Dore uburyo 5 wifatamo akaba ariwowe akunda gusa
Vložit
- čas přidán 18. 11. 2020
- Wifuzako umukobwa ukunda ari wowe yiheberera gusa?Reba ibintu 5 bigusaba gukora kugira inzozi zawe zigerweho.Like,share na subscribe kugira ubone videos nyinci nkizi.Murakoze
- Jak na to + styl
Natasha uri umuhanga kbsa,ibyo uvuga byose bigaragara ku ncuti yanjye pee
Urakoze🤗🤗🤗
Nukuri Natasha ino mu Burundi turakwumva cane knd inyigisho uduha ziratuntura knd ziranyigisha cane. Kugirang nizere vyukuri ko umukobwa turikumw atazompemukir,nokor ik ga mwigish w'urukundo?
Njye ikibaz mft.amaranga mutima yanjy Ajya angora gucontrora❤
Mwaramutse sister Natacha ndakunda ibiganiro udushikiriz
Naw turabakunda cane turabemera pe!
Thank you Natasha, komereza aho turagukunda.
Thank u natasha jya ukomeza uduhe ibibazo byinshi twabaza abakunzi bacukugirango dukomeze kubamenya bihagije
Natasha wirambire kbs inyigish zaw ziradufash kand zafashij bensh ndakunda ibiganir vyaw ndi burundi
Urigisha neza vraiment👏👏👏Ndiho agukomez my sister
Rwubake rwubake👍
Jules ndi muri uganda ,narindi gutereta umukobwa yambwiyengo ntago arankunda ariko aracyari gukunda kumvugisha buri kanya cyane
Thank you somach
Natwe turagukund cane muburundi Natasha ese ivyo bintu uvuga vyose ko arukuri ubikurah
Natasha nkunda inama zawe cyane kbx uri umuhanga pe! Ndagukunda urakoze cyane umaze kumpindura pe.
Iyo amaze akubwiy ikintu kitari Respectful wabyifataho ute,Ese waca umuheba
asante!!!
Natasha urumuhangape njyewe shaka uzashakire umugabo sibyo natasha
Urakoze cyane Natasha ,njyewe akabazo ni mugihe ugenze gake ugirango urebeko nawe bimurimo , ntabashe kugaragaza rwaruhare ubwo bigenda bit
Wiriwe Patrick, ubusanzwe nyuma 2weeks utamuvugisha ukabona adakoma nuko biba bitakurimo.
@@natashakiza3488 cyakoze kbsa uko Niko kuri
Iy vidéo iranyigishij mrc
Ndemeye mpe
Nanje nukokweri ndabura amajambo tuyage numukunziwanje muga ntiturikumwe arikure yanje nomuyagisha gute kugira inyiyu nvemwocane?
Thank u. Niba ufite group whatsap wazaduhaye link
Natasha pleas zurabitwandikira
Je nkundany numukobwo muga turiko tuganira ntiyemera ko ndamukorak none nokoriki?
👌👌👌💞
Ndakwishimiye kubwinyigisho zanyu
Hi ibiganiro byawe ndabikunda bituma twiyubakira urukundo kdi tikarwubakira kumurunga ikomeye bigira um I'm saruro mwiza,nakubajije umubavu abakobwa bakunda kubahungu none nturansubiza
Yego
Imana iguhe umugisha kbx inamazawenizanyazo
Urakoze Manu🙏
Ibibazo wamubaza mugihura kwishuri
Muzaduhe izindi videos zivuga kubibazo umuntu yamubaza kugira mumenye cyane birenze. merci
Nzabikora Urakoze.
Courage Natasha. Hano turagukunda cyane
Ndabakundakunda cyane nanjye
@@natashakiza3488 Imana ibakomeze muri byose
Merci beaucoup en tous cas biramfashije cane
Nishimiye cyane kumva ko bigufashije🙏
Natasha ivyo bintu musanzw mubikura h?
Ndi iburundi.ndabakunda
Thank you very much
My pleasure 🤗
zuravyandika ivyo womubaza nn ?
Murakoze cane
🤗🤗🤗
Izi nyigisho nsanze narindazikeneye surtout en ce qui concerne le comportement à adopter aucour de l'entretien avec sa bien-aimée.Merci infiniment.
Niseka musa nkundainyigishozawe zintramorare mporangukurikiye burigihe ndimuramerika mu,state yamichigan
Urakoze kuba ukurikirana videos zanjye Musa🙏
Bit, Muraho?Ham nigute nokwigarurira uwahoze ari queen Wanjye? Nimba iyi message wayibonye Ikirenze nkeneye numero yawe ya Whats App Nkwibarize iberenze inbox Ikindi I'm so thank you kusimo utanga
Natashe pfite ikibazo iro umaranye numukobwa umubwirako umukunda ntagusubize cyagwa aguhakanire kd ukeneye igisubizo bitewe nigihe mumaranye
KO witwararik abagukurikira uri munzir nziz nryabukire kuk nivyiz
Harumukobwa kunda cn ntubana Ark nabuze uburyo mubgira nuko mutangira wampa séminaire waba ukoze cn
ndakunda ibiganiro vyawe udushikiriza!!
nasha ndakubaze ese nigute watangura kuvugisha umukobwa muhuye ubwambere utaruzi kandi nawe atakuzi mugakora urukundo?
Niki kintu nakorera umukunzi wang e mugihe tutaba hawe kugirango akomeze kunkunda
Ndaheza ngaserura icipfuzo mbafise ku Mutima nkamwerek urukundo ndamushakako.Nn nkubaze kandi,nn koshobor kumukorer ivyo vyose uwo mukobwa ashaka, mugabo ugasang arahemukiye uwo yamaha vyose knd yamubwirak amukund cn,murico gihe nokor Iki?Nukuri jew urukundo nararukomerekeyemwo.Ndashak kuyag namwe mubinkundiye.
NDASHAKAKO
WAZA NKORERA VIDEO YUWO MWAKUNDANYE AGASHAKA ARIKO BIMUTUNGUYE KANDI AGAHORA ANAKUVUGISHA NIKI UMUNTUYAKORA
1YARASHATSE
2ARASHAKAKO MUHURA
3WAKORA IKI?? NATASHA???
Mfite umukobwa dukundana ariko mbona yaranshijemo ijisho pe.. ati Kuberaki? Tugitangira gukundana yajyaga ampamagara iyo nabaga natinze kumuhamagara..ariko ubu ntamuhamagaye ntashobora kumpamagara, ntamwandikiye message ntashobora kuyinyandikira kdi ikibabaje muhamagara buri munsi kandi namugitondo mwandikira messages.. ubu nzakore iki? Kandi mba numva mukunze cyane.. iyo tuvugana uba bumva wagirango afite ubute ukuntu.. Natasha mbwira technique ngomba gukoresha cg ntabwo ankunda.
Hello mamba, sorry kumva ko arimo guhinduka.wareba izi videos zagufasha
czcams.com/video/wdqpkHBUrOg/video.html
czcams.com/video/gof3xsGuH9M/video.html
czcams.com/video/m3iHXAiyWUo/video.html
@@natashakiza3488 thanks a lot 😊 🙏
Anytime 🙏🙏🙏🙏
Uravuzengo ntakakubwire buricyimwe cyose agushakaho ngo ucyemere, narimfite umukobwa nkunda cyane byukuri hanyuma yifuzaga ko icyo abwiye cyose nyemera, igihecyimwe narikarumye ndabyanga maze ahita abwirango ibyacu biragire? None nabuze icyonkora kbs mugire Inama pe?
Nukuri ndabakunda cne kuko ivyo utubwira bimwe bimwe nivyo
Nonex Nik nako kugirango
Uwi nakunze, akomeze ankunde
Kiza i love you so much
Be respected
Thanks 😊
@@natashakiza3488 i never give up for this, i'm from burundi.Félix👍
Felix glad to hear 🤗🤗🤗🙏🤗
@@natashakiza3488 please, how can i find you?
You make happy.
Ndashak mumpe inyishu ndashak kotuyag nkubaze nibindi Tuvugan Turi babiri gusa mubikund murambwira.
Ikiganiro cyiza kbs imana ikomeze kukwagurira ubwenge
Ndagushiye cyane.🙏
Kugirango nerekeko umukobwa ndamukund,nibihe bintu nokor kugirang ambonek nduwiwe knd ntazomuhemukir?Natasha nukuri naripfuje ko twoyag mugab simbon ukuntu twoyag kuko ivyo utwigisha vyarantuze nimba bikunda urambwira basi nguhe E-mail yanje kugirango bikundek ngutora nez.
Wanyandikira kizanatcy18@gmail.com twayaga ntakibazo
@@natashakiza3488 ngirang nguhe E-mail yanje kugirango bikundek ngutora uzonyandikirek ubwa Mbere jew vyaraseko ngutora ngo ntibaho.Ni nshimirimanacharles8@gmail.com Aho ngirang utanguy kunyandikir bizoc Bikund wobukoze Nukuri.
Usigaye utwihisha arko, garuka ujye utwiyereka
Haaa Patrick ndaje camera yanje yagize akabazo next week bizatungana🤗🤗
gusa ndagukunda kandi nuwo mushinga ntahe yarakoze kutubariza gusa uranyubaka niba nabandi babibona sinzi gewe uranyubakira
Njye ndihebye ubwo yamaze kunyuzamo ijisho kuko mwandikira bruruko mbyutse
Nukubihindura koresha izo nama ntanze zose Bizagenda neza.ntiwihebe courage
@@natashakiza3488 Asaante nonese natasha gusohokana nabandi bakobwa cyane ubona ko bababakwishimiye birimubituma umu bestfriend wawe agira ishyari agatangira kugukunda??
Jew KU bwanje ico nkora kugirang umukobwa ankunde Cnk ndamutahan 100%,ndamwitaho nkamwerekak turikumw ataco azobur,nka Muba haf muri vyose nahose,murivyo ico nkoresh ndamubaza ibibaz kugirang numve Aho ahagaze mu nyuma ngaheza ngaserura icipfuzo
Wowww arahiriwe cane uwo ukunda🤗
@@natashakiza3488 "ahiriwe gute kombona nkunda nkabandi?Nukuri inyigisho umpa jewe ziranyubaka cn.
Kiza ivyuvuze vyose nivyukuri.nashaka kubaza mbega mugihe mwayaze nk'umukunzi wawe ugasanga wewe wamubwiye ivyawe vyose woca ubigenza gute? kugira umumenye nawe?
Hy
Jewe nfise uwo ndiko ntereta yambwiyeko afise uwundi bakundana ngontashobora kumuheba nokoriki kugira akunde jewe Kuko ndamukuna sana
wewe uvug vyiza
Urakoze cane Pascal
Yego
wewe uvug vyiza