Woshobora kwemerera umukunzi wawe kugira umugenzi wa sex opposé?/We wobigenza gute?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 09. 2024
  • #girlfriends #burundi #relationship

Komentáře • 46

  • @user-ik9mr6vy1z
    @user-ik9mr6vy1z Před 25 dny +12

    Abantu mubona ko hosy yabaye umusirimu murihe raba impeta zitatu😂😂😂😂hahiye kwa hosy gus very nice kumutwe❤

  • @Emma-zi9mw
    @Emma-zi9mw Před 25 dny +3

    Gretta tu es trs intelligente 👊

  • @graceniyonagize260
    @graceniyonagize260 Před 25 dny +2

    Kuki mutatumiye 😂😂😂numva novuga en jrs muzokore biri live kur instagrame

  • @AFox-mi8xx
    @AFox-mi8xx Před 25 dny +2

    Kubwanje umukobwa wumugenzi wanj ntivyumvikana ingene yosaba services umugabo wanj atabanj kubincishako.Iyo akunda kumusaba udu service atanciyeko Aba Afise iyindi ntumbero bikunz nkabimenya nomwihaniza p

  • @c257-abc
    @c257-abc Před 25 dny

    Débat y'uyu musi yari iryoshe cane wamengo mwoguma muvuga, entre temps merci kumvugira ibintu en tout cas ndaruhutse ku mutima, courage team girlfriend😘💓

  • @user.6793
    @user.6793 Před 25 dny

    Bivuge basha 😂😂😂the therapist kabisa hmmmn twarabahinyuye sha abo bagenzi bameze uko, 😊😊😊ikiganiro cari ciza

  • @nsc4102
    @nsc4102 Před 17 dny

    Murambaza jew 😂Abagnzi barabakra sha!!!Nasanz bama bicarany da

  • @Twese.01
    @Twese.01 Před 22 dny

    Iyo wifitiye self confidence bituma udahagarika umutima ngo uwo mukundana araguca inyuma. I swear you,iyo ugira contrôle nini kumugabo/ umugore wawe à part ko bigabanura urukundo binatuma no kwiyumvira kuguca inyuma canke kuja muyindi relationship avyiyumvira.Ni abantu bangahe bamaze gutwarana abagabo/abagore kandi bari bahora ari abagenzi bari close? NTAMAMAKURU MUFISE😅

  • @ndayegamiyeblaise5242
    @ndayegamiyeblaise5242 Před 24 dny +3

    Hosy débat iramugora cane kabisa, nta écoute, elle s'énerve bcp , next time uriga kuryosha debate

  • @Twese.01
    @Twese.01 Před 22 dny

    I think iyo hari umugenzi (best friend) w'umwe muri couple il faut yuko aba umugenzi wa mwese sinon it's very hard ko ubwo bugenzi bitoshika ngo busenyure urugo rwanyu. Le feu attire le feu. Il suffit yuko occasion iboneka ivy'ubugenzi birahinduka sha.Biragoye kumenya uwundi muntu 100%

  • @Twese.01
    @Twese.01 Před 22 dny

    Ivyo vyaba best friend( besto) iyo mwubatse uzi yuko bishobora kuvyura jalousie. Kandi iyo mugira debat , please il faut éviter gufata cas isolé ngo mugire généralisation.

  • @pamellansengiyumva
    @pamellansengiyumva Před 25 dny +1

    Umva nta vyaba besto ngaho wubatse umu besto waw n’umu partner wawe ,abandi n’abagenzi bisanzwe

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl Před 25 dny

    Mwakoze cane ikiganiro kiryoshe iyi Débat kwel niyagahebuza,muraberewe Gretta wavyibushe cane uraberewe.hama jewe ivyo mbona umuntu nuwundi barimurukundo ntakumenyerana nikubahiriza ivyabandi hama ubugenzi bukabandanya atabindi muhuriyeko.

  • @josianendayizeye2707
    @josianendayizeye2707 Před 25 dny +3

    Jewe kubwanje ntavyo nokwemera ko baba abagenzi pe ndanabishoboye ntamukobwa numwe tuzinanye yonamubona kuko abonita abagenzi barampemukiye bikwiye nari mfise une amie namufata nkumu soeur wanje Kuburyo n'a msg umu type ampaye narayimuha agaca amvuga nabi kwawamu type Hama le type akama Ambaza ko la fille arumugenzi nanje nkawishura NTI elle n,est plus amie c'est.ma sœur kumbe ndiko ndacomfirma bimwe amvuga.agaca agaruka iwanje akabwira ko le type tudakwiranye ko kumukunda bisunzuguza kumbe ariko aramu connecta kuri petite sœur wiwe.umunsi wose nzomuronka nzomunyegeza pe

  • @umutesimireille4983
    @umutesimireille4983 Před 24 dny +1

    Hosy bite
    Uwo mudame wofasha ukaduhuza stp .Merci

  • @drjunior234
    @drjunior234 Před 25 dny +1

    Ninde wundi aje muri commentaire kubera impuzu ya Hozy??

  • @Twese.01
    @Twese.01 Před 22 dny

    Let me tell you something. Umuntu ari complexe basha kandi hariho 4 choses mutegerezwa kumenya ku muntu. Donc, hariho:
    1)IVYO WIYIZIKO N'ABANDI BAKUZIKO.
    2)IVYO WIYIZIKO ATAWUNDI MUNTU AKUZIKO.
    3) IVYO ABANDI BAKUZIKO ARIKO WEWE UTIYIZIKO.
    4) IVYO UTIYIZIKO N'ABANDI BATAKUZIKO...." bizi Imana gusa".
    So, ivyo iyo umuntu abimenye bituma areka kugirira confiance umuntu n'umwe 100% even umugabo/ umugore babana munzu kuko umuntu ni mugari/ munini.

  • @ntunganeangebriella9493
    @ntunganeangebriella9493 Před 24 dny +1

    We need to hear a guy’s POV too

  • @ndayegamiyeclaude1383
    @ndayegamiyeclaude1383 Před 19 dny

    Gretta yabayee mwiza caane shn

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n Před 22 dny

    Ariko Gretta ur mwiza goseeeee❤️❤️❤️

  • @christella5092
    @christella5092 Před 24 dny +1

    Noneko harimwo icongereza cinshi??😢

  • @user-wd3jt1ce3c
    @user-wd3jt1ce3c Před 25 dny +1

    Iyo débat yarikenewe

  • @user-zw2sm2ee9f
    @user-zw2sm2ee9f Před 22 dny

    Gretta tu es très intelligente ❤

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 Před 23 dny

    Nka jew bff umugabo we ni cousin 😅😅 none wumva gut ?

  • @festinamugeniwayesu6874

    Ntibibahooo,ni nooo munzira zose

  • @mireillemizero2149
    @mireillemizero2149 Před 25 dny

    Ikiganiro ciza ariko zamugerageza kwandika titre mumajambo yose mu kirundi

  • @BakunzeCynthia
    @BakunzeCynthia Před 25 dny

    😂nadi uranyish ngo agaharadabu😅

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl

    Twigishe shaaa tutazohendwa

  • @user-cn9fh9sp7c
    @user-cn9fh9sp7c Před 21 dnem

    Ibibintu muvuzeko nibensh babipfa mungo

  • @rosmineakimana5455
    @rosmineakimana5455 Před 23 dny

    Hosyy uracarumwana kwriii...never ever trust a people as u re showing nd telling...kuko uzob tropp deçu...ubuzim niburebure buri imbereee just watch...
    Ham ikindiii abagnzii twese turabafise kndii turabizera kuko ntawogir umugnzi atizera...M mii dear...set boundariesss...bizotum nabgnzi baw bakubaha batareng aho bidategerezw...mug niwabarekuriraa vyose ngo faites coe chz vous elles oseront au delà de ce que tu n imaginE mm pas coe tu l dis...
    So be clever mii dearr just open ur eyesss nd watch cleverr.Ikibi ntikiva kure kiba kiri hagufi hampand yaw...so open yr eyeesss

  • @dianeinamwiza
    @dianeinamwiza Před 20 dny

    Besto wawe uri umugore ni ton mari,besto wawe uri umugabo nita femme,bitabaye uko haba hari ikibazo.Iyo umugabo n,umugore atari abagenzi en plus yo kuba femme et mari,le mariage ne reussit pas.Uyo mu besto umukenereye iki hari umuntu muhira yategerezwa kuba ton ami

  • @NiyonzimaRosine-nd5zt
    @NiyonzimaRosine-nd5zt Před 25 dny

    Gretta& Hosy,I love you❤

  • @chadiaManirakiza
    @chadiaManirakiza Před 25 dny

    Ivyobintu vyatugejeje habi kabisa mumvugiy ibintu

  • @jean-lucnikoyagize5910

    Ya pas d'amitié homme femme shaaaaa

  • @AFox-mi8xx
    @AFox-mi8xx Před 25 dny

    Hosy ndakunda ibiganiro vya Siren vibes.Ndashaka no kuvugana nawe inbox.uzoduhe aka watsap

  • @user-ny1fv9ne3x
    @user-ny1fv9ne3x Před 25 dny

    ❤❤❤❤

  • @VianneyButoyi-ug5ki
    @VianneyButoyi-ug5ki Před 25 dny

    Hosy tambikiza gato nireber ikinu 😢

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx Před 25 dny

    ❤❤❤❤❤❤

  • @twinsmom-td7gb
    @twinsmom-td7gb Před 25 dny

    Merci Les @dames❤

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 Před 25 dny

    Reka ivyo vya anglais vyamafuti. Vuga ikirundi, uriko ubwira abarundi

  • @pamellansengiyumva
    @pamellansengiyumva Před 25 dny

    Umva nta vyaba besto ngaho wubatse umu besto waw n’umu partner wawe ,abandi n’abagenzi bisanzwe

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl

    Twigishe shaaa tutazohendwa