BIG FIZZO || UMWE MU BANA BIWE NIKITA MUGANI YAKWIJIJE IMYAKA 19 Y'AMAVUKA. MWARI MUZI ABO ARIBO?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 18. 10. 2022
  • Umwana wa kabiri akongera akaba uwa mbere w'umukobwa wa Désiré MUGANI azwi nka Fizzo yakwije imyaka 19 y'amavuka.
    Nikita Mugani yavutse kuwa 19 Gitugutu 2003.
    Fizzo aho ari mu gihugu c'ubufaransa yifurije isabukuru nziza umukobwa wiwe abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook.
    Muri ino nkuru mwateguriwe na Patrick Paggio Niyonkuru muraza kumenya abana n'umuririmvyi Fizzo muri bo hari batandatu (6) yemeye na babiri (2) ataremera.
    Abana ba Fizzo
    1.Trésor MUGANI né le 28/2/2000
    2.Nikita MUGANI né le 19/10/2003
    3.Wakbar MUGANI né Janvier 2007
    4.Abou Iyad Rabin Mugani❌
    5.Thiara Keza née le 1/2/2008
    6. Zia MUGANI née le 25/12/2009
    7. Victorine Eden MUGANI le 22/10/2018
    8. Saint Boy Toussaint.❌
  • Hudba

Komentáře • 22

  • @mukeshimanasarah1195
    @mukeshimanasarah1195 Před rokem +3

    le journaliste qui a une belle voix que j'aime

  • @sunduma-official8069
    @sunduma-official8069 Před rokem +4

    télévision yambere muburundi 🙏🇧🇮

  • @mukekejembe8900
    @mukekejembe8900 Před rokem +2

    Fizzo afise abana beza kweli

  • @Innocentciza
    @Innocentciza Před rokem +2

    NICE WORK MSAZA

  • @martea3712
    @martea3712 Před rokem

    Uwanka.dr.fizzo.aragaturika.ururiro

  • @bakarykarekezi5909
    @bakarykarekezi5909 Před rokem +1

    Anaitwa pajo

  • @tamimmohamed5499
    @tamimmohamed5499 Před rokem

    Asha yaravyaye kbs aba star bubahwe Aho abo atazi nibensh

  • @mugozibabel4343
    @mugozibabel4343 Před rokem

    Niatari sana

  • @binthatv2794
    @binthatv2794 Před rokem +1

    Mbega umunyu yakwihakana Amaraso uyo mwana wamateintur kwasa nase naho woba impumyi barasa gose niyakire kweeli manayanje

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Před rokem +1

    Mama mama mama mama abana yarabegeranyij kbx 🤦🤦🙏🙏 Hama nabasigaye nabemere kokwo umuvyiyi ntayoberw uwamuteye Inda nukur iwacu harih umugabo afite aban cumi nabatanu nihatar kbx 🙄🙄

  • @sj-dg8wg
    @sj-dg8wg Před rokem

    Nico gituma nzorongora isugi...baragenda bakigira ibikotopesho vyabose banabavyarira hama abahungu bagowe bagatanga inkwano vraimt 😭...birababaje Kweli isi yaraheze. Abantu nabo bakabishima.

  • @boobohhh3029
    @boobohhh3029 Před rokem

    👌⚘

  • @lucksonbonfilsbrown907
    @lucksonbonfilsbrown907 Před rokem +1

    Nanj ndumuhungu wiw vuba muzomenya sindamwiyerek fizzo😂

  • @sonko285
    @sonko285 Před rokem

    nanje ni mon pere😂😂

  • @boobohhh3029
    @boobohhh3029 Před rokem

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰⚘

  • @stevenimsafili6128
    @stevenimsafili6128 Před rokem

    Fizzo abana yemera kandi amaze kuvuga kuma interviews n,abana 6

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 Před rokem

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰✌

  • @vivipro3172
    @vivipro3172 Před rokem

    😆😆😆😆😆🤭