Murakoze gose! Ça réveille tous les sens d'antan. Nkoni yera nayumvise nkiri umwana, mw'iradiyo, ku ziko. Mbega ijwi ryiza!!! Poésie pastorale de haut niveau. Ntiyoroshe gutahura. Uwuyahura vyose azombwire. Murakoze!
Iri jwi rizotera iteka igihugu imyaka n'imyaka. Iyo tuba tubishoboye aya majambo yokwigishijwe mu mashule y'abarundi. Abafaransa bagira uko mu kwigisha amajambo ya Moliere, Victor Hugo, n'abandi.
Nelly Nonese ko mama wawe yaririmbaga amahamba yo mu Rwanda, Njyewe Iyo ndirimbo nyizi Kuri nyogokuru bayiririmbira inka zije zitashye Amahamba ni meza cyane Nta kirundi Na cyimwe Na amazina akoresha ni ikinyarwanda I muganza, mu bivumu, ahantu Mu gitwa cya rugagi ni mu Rwanda Mana we Buzaze ngusobanurire iyi ndirimbo Yaririmbira inka Naho zagiye zinyura Nyogokuru yayikundaga kubi Ayituririmbira ku kigoroba Rugemandogozi👏👏👏 Rugamgaza ni umusozi wi Irwanda Gusa ndatangaye Kuko ni amahamba yo mu Rwanda pe Ryangombe Na nyina nyina zari Imana zibirwanda Ese ni uburundi kuko Ntago aba mu migani yi Irwanda
sintotsee nagato.j me retrouves pas du tout..turakeney insiguro yamajambo agoye.nkeka ntahokaja yarikudufasha..BTW it is a nice song.mbega umuco mwiza.
Merci beaucoup pour cette très belle chanson "NKONIYERA GAHIGIRA WE " de nos ancêtres de KIRUNDO 👍👍👍 Pourriez vous nous faire écouter toutes leurs chansons de cet époque ? Grand MERCI anticipé 😊
Numva aririmba amahamba yi Irwanda ❤️Nukuri aririmba nka abanyarwandakazi kurenza kumva ikirundi Nibwo nakumva amahamba ya abarundi Iki se ni ikirundi or ikinyarwanda Amagambo menshi akoresha ni ikinyarwanda Or ni kimwe muzambwire ndumva ari ikinyarwanda
hari nizindi atari iyo gusa bazirirmba bicaye twakuze tuziraba kur television nkuru yigihugu ni "club lac aux oiseaux intashikirwa" nta mahamba twe tuzi nkubu ko baririmvye inyagasambu zirarema bisigura ko indirimbo ari inyarwanda?imisozi nico kinyarwanda wumvisemwo😂😂😂amazina y'abami nayandi atari ayabami ari abantu bo mu kirundo avugamwo nabo mu rwanda?ibivumu,ibigabiro... twe ntibihari😂😂i musenyi mu ntara ya ngozi ntahantu hitwa mu Gitwa tuzi?vuga ko imico igomba gusa kubera kirundo yegeranye n'urwanda nayubundi ureke kwitiranya ibintu
La poésie burundaise devrait être enseignée à tous les enfants du pays. Merci olivier Dismas NDAYAMBAJE
Inkoni yera ... Ijwi rikomey Can
ndakunda uburundi bwacuuu❤❤❤❤❤❤❤ bu
Murakoze gose!
Ça réveille tous les sens d'antan.
Nkoni yera nayumvise nkiri umwana, mw'iradiyo, ku ziko.
Mbega ijwi ryiza!!!
Poésie pastorale de haut niveau.
Ntiyoroshe gutahura.
Uwuyahura vyose azombwire.
Murakoze!
Iri jwi rizotera iteka igihugu imyaka n'imyaka. Iyo tuba tubishoboye aya majambo yokwigishijwe mu mashule y'abarundi. Abafaransa bagira uko mu kwigisha amajambo ya Moliere, Victor Hugo, n'abandi.
Ndayibuka kuva Mvuka muri 1980
Urafisingabirano muvyeyi, lmana ibandanye iguhezagira
Kirundo yubahwe🙏❤️❤️🇧🇮🇧🇮💃💃
Kirundo nziza
Indirimbo nziza cane kirundo mwubahwe bamushire nawe muri histoire
IYO NDIRIMBO YARIRIMBWE NA MURORUNKWERE EMILIENNE MAMA wa WANJE...IRYO NI IJWI RYIWE !....MWARIVYE INDIRIMBO YA MAMA WANJE .
Of course,it's Nella's Mum voice❤❤
Koko?
Nelly Nonese ko mama wawe yaririmbaga amahamba yo mu Rwanda, Njyewe Iyo ndirimbo nyizi Kuri nyogokuru bayiririmbira inka zije zitashye
Amahamba ni meza cyane
Nta kirundi Na cyimwe Na amazina akoresha ni ikinyarwanda
I muganza, mu bivumu, ahantu
Mu gitwa cya rugagi ni mu Rwanda
Mana we
Buzaze ngusobanurire iyi ndirimbo
Yaririmbira inka Naho zagiye zinyura
Nyogokuru yayikundaga kubi
Ayituririmbira ku kigoroba
Rugemandogozi👏👏👏
Rugamgaza ni umusozi wi Irwanda
Gusa ndatangaye
Kuko ni amahamba yo mu Rwanda pe
Ryangombe Na nyina nyina zari Imana zibirwanda Ese ni uburundi kuko
Ntago aba mu migani yi Irwanda
@@akezabonita9384 kuba harimwo imisozi y'i rwanda ntibisigura ko indirimbo ariyanyu kuk amazina y'imisozi turayasangiye natwe hari aho uja hitiranwa ni wanyu knd kirundo kera yitwa bugesera mu mateka knd barashingirana no mu kuvuga bafise aka accent ukuntu kiki nyarwanda ikindi iyo ndirimbo yaririmbiwe(yipfurijwe "Abashingantahe" ico bita intahe ariyo nkoni yera) mur 1965 nyamba ari kinyarwanda dusobanurire😂😂namwe ubwanyu mwayimenye aruko ivuye hakurya mu KIRUNDO Kwa NTARE kuk usivye amazina y'imisozi abami avugamwo naba déscendants babo ntabwo ari abanyarwanda n'ikirundi co ku rwego rwo hejuru bakoresheje ico bita imvugo ifobetse ikindi kuki itazwi iwanyu knd benshi bavuga ko atari ikinyarwanda wakanzwe nuko wumva imico igomba gusa nayubundi siyanyu nagato HANGAMA BURUNDI
@@ingabirefabrice7035 urakoze cane. Ubisiguye neza cane.👏🏾👏🏾👏🏾
niyaba akihari uburundi buzomushire mubitabo abe umwe mubagize akaranga kabarubdi, anafashwe cane mukubaho
binkumbuza kirundo yacu kuki abantu nkabo batakibaho nakunda guca iwabo mvuye kuntega ngiye kirundo-busoni
Uricirore kumico nakaranga kabana buburundi bwanyaburunga
OMG I DON'T NEED TO KNOW THE MEANING BUT ONLY THE VOICE...
Numuririmvyi wa kera mu myaka iheze yubahwe !!
Mwebwe iri jwi muraryumva ?
Urakoze muvandi for nice post
Patrick Gift ego. nu murundikazi
Avuka mu kirundo
aho bita ikavomo
Merveilleux ! ! !
Vraiment nimba uyu mu maman akibaho abamwegerey bamubwire ko igihugu kikimukeneye
Yashimiw uyumuns le 08/03/2023 nagiz igsharara co kuca ndayumviriza😥😥 indrimb iryosh mugb difficile à comprendre
@@marioniyimbona9866 yashimiw nande ????
Ngra yamushiriy umudari
sintotsee nagato.j me retrouves pas du tout..turakeney insiguro yamajambo agoye.nkeka ntahokaja yarikudufasha..BTW it is a nice song.mbega umuco mwiza.
Ururimi rw igitutsi ntushobora kugumva bakoresha amakode : akarorero :
Kwemera Rwamaza ku muvumba.
Zakubitiye imiribo ku nama.
Ooooh ijwi ryiza( abantu bari bafise impano, urumva ayo majambo, ico kirundi kiragoye)
Mbega abaho hamberewe
Merci beaucoup pour cette très belle chanson "NKONIYERA GAHIGIRA WE " de nos ancêtres de KIRUNDO 👍👍👍
Pourriez vous nous faire écouter toutes leurs chansons de cet époque ?
Grand MERCI anticipé 😊
Merci mais vyari vyiza iyo usaba imfashanyo yiwe.
Ni ntwari
Kubumurundi bakaririmba ikirundi bakarindabaheza ntumvise na kimwe
Hhh
Ndafise ibibazo : Yarafise amashule angahe ? Aya majambo yayiyumviriye gute ? Uyu mukenyezi yarafise impano ihambaye cane
Impano none raba aho aba uko hasa
❤️🌞🙏🏾🌞❤️
Burundi bwacu
Iri jwi ni rya Miriyana umunyakirundo wo muri club du lac aux oiseaux Amagajo.
Hakaba namba kuko uwo ni Nacumi Generose.
Haravugwamwo abatware babiri , Nyanjwenge sekuru wa Muka Ngendandumwe hamwe na Mubamba
@@MrPhronesiswisdomful oya uwo si Generose!!!! Iryo jwi nirya Murorunkwere Emilienne wo muri club aux oiseaux
Ngo indirimbo niyande ?
amazing song, Thank You for posting.. what country is it ?
This is from Burundi!
Burundi.. That are the voices from the north
burundi country
Burundi 🇧🇮
Burundi contre but very had, triste sa maison
inkoni yera
Uyumupfasoni womukirundo iwacu yarafise impano idasanzwe Sinziko haraboneka uwomusimbura aracari umwe
humura Burundi
Ni umurundi ?
Ego cane! Umurundikazi wo mu Kirundo. Ni we yatanguye kuririmba uruvyino "Amabano y'inka".
Aracariho ? Leta yarikwiye kurondera abantu bakoze neza canke barapfuye , imiryango ya bo igashimirwa.Ndi umurundi ariko amajambo menshi sinumva insiguro
facebook.com/pg/BBCGahuza/videos/
Emilienne!
Olivier Dismas Ndayambaje / None aracariho, canke yaramaze gupfa ? /
Numva aririmba amahamba yi Irwanda ❤️Nukuri aririmba nka abanyarwandakazi kurenza kumva ikirundi
Nibwo nakumva amahamba ya abarundi
Iki se ni ikirundi or ikinyarwanda
Amagambo menshi akoresha ni ikinyarwanda
Or ni kimwe muzambwire ndumva ari ikinyarwanda
kuba harimwo imisozi y'i rwanda ntibisigura ko indirimbo ariyanyu kuk amazina y'imisozi turayasangiye natwe hari aho uja hitiranwa ni wanyu knd kirundo kera yitwa bugesera mu mateka knd barashingirana no mu kuvuga bafise aka accent ukuntu kiki nyarwanda ikindi iyo ndirimbo yaririmbiwe(yipfurijwe "Abashingantahe" ico bita intahe ariyo nkoni yera) mur 1965 nyamba ari kinyarwanda dusobanurire😂😂namwe ubwanyu mwayimenye aruko ivuye hakurya mu KIRUNDO Kwa NTARE kuk usivye amazina y'imisozi abami avugamwo naba déscendants babo ntabwo ari abanyarwanda n'ikirundi co ku rwego rwo hejuru bakoresheje ico bita imvugo ifobetse ikindi kuki itazwi iwanyu knd benshi bavuga ko atari ikinyarwanda wakanzwe nuko wumva imico igomba gusa nayubundi siyanyu nagato HANGAMA BURUNDI
hari nizindi atari iyo gusa bazirirmba bicaye twakuze tuziraba kur television nkuru yigihugu ni "club lac aux oiseaux intashikirwa" nta mahamba twe tuzi nkubu ko baririmvye inyagasambu zirarema bisigura ko indirimbo ari inyarwanda?imisozi nico kinyarwanda wumvisemwo😂😂😂amazina y'abami nayandi atari ayabami ari abantu bo mu kirundo avugamwo nabo mu rwanda?ibivumu,ibigabiro... twe ntibihari😂😂i musenyi mu ntara ya ngozi ntahantu hitwa mu Gitwa tuzi?vuga ko imico igomba gusa kubera kirundo yegeranye n'urwanda nayubundi ureke kwitiranya ibintu