Ntivyoroshe hagati ya Natacha na Dj Paulin, habuze uwurekura, bose ngo ntaruhombo , mubibona gute?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 23. 04. 2019
  • Ntivyoroshe hagati ya Natacha na Dj Paulin, habuze uwurekura, bose ngo ntaruhombo… fyonda ngaha mwumve aho ikibazo catanguriye hama namwe mugire ico mubivuzeko : ntimwibagire kugira subscribe kurino chaine ya youtube ya BE TV Burundi , ntimwibagire kandi kugira j’aime kurino facebook page ya BE TV Burundi
  • Hudba

Komentáře • 108

  • @aimendayikengurukiye5451
    @aimendayikengurukiye5451 Před 5 lety +23

    Spok's ur umumenyeshamakuru mwizaa..ufise impano yo kwumviriza umuntu..bnshi bakwigireko..big up bro!

  • @adriang.
    @adriang. Před 5 lety +10

    Très bien dit Paulin

  • @joelkadege3643
    @joelkadege3643 Před 5 lety +13

    Respect Paulin, URUMUSODA.

  • @Ndayaki
    @Ndayaki Před 5 lety +6

    Natacha management yiwe yaramuhenze... Niheehe yabonye umutumire yiha ikibanza c'iteka batakimuhaye?? Iwishira imbere bamushira inyuma, uwishira inyuma bakamushira imbere. Respect to Dj Paulin

  • @thierryniyungeko8025
    @thierryniyungeko8025 Před 5 lety +3

    Unafanya kazi ya bien Spocs. I really appreciate bro...

  • @ramamwitason8018
    @ramamwitason8018 Před 5 lety +2

    Dj paulin simwiza aranshavuje Nsanze natasha naho arumusazi avuga vyo ko uyo dj p amanura abarundi kuko ntakuntu . Avuze ngo ba St B bo nti ba complenye bobavuyemeye kubwa mahera batsinzishavu murakwiye kwama mushira hejuru umurundi umunyamahanga hasi ukwarikose kuko natwe naho tuja mubihugu vyabo ntagaciro baduha plz ahubwo dj p ww ntabwo urumurundi ww woba uri ncangi niyo mpanvu utazi agaciro kabaririnvyi babarundi umumenye shamakuru ndagukunda kandi ndagukwiri kirana kuko uzi akazi kawe vrm urashoboye salut ndavyandutse mbabaye kubona abashira hasi abarundi

  • @gladysdorineirankunda681
    @gladysdorineirankunda681 Před 5 lety +3

    Paulin I respect u 👌🏻

  • @aimefistonnsavyimana4930
    @aimefistonnsavyimana4930 Před 5 lety +2

    Uyumu Dj Paulin ndamwemeye cane avuga atuje

  • @benedettocitegetse8557
    @benedettocitegetse8557 Před 5 lety +5

    Paulin Uri Umugabo sha 👍

  • @cynthiaroxanna2338
    @cynthiaroxanna2338 Před 5 lety +4

    hahhhhhhh uwutazi ivyisi avyita ivyiwe Hahhhhhhh ewe la noma sha gusa ubu numv nokwita la comédienne umuziki sigwawe vrm reka ababishoboye bakore diiiii #ndakubujije

  • @ndayiragijeemilemarlon1369

    Big up spok's kandi wew ntiwari umuririmvyi nubu uri we Sister la @Bamba naw vrma reka kwirata ngo ufise amahera ni mukore music kinyamwuga kugira uwuririmba bizomuteze imbere

  • @oluwaburundi698
    @oluwaburundi698 Před 5 lety +3

    Natacha Muziki na Majitapo habiendani Dada yangu hama kuva muri concert ni choix yawe gusa haribintu ukora ugasanga biriko bigusubiza inyuma mubikorwa vyanyu. je kuruhande RWA Paulin ntaruhombo mbonako hubwo uruhombo ruri kuruhande rwakabiri

  • @binallymayassa4429
    @binallymayassa4429 Před 5 lety +1

    Turagukunda Cane Natacha ❤️❤️❤️

  • @pamellairakoze9647
    @pamellairakoze9647 Před 5 lety +2

    Big up Dj Paulin!

  • @shellanshimirimana45
    @shellanshimirimana45 Před 5 lety +2

    Umuziki wiburundi uragwaye canee

  • @gladysdorineirankunda681
    @gladysdorineirankunda681 Před 5 lety +4

    Honyene ntazi nukwi y’exprima 😭😭😭😭😭my prayer nuko abarrimvy bu burundi biga 🤷🏼‍♀️🤷🏼‍♀️🤷🏼‍♀️

  • @sadiisticsameer3900
    @sadiisticsameer3900 Před 5 lety +6

    Respect kuri Paulin

  • @alaingahungu316
    @alaingahungu316 Před 5 lety +1

    Pwahahahaaha...ndakunda aba stars ba buja

  • @sadiisticsameer3900
    @sadiisticsameer3900 Před 5 lety +6

    Iyo mutangura kurondera Paulin hama Natacha mukamurondera hanyuma

  • @lebonndayishimiye1259
    @lebonndayishimiye1259 Před 5 lety +2

    Il faut que wakueshim manager si tu es d'accord avec moi like

  • @laurettetetero8097
    @laurettetetero8097 Před 5 lety +1

    Natacha big up❤️ dutegerezwa kwiha agaciro!!!

  • @ndayiragijeemilemarlon1369

    Spok Abarundi jewe ico mbona barakwiye guheba ibintu vyo gutegana imitego aho gukora ibintu vyo kubateza imbere.#Marlon

  • @nduwayezuzebonissa2155
    @nduwayezuzebonissa2155 Před 5 lety +2

    Wooow, Journalist keep it up, wigish nabagenzi uko babaza n’uko bumviriza

  • @turibamweali8661
    @turibamweali8661 Před 5 lety +1

    Ntaguteshe igihe sha iyo njiji ngo ivuye hanze 🤗🤗🤗🤗ese ubundi ko ataje kare ngo mubipange nawe ahari yego sha ntamugore wi gufata umwanzuro ngo ategeke umugabo we ngo hanyuma ategeke nabandi bose ngo bemere.

  • @ndayisengagerard1484
    @ndayisengagerard1484 Před 4 lety +1

    Spok's nawe warahevye kuririmba.
    Kuki washimye kumuganiriza mu muduga wiwe???

  • @patricknkurunziza2147
    @patricknkurunziza2147 Před 5 lety +8

    Natach jew nahor ndamufan mais Ubu ndamukuye mubo nfana asigaye yishima sana ataruko ari umu star wahatar!erega niyibuk ko namafrang akoresh atarayo akura mumuzik ntashuk aband bâ star rer

  • @ndikumasabodiegovevo9091
    @ndikumasabodiegovevo9091 Před 5 lety +8

    non ntimubonako Natasha yiyumvirako amahera yumugabo wiw ariyo azomukorera umuziki??kuko yans akazi ngo ashaka icubahiro kitagiraho gihagaz!!ayo mashopingi avuga muri concert umurirmvyi abaj kuririmbira abafane biw ntaba AJ kwerekana impuzu kuko si vidéo clip abariko arakora concert nikukamua

  • @darlenelyvia5830
    @darlenelyvia5830 Před 5 lety +4

    Hahahahha nagira aca muri saloon VIP kwari la reine du burundi 😂😂😂😂

  • @faa2023-ngaragu
    @faa2023-ngaragu Před 5 lety +4

    Ndibaz iyo utumiwe murubanza kanaka ukurikiza integuro wahasanze kuber haba hariho comité iba yagiz organisation, map iba ifise uko yateguwe sinibaza ko umuntu yoca azana map muyindi. Aho vyari kugenda uko iyo Natasha na Paulin bapangira show hamwe, si non organisateur niwe aba yapanze programme du jour.

  • @allsongbrucewillis1088

    Uyo natacha nimwehu sana👐

  • @aimendayikengurukiye5451
    @aimendayikengurukiye5451 Před 5 lety +3

    Yeah ibibanza vy imbere..hhhh..Humilité ni impano idasanzwee...

  • @nzomukundafatuma5364
    @nzomukundafatuma5364 Před 5 lety +1

    Kaka pole salut

  • @johnsonakimana6993
    @johnsonakimana6993 Před 5 lety +4

    Special respect Natacha...🙌Il faut toujours garder ton Honneur....👌

  • @christiannsengiyumva6253
    @christiannsengiyumva6253 Před 5 lety +4

    Songa mbele DJ Paulin ureke uyo musazi uduhera tw umusaza twaramusarishije,umugore yubahuka ngo umugabo wanje wambere n umuziki kandi n umugabo wanje arabizi .Natasha imvugo yawe birabonekako waronse wabanje gukomereka kuko wibutse ingene wari umeze utarabonana n urya sogokuru wawe ntiwo .........

    • @darlenelyvia5830
      @darlenelyvia5830 Před 5 lety +2

      Urya sumurundi nu mu congomani kuko mu mico yikirundi birya akora ntibirimwo nagato

  • @alaingahungu316
    @alaingahungu316 Před 5 lety +1

    Natacha gira ta vie ureke Paulin please

  • @joelkadege3643
    @joelkadege3643 Před 5 lety +3

    Finally, Natacha vyose ubu aranka. Amahera nisawa kabisa

  • @egidensavyimana3962
    @egidensavyimana3962 Před 5 lety +3

    Ugiye murugo guwundi ingeso uyisiga kwirembo ukayihitana utashe Natacha natekereze igiteramo siciwe

  • @staelakayo2589
    @staelakayo2589 Před 5 lety +1

    Big up Dj Paulin👌👌👌

  • @jacksonnkz4961
    @jacksonnkz4961 Před 5 lety +3

    Félicitation Natach!!!we are behind you!!!

  • @julesntibamenya9026
    @julesntibamenya9026 Před 5 lety +3

    la fromage ni noma sana

  • @venividivici9656
    @venividivici9656 Před 5 lety +5

    Cash z'umusaza za musajije ubu asigaye y'ibazako ar'ururimvyi ankomeye naho shwi.Umuntu atagira na hit nimwe mugabo akigereranya na sheebah

    • @alainbigero8609
      @alainbigero8609 Před 5 lety

      Hari benshi babuz abasaza 🤣 🤣 🤣

    • @venividivici9656
      @venividivici9656 Před 5 lety

      Alain BIGERO abasaza bafise inoti ntiboroshe kuronka nyene yigize chances

  • @hamzamussa2930
    @hamzamussa2930 Před 5 lety +4

    From Tanzania 🇹🇿 we love you natacha nakumbuka wimbo wako na yamoto band ilikuwa fire💥💥💥💥💥💥

  • @rukundotv8030
    @rukundotv8030 Před 5 lety +3

    Ikiganiro nagikunze mwabajij kumpande zose!kimwe gusa natacha arishima cane ico kintu cari ikintu gito bari kucumvikana

  • @sarahabdoul948
    @sarahabdoul948 Před 5 lety +1

    Nshimra ko tu mudushirirako ibiganiro kuko si twese turaba TV cnk tuzifise.ivyuburundi bisigaye biryoshe.but mwapfuye ukuri.iyo amwakira ho uruhombo rwarihe?Natasha,sat-b Bose nabahanga iyo utora umwe amwakira tu vyaba sawa.baje hamwe iyo arivyabo tu.DJ Paulin rondera wew ngira arikwije.hose umwe yoretse

  • @alainblaise9401
    @alainblaise9401 Před 5 lety +6

    Hahahaa!!! Ngo ufise gute

  • @madinanoor2505
    @madinanoor2505 Před 5 lety +2

    It doesn't make sense ufis gute?

  • @arielchavez4507
    @arielchavez4507 Před 5 lety +2

    Tknx Spoks

  • @husseincassh78
    @husseincassh78 Před 5 lety +1

    Bro btv wahinduye kuriyo interview wataze na poulin

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 5 lety +3

    none mwebwe muko afishe Mutara signa ama contrat ngo mwumvikane?? paulin this is local job kbs iryo kosa ntimuzorisubire

  • @fistonhakizimana2142
    @fistonhakizimana2142 Před 5 lety +6

    Paulin uri umugabo sha

  • @jean-nestorniringiyimana6025

    Jewe nshigikiye Natacha,yaravyitwayemwo neza,turakwiye kumenyako Featuring arikintu gihuza abaririmvyi.None Paulin yashaka abarinde yakira Sheebah?hari gutangura Natasha akaririmba izindi hanyuma akaririmbana na Sheebah WANGU we yigira. Natasha nawe nomusaba kuja avuga amajambo make aba journalistes rimwe rimwe barategana imitego mukubaza ubishurana ubwenge nkakurya nabo babazanya ubwenge.

  • @turibamweali8661
    @turibamweali8661 Před 5 lety +1

    Abanyafrika yabifatiye ngo avuye i Buraya ntibamenyeko baza batera abantu ubwoba ntakintu bamaze aho bavuye babafata nkumucafu 😋😋😋

  • @andikimanasebadonavine9490

    Miye nabakia kuba kizaza kipya....hahhbhhaba ?uranyica sana kabisa.

  • @ramamwitason8018
    @ramamwitason8018 Před 5 lety +2

    Tuna kupenda tro NATASHA

  • @darlenelyvia5830
    @darlenelyvia5830 Před 5 lety +1

    Nakupenda sana Paulin wanguuuu nakomeze aza aranka ibiteramo vyose maze utere imbere nikijuju cane Natasha nagumize amaguru hasi diii ni muto cane

  • @winaniwe
    @winaniwe Před 5 lety +1

    Abarundi iyaba dukora nkuko tuvuga anajambo twogera kure smh

  • @munyemanavianney9454
    @munyemanavianney9454 Před 5 lety +5

    Natacha nikigugu ukonyen ashaka kwigira nsumbazose ntamenye ko mugutera imbere wubaha abandi . yashaka abe umugabo murugo rutari gwiwe . Rispect dj urumuntu wumugabo iyo sema yumukobwa ubundibwo samahera wamuha .ntawuzosiba ngo nikubera natacha ataririmvye

  • @alanuwezo3373
    @alanuwezo3373 Před 5 lety +1

    waouh Natasha la numb la bamba

  • @ernestmbonyumugenzi1119
    @ernestmbonyumugenzi1119 Před 5 lety +1

    Iyo point itumye Lanoma atahaba niyahe????

  • @kingmerthus4252
    @kingmerthus4252 Před 5 lety +4

    Natasha icabeshako ngo niwe wenyene yakoranye na Fally ipupa East Africa ??? Haha mbona anasahau Alikiba

    • @soniaingabire3134
      @soniaingabire3134 Před 5 lety

      Mertus Nshimirumana hahahaha numiwe araja Google yirabire

    • @gloriamugisha4114
      @gloriamugisha4114 Před 5 lety

      Maaaaamaa natach aragway hoh iyatabesh ,nakare nah vyar kub arivyo sivyo kwirata

  • @clarettakamaro2996
    @clarettakamaro2996 Před 5 lety +1

    Hhhhhh rofa sana natacha wibonamwo iki! Ubwo buhera bwabataliyano buragusuka

  • @kinggigga9063
    @kinggigga9063 Před 4 lety

    Mimi kama King Gigga kazi za nyumbani nina zipenda sana ila ambiyeni wa star wetu wafanye kazi wa ache ma bifu

  • @danielmugisha-Europe-diaspora

    Natasha, arishima cane kandi si vyiza.

  • @jeannemariellagafurakeza1032

    Vraiment Natacha yarikureka ,hama ngo ufise gut ? ego yaragize ama effort kugira ahashiike ariko Imana iyo itabishaka ntiyarikubigerako,sivyiza na gato,burya Sat b ww ko atanse ?? ewe Mana weee

  • @ndikumasabodiegovevo9091
    @ndikumasabodiegovevo9091 Před 5 lety +5

    DJ Paulin ntajabikiw kuko yateguy ikintu niw abazi ingen yapanz akazi kumurirmvyi uwariw wese kuko ntanzu yubakwa muyindi

  • @nduwimanabetty7259
    @nduwimanabetty7259 Před 5 lety +1

    Ufise gut😅😅

  • @estellanshimi8193
    @estellanshimi8193 Před 5 lety +2

    W la frommage wubaye unucurizii be.itomate

  • @jo_peripateticien
    @jo_peripateticien Před 5 lety +1

    afise ama air pods 🤣

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 5 lety +2

    #ufise gute 😂

  • @christiannsengiyumva6253
    @christiannsengiyumva6253 Před 5 lety +1

    abaririmvyi bacu ni danger ,bapfuye mukanwa ama intervieuw yabo arashisha uca ucika intege ubumvirije .jewe nk umurundi gushika ubu nikundira indirimbo za kera gushika kuri kidumu naho nawenyene atanga ama intervieuw ateye ubwoba ariko afise indirimbo zirimwo ikinyabufura mugabo abasigaye bose :farias,lolilo n abasigaye ntakintu.

  • @christiannsengiyumva6253
    @christiannsengiyumva6253 Před 5 lety +1

    imbere yo guteza umuziki w uburundi ubanza kugira imico y ikirundi ,wewe uririmba indirimbo ikirundi mugabo nta mico y ikirundi ufise jewe sinibazako wavutse kubavyeyi b abarundi kubera ufise imico n ingeso z aba congo.

  • @bizimanamike2885
    @bizimanamike2885 Před 5 lety +2

    Bigap dj bandany utuzanir abaririvy nkab barenz can can nka umiririvy wac sat b ararenz

  • @jeannetteuwimana7124
    @jeannetteuwimana7124 Před 5 lety +2

    Urashoboy sha mugabo w ijunja nijambo

  • @user-hm1id1wu5f
    @user-hm1id1wu5f Před 3 měsíci

    ❤❤❤😂😂

  • @LG-xh1hm
    @LG-xh1hm Před 5 lety +2

    Swali 1majibu 1000 nani mtangazaji

  • @user2379
    @user2379 Před 5 lety +2

    Arikonimba mwananiranywe sinzimpamvu murakaranira ,

  • @binallymayassa4429
    @binallymayassa4429 Před 5 lety +2

    Natacha unatisha sana star wangu
    Papadieu a.k.a papà Euro 😍

  • @anastasenahayo9853
    @anastasenahayo9853 Před 4 lety

    Natacha gabanya ubwishime sh

  • @alaingahungu316
    @alaingahungu316 Před 5 lety +2

    Natacha arrête de péter plus haut que ton cul...quoi?? Tout buja sait que tu paies pour que tes chansons passent à la radio! Pffff

  • @ersietuyikeze5776
    @ersietuyikeze5776 Před 5 lety +2

    Mpuuuuy arasara ntakwinj mumutw ic kinjuj ariyimba'giy iy yamvuy umupf ntiyinukir ww ubon ungan nka sheebby ntimwos DJ poullin ngum kumuhet unz uramvunguk ukor nez urekan nic kinjuj

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 Před 5 lety +1

    ubu diamond yomuromka aya majambo nayo yovuga akubwiye ko Azakuza na staff yose woyarih

  • @issacyrillehabonimana640

    Mbe ikirundi co uzogiha agaciro ryari ko akiwawe ukarondera aho katari

  • @blandinedubai1133
    @blandinedubai1133 Před 5 lety +3

    😂😂😂😂 for vrement sheebah hamwe yotangura kuririmba ahejeje je rentre n ukuri kuko buja vrement ntabaririvyi dufise nimi chepuko tu

  • @arakazayann5766
    @arakazayann5766 Před 5 lety +1

    Big up natacha!!

  • @dj-reissitolkira2343
    @dj-reissitolkira2343 Před 5 lety +2

    Natacha wew tulia abarundi muz kuiyita ibihangang ku mazina gusa me ntaho uragera; ntanico urakora gihambaye, uraza gutegeka kur show itariyaw atar wew wayiteguye? Sha Paul ndamwemeye yagukuyemw amanyama yaw ararenze

  • @alaingahungu316
    @alaingahungu316 Před 5 lety +1

    Quand t'as pas de talent...tu paies pour pouvoir chanter chou

  • @lazzrchanal1935
    @lazzrchanal1935 Před 5 lety +3

    Natacha afise amakosa ni wiwacu ariko akoze nabi kuko ico ntaco bitwaye kuko igitaramo uwagiteguriwe ni Sheebah hanyuma nawe numu invitée hubwo niyimere yakire umushitse bakorane umuziki nkuko bawikoranye ubwo ataruko azomubonamwo ubwanko ni shari kandi kunda kuja iwabo nawe haraho bazobimugirira bikamubabaza

  • @jeannetteuwimana7124
    @jeannetteuwimana7124 Před 5 lety +1

    Mubabarire niveau yiw niho igera,uwo mugore non avuga uruh rurimi arareka ikirundi basi aze aravuga français nayo twumv

  • @faustineimanigaba9391
    @faustineimanigaba9391 Před 5 lety +1

    natacha ,u're foolish one we nukwishima gusa shame of urself ,ntuzi no kuririmba vrema we naj ndagusumvya ushaka kwigira igihangange kubera cach?za wemera kd usonera abagukuriye bakanagusumvya kko ww umuziki ntanuwo uzapfa umeny ,nock u down !usiwe unajifaa unafaa kuliko wengine aho uri harabandi girl kd ikibwirwa nicumva icerekwa nikibona,nta ntango itagira iherezo menya kwanza ikirundi wa murega we,sporks ndakwemera ko wamwumvirij uhita urisekera hama urasohoka ico kirofa kimenyeko umuntu ko atakubwirira mu mvugo gusa ninseko hamw na look iraguha icirwa muga ndamutahuy ntanubwo yiyizi kko ntiyokwigira inzu yamabuy ck yibagire nka passer yiw stupid girl yigumura nkande ?sat -b aramusumvya? uzi iki?big up paulin,u did well i can't blame u

  • @dj-reissitolkira2343
    @dj-reissitolkira2343 Před 5 lety +1

    Iy bitch nubwishim buyinanira gus mb kumenga wa hahamuts kub bagukuyemw? Noma sana

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 Před 5 lety +2

    yoo turababaye

  • @chadiantabwobasaumutesi4409

    Uruwo kurata imisatsi gusa

  • @andikimanasebadonavine9490

    Turasubiramwo aba me yeah amakuru ba media plz kora imyimenyerezo nmyinshi kk ntabuhinga mufite bwokubaza ibibaz kabisa

  • @lyzagasogoumuhoza2756
    @lyzagasogoumuhoza2756 Před 5 lety +1

    Yeah kukugira muto uri.mukuru.ntibikunda.natacha....

    • @ernestmbonyumugenzi1119
      @ernestmbonyumugenzi1119 Před 5 lety +1

      Natacha ndamushimiye cane. Kk Natacha ageze kurwego rukomeye ntakwiye gufatwa uko arikokose kk muri East Africa ari muba star batanu bambere.

    • @pamelaivette3462
      @pamelaivette3462 Před 5 lety +1

      Lyza Gasogo Umuhoza nantasha wooyoo

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 Před 5 lety +1

    paulin your are stupid