#KuKivi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 2. 08. 2024
  • #Burundi Kurikirana ikiganiro Ku Kivi. Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye arahimiriza abarundi kwijukira uburimyi buhanahana n'ubworozi.

Komentáře • 5

  • @adijaniyonsaba5061
    @adijaniyonsaba5061 Před rokem

    Uravuga ntuvura.

  • @haramurimanapeter5302

    Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @eliphazcongera8929
    @eliphazcongera8929 Před rokem +1

    Wavuga kandi uri umutware pe mugabo abo mufadikanije wapi kweri ni basesa nkuyoze

  • @ndikumanajeanpaul3045
    @ndikumanajeanpaul3045 Před rokem +1

    Mubisanzwe mumbabarire none kuki tuziko ikawa ipampa icayi arivyo vyashobora kuba vyozana amafaranga yagaciro biri kurugore rungana gute? Bifise ikibanza ukih muburumy?ndacari muto muga muvyo nize nivyo nzi neza bifise amateka akomey vyozamura ubutunzi bwigihugu ikawa yoyo Aho mvuka sikirenga nukuri

    • @godeliveniyongabo2987
      @godeliveniyongabo2987 Před rokem

      Nanje nivyo nakuze mbona iwacu abagoronome , baca kumabuye baza kuraba ko ikawa bayitutuye mumihana ! Ipampa n'ikawa nivyo vyari bitunze uBurundi . None ubu nsinzi ivyo bibereyemwo !