Gentil, vyumwihariko ndashimye cane iki kiganiro. Kabisa ndashimye gose kuko uvuze ibintu bikomeye. Vraiment vous avez réellement cherché des informations très suffisantes pour ce documentaire concernant mon propre pays. Gentil big up
Urakoze caane munyamakuru. Gedeon Uratubwiye ukuri pe! Ndashimishijwe n uko ubwiye impunzi za 2015 cane cane ko imyigaragamvyo yabaye mu ma karitiye za Musaga/ Nyakabiga/ Mutakura /Cibitoke/ Ngagara/ Kibenga/ ko ata nyungu vyazanira umunyagihugu ko inyungu ndende zari ku banyamerika n ubulayi kubera amabuye y agaciro. Nibuka abasore bagenda kuri ambassade ya Amerika ngo barahunze. Ahari bibaza ngo baca babaha visas zo kuja muri Amerika bahamaze igihe barara hanze y ikigo bisegura udusakoshe twabo banyagirirwaho bahava barabirukana atawigeze akingurirwa ico kigo. Ngira rero baravyumvise. Abahunze bahurujwe na politike y abo baswa ni batahe igihugu kiratekanye. Gedeon urakoze kuri uwo muco utanze kuvyabaye 2015 Ndakunda abantu batanga amakuru bategamiye ahantu
Abashinwa bo ntago bateza intambara ahubwo nugusaranganya Duke ufite muburyo mwaganiriyeho mukabyumvikanamo, Ariko aba captilisti bo ni ufite ni nyagukira nawe udafite ni nyagupfa!!!!
Gentil Gédéon,iyi nkuru igamije vews gusa kubantu i Burundi.wogereranya uburundi n'urwanda muvya politique internationale,cank gukoreshwa n'a USA hamwe n'a UE ??
Ubundi uru nurugero rwiza rwibihugu bya Africa bage bagenda biyomora bibeshyeho biyobore uko babyunva cga bage kuruhande bifuza abanyamerika nabafransa batumereye nabi intwari zose za africa niba babica dufite ingero khadafi yazize iki iyo ibyo badhaka bishize barakurek ukirwariza kdi abayobozi bacu bagirango abaturage ntitubimenya take care your people who giving you vote not those bastard of colonies thank you
Gentil, après tout, vous êtes un journaliste professionnel. Mais j'avais demandé si vous travaillez au Rwanda où nous trouvons la télévision IYAKURE surnommé IYAHURE! Néanmoins la Tanzanie n'est pas intervenu au Burundi en 2015.
Nkurunziza yanze kuba umukozi waba mpatse ibihugu ba mbere nubwo bwose naba china na Russia nabo aruko, ariko at least yaragerageje nayandi mahitamo yarafite!!!...
URAKOZE IKIGANIRO KUGIHUGU CANJE KANDI NDAKUNZE UKUNTU UTIGEZE UHENGAMA. NDAGUKUNZE UBUGIRA KANDI
Uruwamberepee!!
Ndakwemeye pe!! Nuko abanyafurika twagombye gukorera ibihugu byacu..RIP wa Ntwari we🙏🙏
Wavugishije ukuri kugihugu canje 🇧🇮🇧🇮 ntiwahengamye ndakwemeye
Merci bcq Gentil pour ce documentaire sur mon pays ivyo wavuze nukuri !! RIP my président NKURUNZIZA votre passage reste vivant
Iyi nkuru iri professional kbs
Gentil, vyumwihariko ndashimye cane iki kiganiro. Kabisa ndashimye gose kuko uvuze ibintu bikomeye. Vraiment vous avez réellement cherché des informations très suffisantes pour ce documentaire concernant mon propre pays.
Gentil big up
Nukuri turasavy igice cakabiri cikikiganira abacumviriza namwe ndabasavy Mugi tercharge mugihe abandi bumve ivyiza nkurunziza azize jew kubwanj nahejj kugitora
Ndakwemera, urakurikirana kd ufite ijwi ryiza , ark ndagusabye uzadushakire inkuru uyiduhe uko ingabo za Leta ya Congo-kinshasa yibasiye abanyamulenge ikoresheje Maimai
Bien joué gentil Gédéon,urategura muzee
Ninkaho uhinduye ivyiyumviro vyanje kandi mukanya gato , special appreciation for your efforts ,God bless you
Ndakwemeye kabisa urumuyakuri uragahoruko🇧🇮
Ikiganiro cyiza cyane! Umuyobozi nyawe ni utemera kuba umugaragu w'ubonetse wese.
Murakoze kbs
Urakoze caane munyamakuru. Gedeon Uratubwiye ukuri pe!
Ndashimishijwe n uko ubwiye impunzi za 2015 cane cane ko imyigaragamvyo yabaye mu ma karitiye za Musaga/ Nyakabiga/ Mutakura /Cibitoke/ Ngagara/ Kibenga/ ko ata nyungu vyazanira umunyagihugu ko inyungu ndende zari ku banyamerika n ubulayi kubera amabuye y agaciro.
Nibuka abasore bagenda kuri ambassade ya Amerika ngo barahunze. Ahari bibaza ngo baca babaha visas zo kuja muri Amerika bahamaze igihe barara hanze y ikigo bisegura udusakoshe twabo banyagirirwaho bahava barabirukana atawigeze akingurirwa ico kigo. Ngira rero baravyumvise. Abahunze bahurujwe na politike y abo baswa ni batahe igihugu kiratekanye.
Gedeon urakoze kuri uwo muco utanze kuvyabaye 2015
Ndakunda abantu batanga amakuru bategamiye ahantu
Normalement ,nta commentaires nahora mvuga.ariko unomusi nashaka kugushimira Can bivuye kumutima kuri Kino kiganiro ukoze
very very undestable mr gedeon be blessed my older brother
Nice documentary 👏👏
Ikoranye ubuhanga buhanitse kbx
Finally some truth. Thank you Mate. Brave enough to speak the truth.
You are just amazing Gedeon! So intelligent and disciplined in what you do! I cant wait to listen to the next post! Be Blessed!
Never give up ! later HE Nkurunziza Peter
Gédéon nukuri numva ndagukunze caaanneee Imana igukomeza kuko yaraguhay impano yo kumeny vyishi kand vyukuri .
Urakoze cane kuko beshi twari tubizi ico abarundi tuzira ariko ntitwashobora kubisangiza abandi ngo vyemerwe. Urakoze cane, en tout tu es digne d'etre appelle Gentil.
❤️❤️❤️Très bien préparé!
Merci Gédéon NTIRENGANYA (Burya nawe ntabwo warenganije uruhande na rumwe. )
Ndagushimiye cane.
Merci beaucoup ndumurundikazi harivyo ntarinzi menye.
Big up Gentil!
Ndagufana kabisa!
Well done Ikiganiro ndagikunze cane 🙏🙏
Gentil ugira documentaires nziza zicukumbuye kandi ziteguranye ubuhanga. Na présentation ni top👍👍👍👍
Nawamukozi wabagashaka buhake ati" Ariko kuki adasohoka? Umuntu akirirwa yicabantu gusaaaa... Ari harikuba Génocide Abatutsi bararicwa..." Bavandimwe banyafurika ntakeza kabagashaka buhake. RIP Nkurunziza Africa for Africans.
Ubujuju.com
Sivyo urabeshe
Urakoze cane mutama gentil . Imana ibandanye kugukomeza mu kazi kawe.
You're exactly Genuine
Ndakwemeye caaane, utubwiy vyinshi tutari tuzi,
Aho benshi baguy muvyo batazi
Erega ba gashaka buhake bose ni bamwe yaba abashinwa yaba abanyamerika ninshuti zabo ninko gusimbuka inkari ugakandagira amabyi
I.
Aho uribeshye. Aba communist sibagashaka bihacye icyo baba bashaka nubucuruzi, amasoko ntakindi. Ntibakubwiriza ibyo ukora nuburyo ukoresha ibyo bakugeneye. Ikingenzi nuko ubaha isoko kandi ntubangamire business zabo igihe ziri mumurongo mwumvikanye. Ariko aba capitalist bapfa kuba bakandagiye iwawe. Urimurwa murugo rwawe ugasigara ukora ibyo bashaka muburyo bashaka.
Abashinwa bo ntago bateza intambara ahubwo nugusaranganya Duke ufite muburyo mwaganiriyeho mukabyumvikanamo,
Ariko aba captilisti bo ni ufite ni nyagukira nawe udafite ni nyagupfa!!!!
Inkuru icukumbuye neza thanks bro
Gentil urakoze cyane kbsa amakuru yawe nimeza rwose thx so much
Respect inyanja muzi gusesangura
Urakoz cane uduhaye ikiganiro ciza cane Imana iguhezagire🙏🙏🙏
You are the best i like it
Gentil respect kabisa.
Turikumwe komeza utugezeho ibintu byubwenge
Izina niryo muntu abavyeyi bawe bari babibonye.uri gentil na intelligent.
Gédéon nkunda ibiganiro bicukumbuye kandi bidahengamye ukora nkubwije ukuri ndi mubambere bakurikirana cane inkuru ukora.be blessed.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
.ikindi nokwongera ko nuko burya abanya frica turakwiye kugira politique yokwibako nk'uko nyakwigendera yadusigiye iryo ragi.yego baravuga ko turi abanyuma mubukire ariko turavyishimira kuko ntamashi dutega abazungu mw'iyi misi kandi abarundi turabumbwe nuko tubayeho bitebe bitebuke tuzogera kwiterambere ribereye
Yeg muvandimwe gake gake tuzoshika icambere nukumva ibintu kimwe kdi tugakorera hamwe
Angel voice
Ndagukunda mutama gentil iyo nkuru bandanya nguteze amatwi cane
Manawe perezida wacu umuryamike aheza hawe,kandi ubandanye utugwanirira twebwe abarundi nuburundi bwose🇧🇮🇧🇮 R .l.P piter nkurunziza tukwama tukwibuka💔💘😭😭😭
Ukwiriyigihembo bro uracukumbura byahatari
Gedeon ndagukunda gusa ,ungerera Ku ngingo kbs
Imana iturimbere ejo bueoca
Gentil Gédéon,iyi nkuru igamije vews gusa kubantu i Burundi.wogereranya uburundi n'urwanda muvya politique internationale,cank gukoreshwa n'a USA hamwe n'a UE ??
Uvuzukuri kabs Ntaguhengama
Asante t2
👌
I LIKE THIS
Ewana urakoze cyane kbs mpise mbona aho urwango rwurwanda nuburundi aho biva niyamunyangire.
Abanya Africa duteye agahinda kubona badushuka ngotwangane tukabikora kd inyungu arizabazungu ugasanga abantu buzuye imihanda ngobarigaragambya batazi ikinjyambere
Much love & Respect ✊🏽
Urimvugaturi komera kumurimo girumugisha bujumbura
iyuba muburundi bavuga ngo urumu dd kwer uvuze ukur ibi bibere icigwa abarundi muri rusange
Gentil ndakwemera, you' re a professional. Uracukumbura inkuru kandi uraturyohera. Keep it up
Ubundi uru nurugero rwiza rwibihugu bya Africa bage bagenda biyomora bibeshyeho biyobore uko babyunva cga bage kuruhande bifuza abanyamerika nabafransa batumereye nabi intwari zose za africa niba babica dufite ingero khadafi yazize iki iyo ibyo badhaka bishize barakurek ukirwariza kdi abayobozi bacu bagirango abaturage ntitubimenya take care your people who giving you vote not those bastard of colonies thank you
Eee Gentil konumva Peter yarabizi ra👍
Vrema ubushakashatsi bwawe wabikoze neza mon Frère
Nkunda uburyo inyanja twogamo ituzanira amakuru acukumbuye || Ngwino ukore SUBSCRIBE kuri channel UBUKIRE NYABWO TV
Gentil nguhay 8/10.nanje mfise vyinshi ndiko nkwigirako👍
Abana buburundi twige gutahura igituma abazungu bivanga muvyiwacu hama bizotuma dutahurana dukunde igihugu gusumvya imigambw canke tukavavanura namoko
Niwewe murundi wambere numvise uvuze ukuri utagendeye kuvyimigambwe kandi yaba abarundi Bose biyumvira nkawe batitaye kumigambwe igihugu cuburundi coteye imbere kabisa
Oyaaa twese Niko tubibona tugire urunani nta muhutu nta mututsi umurundi n'umwe abapfa imigambwe n'amoko bapfa ubusa uburundi niwo muvyeyi wacu
Ico womenya nuko atangorane reta y'uburundi ifitanye na USA. Baba abanyaburayi, abanyamerika, abashinwa, nabarusiya, ivyo bagomba muri africa nibimwe. Ntacuti bagira, bakundana nuwugomba kubashikana kuvyo bagomba.
Iyo babuze ivyobakeneye uba umwansi wabo
Gentil, après tout, vous êtes un journaliste professionnel. Mais j'avais demandé si vous travaillez au Rwanda où nous trouvons la télévision IYAKURE surnommé IYAHURE! Néanmoins la Tanzanie n'est pas intervenu au Burundi en 2015.
Gentil uruwagaciro wubahwe🙏🙏 iruhiko ridashira Petero Nkurunziza🙏😥
Ikibabaje nuko bakoresha abirabura benewacu
May God give His Soul To Rest In Peace and Strengthen His Bereaved Family
Iyaba arijye wakubyaye gentil Gedeon
Mu burundi ngo hanavumbuwe rare earth(minerals)
Bien dit
Niyompamvu nkwemera , ntuhengama ❤
Gentil nuko udasoma commentaires , ibindi bwo ndakweemera wozoducukumburira ukwo apa Papa bakurikiranye
Yesuuu weeeh ndumiwe kweli, Gentil nukuri Imana igukomeze kubwenge yaguhaye bwo gucukumbura amakuru tutari tuzi.yesu aguhezagire kuriyinkuru wadukoreye.
Gedeon yabeshe vyinshi . Dommage. Nta iki kiganiro nzongerera kugirira confiance kuko amakuru ndemey ko atakuri kurimwo . Triste
Nkurunziza yari umugabo ukunda igihugu yemeye vyose ariko aburokore mumaboko y ibisambo( abazungu) R I P my president.
Gédéon ndakwemeye cane.
Gedeon courage waduhaye number tukazakwandikira
He was a true African legend!
Nubundi America nuburayi nibisambo byiba Africa gusa reka abange
Numuhinga kabisa felicitation abamenyesha makuru nkabo nibo bakenewe kwisi mwarize muratahura ico umwuga umaze ndagukunze bimwe ntovugira aha
The 1st
H... Wibashuka, urwego rwa politiki ruzigenga gute kdi bakeneye kubaho kubera ubwo bushinwa n'uburusiya? Iyo utishoboye ugendera kubitekerezo nogushaka kuwo ugutunze cg uwo ugufasha.
Ariko mubona abanyagurika turiho,cyangwa twapfuye duhagaze,nigute abo bavunamuheto babazungu baza guhanganira kumutungo wacu karemano,ubundi izo nimpuhwe badufitiye
Uyu mugabo Imana izamwihere iruhuko ridashira africa weeee urababaje kabisa
Hanyuma Gedeo unfashe ikiganiro gikurikir uduh umuco kubihano vyurudandazwa uburundi bwafatiwe. Turqbinyotewe murakoz
Bonjour Gedeon! nashatse juste ngushimire, nongere nkubaze niba iyi video yo mubushinwa wayibonye.. bijanye niyi virus ishegeshe ibihugu harimwo nibyacu.
Abarundi bakomerezaho kkbarimunzira nziza yokuva mubucakara bwa west idafote icyo imariye abirabura mururusange
Ndakwemey urazi gucukumbura. Gusa hari aho wihenze amatohoza . 2015 ibwirizwa nshingiro ry'Uburundi ryavugako president atowee arahirira imberee y'inama nshingamateka ryagiye kuvugururwa munyuma aho ubu president atowee arahirira imbere y'abenegihugu. Rero siwee yabigenye niko ibwirizwa nshingiro ryabivuga. Kandi ntabasirikare ba Tanzania binjiye I Burundi!
Komera muyobozi 🙏
Urakagabo shaaaa
Urakoz cane gutahuza abarundi benewacu batabizi kuko haribeshi banka uburundi batazi igikorwa carigihari cokurwanira ubwigenge
Yarwanira indayiwe ntabwigenge yarwanira.embassade ya USA ndibuka yirukany abayihungiyeko munyuma bahava barafatwa barafungwa baricwa abandi namwe ngo yarwaniy ubwigenge.uburundi yabugize igihugu cambere gikenye kwisi inyuma ya Somalie na Centrafrique.Gentil uzicuza kukiganiro kibogamiy kuri reta ukoze kizira ubunyamwuga
UVUZE UKURI. HARI NI VYO ABARUNDI BANYEGEJE BATAVUGA, NONE URABIVUZE.
NDAKWEMEYE.
Ese muziko Africa tugicoronizwa n'abazungu cg se ibihugu byabo, mwari muziko se abazungu bishimira kutugabagabana nkakera bagabana ibihugu mugihe cy'ubukorone, ariko some time bitubaho kuko tudashyira hamwe kdi dusa nabacuruzanya kunyungu zaburi umwe umwe
Uzaduhe kuntambara yahuje abamedi nabaperesi
Nkurunziza yanze kuba umukozi waba mpatse ibihugu ba mbere nubwo bwose naba china na Russia nabo aruko, ariko at least yaragerageje nayandi mahitamo yarafite!!!...
Urakoze mugenzi ku makuru y ukuri utubariye.
Uzoze utubwira nimvo utwara u Rwanda w atagira ikibazo nkico nkurunziza yagize
Utubwiza ukuri kbsa
Gedeon uri umuhanga pee, ngukunze kabiri , uri umusesenguzi wukuri
NKURUNZIZA🇧🇮
Ndagukunze kweri kubwigihugu cacu
Ndakunda ukuntu uremesha ibiganiro vyawe Gédéon ntirenganya
Hhhhhhhhhaaa, nange nahageze
The 8th