Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Abakunz ba solution couple nyimbubakunda nkanje umunt azawes muribwabumwe like zanyu munsigir ngah rekantoragateb Kwa dico nteramengah🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nduwa1mukubakunda ww ugira2😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Nduwa3🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@@mariamsakora2818😂😂😂😂😂 IMANA irakubona ma chr
Harukuntu nkunda iyi couple ❤❤ Imana ibakomeze mugume mutwubakira imitima ❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Solution couple hejuru 💐💐 uwubakunda nkanj atotarwa nokuraba ikiganiro ahariho hose kibereye tumenyane ❤❤❤ ok vous aime ❤❤❤❤👊👊👊
Yooooo reka ntore agatebe nicare kwari solution couple aho dico utanguy kuza neza ibiganiro vyabo sinorek kubiraba ❤
Ikiganiro ca solution couple nticoncika kuko kirinda gihera amenyo ari hejuru 😁😘
Aba bantu bazokiza imitima ya benshi vrt🙏 They are solution🤞💖💖💖
Ikiganiro ça solution couple sinokurebgana ntakiravye kuko baranyuzuza cane ndabakunda cane Fanny na nono💞💞💞
Imana ikomeze ibashyigikire mubyo mukora byose kandi urugo rwanyu ruhore rushimwa n'Imana
Fafa na nono ndab❤❤ ark uwashoboy kubazan naw kugr munteramishe namw❤❤❤ poa🎉🎉🎉🎉
Ugwo rugo gwaba bantu ruraryoshe pe, Uhoraho akomeze kubana nabo,barakunditse🥰
Jew ndababonye menyako ico Imana yasezeranye naho coteba gut gishika,,ndabakunda cn bantu muzonyerere nzekubaramuts
Norasque yazanye inzobe asigaye asa na Madame wiwe❤❤❤
Imana izahorane namwe ncuti zumusaraba nd❤❤❤❤ ukomwifata courage akir🎉🎉🎉🎉
Je vous aime trop mes chers❤❤
Ubundi ni Mwebwe banje ababakunda kanje tumenyane🎉🎉
Solution couple hejuru cane✌️🎉🎉🎉 ubundi ni mwebwe banje❤️❤️❤️❤️❤️
Ndabakunda caaane walahi Umukama abarinde ibihe vyose
Ndabakunda caane ❤❤❤❤❤❤❤❤. Uwubanka abandureko.Uwubatuka muzomwihoze kuko mukijijwe.Imana ibahezagire
Imana ibahezagire solution couple muratwigisha cane
mungu ababariki mu bakiyane na huyo upendo wenu na wapenda sana na gisi mu napenda mungu🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
Basi nanj ndimur❤ na solution couple thank you dico wew turakwemer uzana ibintu bizima pee
nono na fanny❤
Urumusazi Fanny 😂😂😂ngo I'm nzira yabose 😂😂urakaba nzira yabose yazamuye beshi bashoboka Big up sana my sister Lavine ❤❤❤🎉🎉🎉
Solution couple ndabaknda sibanga nukuriiii muruhura imitoma yabeshiii ❤❤
Ntaco wokora ngo unezereze abisi icukora urabasabira kw'Imana Hama ndabakunda mumabara yose abaho mwicecekere bakunzi beza Imbere niheza
Yoooo Fanny iyukaheba gukina film twobipfuy kwer.ham nyn' ndabakunda
❤❤❤ abantu banjewe ndabakunda vyimvamutima❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Mbavu zangu weeeeeeeeeeeeeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Ewe Fanny, izina niryo muntu, you are very funny 😘😘😘😘😘😘Tora amashurwe yanyu family Kezimana🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻Love you from Maman Tessy ❤
Ndabakunda mwirambire❤❤
Imana Ibatuzigamire caaaaane ibihe vyose.
Nn nkubu umuntu yoguma avuga ngo ndabakunda❤nukuri jew sinzosubira kubibabwira😅😅😅mwotinda mugashishwa nukuriii😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
mwibereho mutababay❤❤❤❤❤
kkkkkkkkk mbegumuryango disii we❤️❤️ndabishimir beza,ndiho azabatuzigamire❤❤
love from B10 classic
Solution couple hejuru caane🎉🎉urugo rwiza=ijuru rito
Fanny niwe watumye nkunda film Ndundi pe wubahwe
Ndabakunda nimwirambir
Ngo gumumfashe be sha muranyica😂😂❤❤❤
Mukomere, ababanka babandureko, ndabakundaaaa
Muzi ukuntu mbakunda !!! Ntavyo mwokwumva nukuri muranyubaka sibanga
Hana turabakurikirana 100 kurindi kbsa
Je ndabakunda gusumba nukomuvyibaza🥰😘😘
Nzirayabose Dico ewe Fanny
Courage 🎉🎉🎉🎉à
❤❤❤❤ ndabakund can 🎉
Ndabakunda cane❤
Ndabakunda❤❤❤❤
juu xn dico ikiganir gihez ntashak🎉🎉🎉
Jewe basha nzoz kubaramuts bas ndababone live😂 je vous aime énormément
Solution couple hejuru Can
Murakunzwe muvyumve❤❤❤❤
Guma muhezagigwa bakunzi🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤
Nora uranyish nukur ng na ya nyenye uratweng ukayerekan 😂😂gusa ndabakund birenz ❤❤
Mwikundanire bantu b Imana
Muhezagirwe 🌹
Nimwirambire cut zanje 🌹🌹🌹 turabakunda
Nzobagwa inyuma ❤❤
Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦
Tubakunda bivyibushe ❤❤❤❤🎉🎉
Ahwiiiiiiiiiiiiii have mbanzendabe agatebe nicare beza bwnjye ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂
Uryutazi Nora igisupusupu😂😂
Dico vyukuri nt vies nkiz waribwaronke
Yoooooooooooooooo neza nagumye ngira commentaire ntaraheza kumvira vyose...fanny ngo ngwikiiii? Ngubu ntamvura iriko irarwa..😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅neza muranyisheeee
Ndabakunda can ❤❤❤
Solution couple ❤❤❤❤
Arko sh Fanny nikibjou🎉🎉
J mbakunda kubi❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉
Turi tayari 🔥🔥🔥🔥🔥
Courage
Vyaribiryoshe
nsa❤
Ancwiiiii❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤uwubanka abandureko
.komera😊basha cane
Iconkundir aba star mukor ibiganir muvug nez ab murikumw nez arik hahez igih emw natw turaheb tukagwar umutw kubwamajamb mub murik muvug mwahindukany Imana ibandindir irya mwemu yo kuvugan nab.
Ndabakknda caaan
dico waratubeshe waratubeshee ngo twandike ibibazo uzobatubaroze birihe dico sivyizaa
❤❤❤
Mubeho mutababay beza bac.
❤❤❤❤
Nagira ndabamenyesheko prank zanyu zinyigisha cane,kdi ziriko zimpindura munyifato,vrmt ndabakunda cane❤❤❤ kdi ndakumbuye prank😊😊
❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
Solution couple hejur yaw
Nononafanny❤❤❤😅
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Basii ndabakundaa vrm
❤❤❤❤❤❤❤
Urugo rwiza niparadizo yo hasii
Ico imana yifatanirije ntawushobora kugitandikanya nimba harabantu musigaye munyura kubiyago mutanga murabambere ndabakunda knd cn imana ibaje imbere murugo rwanyu
🎉🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Nivyiza can pe
Muzompe agapira la 3 FA 😂😂😂😂😂
❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ndabakunda too much ibiganiro vyanyu biranyubaka ariko ndipfuza umusumwe kuganira namw
Nukuriii ndabakundaaa caneee uwubankaa naweee yihanganeee jew ndakunda couplé yanyuuu peee
Ababantubazonkuramwumwukap❤❤
😂😂😂😂nawe uranyishe
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Jw na mwebwe notor mwebwe🥰 gus prank mwazihevy🙄
Ndakunda iy couple vrm yaba vyokunda mbanshaka ibiganiro vyabo burimusi

Mbavu zangu weeeeeeeeeeeeeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ewe Fanny, izina niryo muntu, you are very funny 😘😘😘😘😘😘
Tora amashurwe yanyu family Kezimana🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻🌻
Love you from Maman Tessy ❤