Ibikurubikuru vyavuye mw'ihuriro ry'abavukantara ya Burunga ryo kwigira hamwe ivyoyiteza imbere
Vložit
- čas přidán 9. 06. 2024
- Burundi Imvukira z'intara nshasha ya Burunga barahuye ku ncuro ya kabiri kugirango barabire hamwe ivyotuma iyo ntara itera imbere igashobora guhiganwa n'izindi ntara. Muri iryo huriro bise Burunga Connect basize imbere igisata c'inyubako, igisata c'amagara y'abantu, ic'indero n'inyigisho, igisata c'uburimyi n'ubworozi, ic'amahinguriro, imigenderanire, mukerarugendo, imico n'imigenzo n'ibindi. Kurikirana ibice bikuru bikuru vyaranze iryo huriro.
Honorable Ndikuriyo,kw Isuku,mwibagiye mubiraba Ingenzi itegeko ribuza Abarundi bohasi gusega amahera Ingenzi"abazungu n abandi mu Mabarabara"
N abapolisi basaba Ingenzi birica Tourisme mubindi.
Hari Umuntu twahuye turi mu bantu,ambwira ko Abarundi bakunda gusaba agacupa"gucorera" umuzungu bahuye ...Narabuze aho nyikira🤦🏽♂️
Ndabasavye mubishire mu Mategeko ahana atyoza uBurundi
Nivyaba bibujije ko Abarundi barya Inyama y Imbwa,nibongereko Itegeko rihana Umurundi asega Umunyamahanga abonye batazinanye!kubutaka bw uBurundi.
Bapfume bareka uwusaba Umurundi, ariko gusaba Umunyamahanga bibe Itegeko rihana.
Kwiyemera muvuga biri no mu Ngeso nziza y Umurundi. Umurundi ntakwiye gusega abanyamahanga bahita atazi.
Naho muvyanka Mabanda niyo capital ya Burunga tuzohangana kugeza Mabanda ibaye Capital Commercial
nice song brother❤ 1:49
☆ Tuvuga vyinshi tugakora bike☆ Nta bishasha tubazigako. Ni muheze manda yanyu mwisoze. Twarabonye ikena ryibitoro, kutagira ubutungane, kubura isukari , amabarabara mabi iduzwa ryibidandazwa ntaciza tubitezeko.
Abarundi mugwiza amajambo atabikogwa iyo ningorane muzokwama mufise gushika ryari
Blabla tuu turabamenyereye
Huuuu
Ibyo bitama byarahaze muzatuvire mugihugu nakinu gishasha mbona nimuzi gutwara igihugu birimo kubananira imyaka 20 na stadium yarabananiye kubaka muzahave Kare kubera abarundi turabafitiy umujinya navyo muzi mutange ababishobora muveho Kare imvura nirabatwara
Burundi will never develop as long as Burundians do not adopt a coherent identity including in the linguistic field. Burundians cannot speak Kirundi. Burundians have adopted a taste for French which is not bad except that it has created difficulties for Kirundi and now, we have associations in a mainly Kirundi and French speaking country being set up in English, like Burunga Connect in this case. And as we do all of that, we are not really good in English, French or even our own Kirundi. We are too disorderly to be able to develop. Please stop this bad habit of overusing English. We are not an Anglophone society by any stretch of imagination.
Ni vyiza cane ko Leta yo fata mu mu gongo intara zose zikeneye kw'iteza imbere! Ni gute mwese mwibagira ko Intara ya kigoma ari u Burundi!? La nouvelle génération burundaise dukeneye kumenya igituma, tanzania ya dutwaye intara ya Kigoma yose kandi hitwa i Burundi!? Enquêtes na za recherches ni zi korwe, maze twese abarundi tumenye igituma, uburundi bwatanze iyo ntara ya Kigoma yose kuri Tanzania canke intara y'ubuvira muri Congo!? Mwese murazi ko abami bacu, nta bwo bari bazi aho u Burundi bwagarukira!? Ni yo Tanganyika, nti twa tegerezwa kuisangira yose na Congo, vyatewe na esclavage na colonisation!? Ni gute ico kibazo c'iyo ntara ya kigoma, kitavurwa!?