Dore inzira uzacamo kugira umwegere agukunde

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 10. 02. 2024
  • Dore inzira nziza izagutinyura kwegera umukobwa wakunze. #natashakiza #imitoma #love #urukundo #umukunzi

Komentáře • 25

  • @user-gd6mh8yc2h
    @user-gd6mh8yc2h Před 4 měsíci +2

    Urakoze cyane❤❤❤❤

  • @venustenyaminani-sw3ij
    @venustenyaminani-sw3ij Před 4 měsíci +1

    Urakoze cyane

  • @M-EazyOFFicial
    @M-EazyOFFicial Před 27 dny

    Si ngombwa kwirarira kuko ni ikigaragaza umusore uhuzagurika,rero ntcyo bivuze kwiyitirira ibitari ibyacu,Murakoz ni Elijah🇷🇼

  • @user-gu8zl7nq1i
    @user-gu8zl7nq1i Před 4 měsíci +2

    Ni vyiza cane.nino i burundi turagukwirikira

  • @user-md7zp2mm1u
    @user-md7zp2mm1u Před 4 měsíci +1

    Iyo uda postinga naho?

  • @jamespatrick432
    @jamespatrick432 Před 4 měsíci +1

    Ahhhh

  • @cesarGasore
    @cesarGasore Před 2 měsíci

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @NshimiyimanaLaurent-vp7hk
    @NshimiyimanaLaurent-vp7hk Před 4 měsíci

  • @vitalsindikubwabo3422
    @vitalsindikubwabo3422 Před 27 dny

    Ok

  • @user-ny5yd1wd5f
    @user-ny5yd1wd5f Před 4 měsíci +1

    Nikokuri kbx

  • @muganotv
    @muganotv Před 4 měsíci +1

    😂😂❤❤❤❤

  • @WilsonNtakirutimana-mg8ko
    @WilsonNtakirutimana-mg8ko Před 4 měsíci

    Kbx

  • @venustenyaminani-sw3ij
    @venustenyaminani-sw3ij Před 4 měsíci +1

    Ikaramu niyande?

    • @natashakiza3488
      @natashakiza3488  Před 4 měsíci

      Izaba iri mubiganza byawe umwegereye maze igwishe hasi hafi ye🥰🫶

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt Před 4 měsíci +1

    Turagukunda muvyeyi uduha ibidufasha none nkubu ukunze umuntu arikure yawe Hama uwo mukobwa ukunze Akaba Ari school Hama mukayaga Kabiri mundwi kumvo umwe Aba Ari kwishuri MBE Aba Bose bovyitwaramwo gute kugira bagere kwihangiro ryiza muvyeyi

    • @natashakiza3488
      @natashakiza3488  Před 4 měsíci +2

      Communication aha niyo iza creating connection hagati yanyu 100% bitume mukundana nyabwo. So nubona aguha umwanya uhagije bitari wowe umwirukaho wandika, uhamagara but nawe abihenza utyo urukundo rwanyu ruzakura neza.

    • @hakizimanajames-hm6xt
      @hakizimanajames-hm6xt Před 4 měsíci

      @@natashakiza3488 none mugihe ahaye mama wiwe tuganire MBE vyoba aribibi mugihe twayaze Na mama wiwe MBE bovyitwaramwo gute

    • @hakizimanajames-hm6xt
      @hakizimanajames-hm6xt Před 4 měsíci

      @@natashakiza3488 Jew Iyo atahutse Sanga yandondeye MBE hoho umuhungu mugihe ntamuguriye phone Hama arakoresha phone Yamamama wiwe naho kugira tuyage MBE sikosa mugihe tuyagira cane kwiphone yamama wiwe

    • @natashakiza3488
      @natashakiza3488  Před 4 měsíci

      Ibimenyetso biranga umukobwa wakwishimiye.
      She will introduce you to her family members and friends.So Ikimenyetso ciza

    • @hakizimanajames-hm6xt
      @hakizimanajames-hm6xt Před 4 měsíci +2

      @@natashakiza3488 ico kimenyetso mama wiwe turayaga Na Bo bavukana none ico sikimenyetso CA family kuko mama wiwe Nabo bavukana Nibo bafise Agaciro kurusha Abagenzi biwe

  • @alainkalisa7520
    @alainkalisa7520 Před 4 měsíci +1

    ikaramu uyigwishe hasi hahahha\

  • @Passover517
    @Passover517 Před 4 měsíci +3

    Basore batazi gutereta nkanjye ,muze nyaboneka dufatanyirize hamwe gukurikirana aya masomo.😮