đŸ’” Kuronka Fbu bisaba kwitegura....

SdĂ­let
VloĆŸit
  • čas pƙidĂĄn 7. 09. 2024
  • đŸŽ™ïž Pierre Itangishaka mu C#ibitoke agira ati: "Twatanguye kuyora imicafu kugira tuzoronke aho bakura ibikoresho (matiĂšres premiĂšres) zo gukora ama #briquettes
    đŸ‘đŸœ Nayo Thierry Niyukuri w'i #Bururi nawe ngo arashobora kudandaza ku kwezi ibiro 800 vy'ibiraya

Komentáƙe • 1

  • @nsavyimanaclovis-cv7in
    @nsavyimanaclovis-cv7in Pƙed 10 měsĂ­ci

    Urakwiye guhindura ukuntu ukora ibiganiro. Ukaza urabaza ibibazo umutumire wawe tukumva. Kuko ahumenga ariko arivugana. Hama ndagukunda cane