barayihindu vivante nukwemera kwabamwebamwe
Uvuga ko diaspora ari kirumara kugihugu, nyibwirira ico bamaze kudukorera kugera unomunsi !
wewe nahayo buleka gutukabantu sivyiza hama nawe ugomanimero yamugisha ulayilabangaho muli CZcams uzoyibona ntakibazo
Imburakimazi gusa ngo aba diaspora ninde yabatumye? Iryo nihahamuka murwaye ko nanje ko arihondi jewe nabatumye ?
None nimwatekeza neva muzoba mukemuye ikibazo?
Turashimye caaane iki kiganiro kiraduhaye akaryo ko gutahura yuko intwaro ya DD itaje gukiza abahutu.
Ntantwaro idahinduka uravye kuva dutanguye démocratie vyagiyebirahindu nubu ntakizobuzako intwaro idahinduka
Nimuze murabiduha inbox jewe ntayombona iy Espece
Gusa abarundi ku majambo ni abambere😅
Sinzi ukuntu nisanze natwenze kwel😁😁😁😁😁
Mutama mpa watsapp yawe ndafise iciyunviro nshaka kuguha
Mbe space ni iki?
Ntivyoroshe 😄😄
'nimuduhe numero
Patrick bireng on face Book
Nimureke kwiboma abarundi turi maso
❤
Mugisha urampa numero yawe ndaguhe odio ivyiyumviro cawe
muratakaza umwanya
Ibibazo bihanzabarundi na de babirimwo n dizeranezako Harimwo nabazodufasha muguhindura iyintwaro