B-FACE : BIGFIZZO niwe INSPIRATION Yacu TWESE KIRIKOU yaramuburiye INDERO..||NTANDERO UGIRA bisigura

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 24. 04. 2023
  • ‪@bfaceofficial‬ #bface ‪@bigfizzoofficial‬ #bigfizzo ‪@kirikoua-kili4591‬ #kirikouakili ‪@LandryPromoter‬ #landrypromoter #burundi #rwanda ‪@hittoptv‬ #hittoptv1
  • Zábava

Komentáře • 118

  • @hittoptv
    @hittoptv  Před rokem +17

    NTANDERO UGIRA by B-FACE 👉👉czcams.com/video/RyTfIS9_9_0/video.html ikikiganiro mwacakiriye GUTE???🤣🤣🤣

  • @PatoNduwayo-pz6si
    @PatoNduwayo-pz6si Před rokem +18

    Mbaye,uwamber ,ukaba wakunze kino kiganiro mpereza like bya❤

  • @djpatruick
    @djpatruick Před rokem +14

    Kidumu, Big Fizzo, Lolilo abo nabantu bagomba kubahwa ibihe vyose mu Music Murundi bamaze gukora vyinshi cane, abandi mukiza nimukore mureke kugeraranye ibikogwa vyabo nivyanyu kbr muracari kure cane, nusohore indirimbo zibiri zakundwa mugihugu wumve k nawe wabaye igihangange kbr sinibaze ko mwoba muranasumvya Yoya, Emerry Sun, Rally Joe, Frank g80, 9Tiff, Black G nabandi benshi guhitinga mugihugu ariko uyumusi barihe so ivyo vyonyene bikwiye kubaha icigwa.

  • @SamuelNdabitezimana-hm8sm

    B face big up Zambia waraduteturuye biraryoshe kubona TV Zambia yomara amezi nayandi tubona collaboration yawe bro

  • @mutoniwasekessia5399
    @mutoniwasekessia5399 Před rokem +8

    😂😂😂 Bface hejuru yuko ari genius and telented yakora na comedie, sinasimbuka interview yiwe. He is real kandi mbona nta mutima mubi. Ndamukunda cyane nukuri😅

  • @manirambonaemeryhasta3739

    Big up ma bro B face.have more gates.ico ngukundir nuko uvugisha ukur atabwoba na bumwe bwaho uhengamiy.tworonka nka 30 stars nkaw umuzik w'uburundi woshika kure knd nabawukora bagashika kur.i like u be Blessed🇧🇮

  • @angeakimana7482
    @angeakimana7482 Před rokem +5

    Waaaaooooh biraryosh kur hit top tv walah mwiyimisi harakaze b Fac. Wubahwee ndakwemera bro a kenshi uvuga ukuri❤️

  • @martea3712
    @martea3712 Před rokem +8

    Ndi ngangari ❤❤❤❤❤❤❤❤❤dr fizzo❤❤❤❤❤❤

  • @boboyann
    @boboyann Před rokem +5

    I love this guy ... always straight to the point 👌😂😂

  • @kapadonawadii3844
    @kapadonawadii3844 Před rokem +4

    B.face 🙌🙌🙌🙌urumugabo pe❤❤❤❤❤💪💪💪💪💪💪

  • @arsene_mafiateur
    @arsene_mafiateur Před rokem +4

    love from TBF🔥🔥🔥

  • @user-ig5bz2wu6c
    @user-ig5bz2wu6c Před rokem +2

    Narinkubuye b face 🇰🇷🇰🇷🇰🇷💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @labrondeyset3860
    @labrondeyset3860 Před rokem +4

    Much Respect to Be Face !!!

  • @kabosskdn2202
    @kabosskdn2202 Před rokem +3

    Fizzo ni first rapper akaba na number one kuri rap mu Bdi

  • @user-tm3so7lv2x
    @user-tm3so7lv2x Před rokem +3

    N thiana 🇧🇮Muraha turir hagash vrmnt🔥Murik Mubikor nez sn natw turik tuvyakir nez👍🙏

  • @thiagokelly
    @thiagokelly Před rokem +4

    Landry big up bro🤝

  • @joyjoy2747
    @joyjoy2747 Před rokem +4

    j'apprecie enormnt B.face

  • @abdoulkarimmunezero5392
    @abdoulkarimmunezero5392 Před rokem +1

    B face we nisawa kuk Nyenicubahiro Umukuru wigihugu yavuze ko yigez kigenda kuraba aba gronomme baje bambaye ama custime naw yaje yambaye impuzu zakazi wew kuba waje wambay impuzu nawe zakazi kawe ahubwo nibintu bizima harya na nyenicubahiro yaragushimiy cane yarabonye kukunda akazi kawe ahubwo nibakureke déjà yaraguhay nagashimwe wubahwe hubwo🙏🙏

  • @pasifiqueivuzimana4424
    @pasifiqueivuzimana4424 Před rokem +2

    Kirarenze turabakundacane🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇧🇮

  • @justinb3355
    @justinb3355 Před rokem +2

    Ce jeune est talentueux kandi he is really smart! I like his shows

  • @Innocentciza
    @Innocentciza Před rokem +2

    TOP

  • @donbrunodushime1069
    @donbrunodushime1069 Před rokem +3

    Big UP xaan on your self #Rapyuda and #Umutananirwa🤝👊

  • @hilaireinfuencer
    @hilaireinfuencer Před rokem +4

    Ariko Ariko #NTIVYAKUNZE😅😅

  • @pfranklyon1230
    @pfranklyon1230 Před rokem +1

    Sha iki kiganiro ndacemeye big up B Face hama umuziki wuburundi nuwambere guko nugukunda ivyiwacu, Randry ubu usigaye uri umu journaliste abaza ibibazo vyubwenge ubandanye uko

  • @benjyfranklin
    @benjyfranklin Před rokem +5

    Noe washaka mvuge nk'um pasteur😭😂 B-Face wubahwe

  • @joeljojo3266
    @joeljojo3266 Před rokem +1

    B face na Landry💪💪💪💪💪

  • @gustavendacayisaba9398
    @gustavendacayisaba9398 Před rokem +2

    Uyu mu jam ndamwemera kunyishuts B face wubahw

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Před rokem +2

    Nijaruzi.bakugiriye.hama.ngibitabaje.padir.bibaza.umukorezi..vyarabacanze.😂😂.dakwikudir.B.fec❤❤❤❤

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Před rokem +1

    Biraryoshe to Kuba Hit top tv 1 yakwije 40k vyababone ♥️♥️♥️

  • @dj-reissitolkira2343
    @dj-reissitolkira2343 Před rokem +3

    Kilikou yarabuze indero, fizzo afise kwubahirwa ibikorwa Yakoze.

  • @ngabire250
    @ngabire250 Před rokem +2

    KAbaye 😅😎😎😎

  • @habonajeanwillon3336
    @habonajeanwillon3336 Před rokem +2

    Nice work daddy....

  • @anicetniyonkuru5373
    @anicetniyonkuru5373 Před rokem +1

    B face kubwanje imbere ya son excellence waravyifashemwo neza cane kuko waragerageje nokwiha umwanya mpaka ivyo wateguye vyose ubirezimye.kuba war wambay kurya naho nibakureke yar yavuz mwisanzure j niho narindi naravyiyumviye.
    Ikintu cambere nakunz muvyo wabajije ni kirya c'uko ministre de la culture abay ari umujeune azi ivy'umuziki vyofasha cane abaririmvyi.

  • @KaregeyaSage-pw7rh
    @KaregeyaSage-pw7rh Před rokem +1

    B face number one ❤

  • @prosperbirorimana5982
    @prosperbirorimana5982 Před rokem +4

    Ndipfuza kubona indirimbi ya by fc n'a mukombozi🇧🇮

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 Před rokem +2

    B face nakubali xana

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 Před rokem +1

    Nkunda ukuri kwa B face

  • @godefroidniyonzima9224
    @godefroidniyonzima9224 Před rokem +3

    B-feci ndamushigikiye ( burya kubonana n 'Umukuru Wigihugu harigihe bikugora kuvuga kandi Umukuru arabitahura ntawe bidashikira ) hama Fizzo nicitegererezo kubaririmvyi ntiyohigwanwa numwa nkurya Fizzo nukumubaha yakoze vyinshi vyiza

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose Před rokem +3

    Ntitwigera Tunanigwa 💪💪

  • @benignenibitanga2051
    @benignenibitanga2051 Před rokem +1

    B face big up

  • @JohnTembojr-ic7rr
    @JohnTembojr-ic7rr Před rokem +1

    Nakubal saana baba umesema ukwel Ako ka kiliku akana Adhabu

  • @jeanniyonsaba7865
    @jeanniyonsaba7865 Před rokem +3

    ❤❤❤❤🎉

  • @josephofficiel145
    @josephofficiel145 Před rokem +1

    Nice Interview brother

  • @beeirakozee
    @beeirakozee Před rokem +1

    My G b face

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 Před rokem +2

  • @kumugwa
    @kumugwa Před rokem +1

    Lite city burundi

  • @thiagokelly
    @thiagokelly Před rokem +3

    B face 🤝

    • @ncuti_yabose
      @ncuti_yabose Před rokem

      Muterere none. Za murareka kwiparatura

  • @meybstalon
    @meybstalon Před rokem

    B face wubahwe urubaha aba légende

  • @sky-boybdi74
    @sky-boybdi74 Před rokem +2

    Uwo ntandero agira😊

  • @sibomanaadrien9182
    @sibomanaadrien9182 Před rokem +1

    Uvuze ukuri Fizzo nuwokubahwa

  • @hunterblack2574
    @hunterblack2574 Před rokem +2

    Kwahiyo huyo kiriku na utupi wake kama ngumi Anataka kubishana na fizzo

  • @niyomukizaviolette9045
    @niyomukizaviolette9045 Před rokem +2

    Mubirimwoneza courage

  • @anicetniyonkuru5373
    @anicetniyonkuru5373 Před rokem +1

    W rap komando uno musi wambay nk komando kweri.big up kuberwa n'ivyawe hama irya song yae irarenze kuko irimwo impanuro nyishi.
    W Landry ivyo yavuz kwaba rappeurs ba1 ari bf na mkombozi j ndavyemera à 100% Hama wakoz kutuzanira b face mwubaw ndabemera.

  • @egidendayishimiye5711
    @egidendayishimiye5711 Před rokem +2

    Ndakunda inyishu z Boniface kbx

  • @alexikagoma5135
    @alexikagoma5135 Před rokem +1

    Komera bwana B face uvuze ukuri

  • @diannempawenimana9396

    😂😂😂😂😂ikinganiro kiryoshe pee courage 🎉

  • @lucksonbonfilsbrown907
    @lucksonbonfilsbrown907 Před rokem +1

    Kiriku ako mubarabara ntikamuvuyemwo.... Umurundi umuvura ijisho akariguturumburira.

  • @dusengimanasamuel2719

    Courage b face

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 Před rokem +1

    Iyo ninzara nakindi😂😂

  • @habonajeanwillon3336
    @habonajeanwillon3336 Před rokem +3

    Mmmmhhhh Be face uryamusi yari kimwe Nanyene ubungane wuburundi jewe nukuri simbonako yavyifashemwo Nabi kuko yariko yunvisha nyakwubahwa Ibibazo biraba Abaririvyi burundi so ntabwo yavuze Ibitabereye Imbere yasebarundi kuko birasazwe kubarundi kuko Umuntu Avuga Ibiri kumutima Okey 🙏

  • @filsemmaflox9354
    @filsemmaflox9354 Před rokem +1

    Iyo image vrt😂😂gerageza

  • @christophernzosaba6894
    @christophernzosaba6894 Před rokem +1

    Yooo yooo nigg@ Salut bro yes ntabwo warikuvug nku mu Pasteur kd ur umu rapeur so president arahura naba ministry ark urya Munsi yarahuy n'umu hip hop man

  • @kwizerakwizera2618
    @kwizerakwizera2618 Před rokem +1

    B face narinkukumbuye yambiiiiiii

  • @ferdinandndayishimiye9241

    B face ndamwemeye uyumusi kirikou ntiwomugereranya na big fizz et big fizz arubaha kidumu naho mwoba mwavanye umuntu ntiyari kuvuga kurya

  • @FideliteNininahazwe-cg1iz

    🙏🙏

  • @AudrickIkizakubuntu
    @AudrickIkizakubuntu Před rokem +1

    $$Ntitwigera Tunanigwa Kiretse iyo Twigirishije

  • @boboboxtv
    @boboboxtv Před rokem +2

    B face imvuga kuri

  • @chadrakcirankunda4320
    @chadrakcirankunda4320 Před rokem +2

    Ikiganiro kimez neza gwose gus kiriku numwana nagirindero

  • @umwisanzurotv
    @umwisanzurotv Před rokem +1

    B face n'imvugakuri vmt

  • @bigirumanalululouise4540

    ❤❤❤❤

  • @cizaeugene6484
    @cizaeugene6484 Před rokem +1

    B_face ndagufanye kukiganiro cawe Fuzzo kuwumuzi agitanguta kuririmba gushika Ubu urya ntiyigeze ahagarika yakomeje akora vyiza beshi cane bamwigiyeko

  • @nahayoemmanuel4869
    @nahayoemmanuel4869 Před rokem +1

    Bface yubahwe hino Zambie kur TV aravuzwa vrt
    Ham uzotuzanire Wise

  • @bricekajambere1170
    @bricekajambere1170 Před rokem +2

    b face yagiy agabiw ninkuavuuu hhhhh

  • @AsTv257
    @AsTv257 Před rokem +1

    Dushaka kumenya ni Camera iyahe yafasha iyo video camera man yob ar bally?

  • @micomeshack7024
    @micomeshack7024 Před rokem +1

    Ntiwigera uhengama bro wubahwe

  • @niyogushimaoscar9248
    @niyogushimaoscar9248 Před rokem +2

    Simbizi naze abibeshuze turabe Ivyo b face avuze harabantu badashobora kumenya agaciro bakakamenya yapfuye

  • @karorerodjibril6251
    @karorerodjibril6251 Před rokem +1

    Nimba fizzo ari inspiration yaw ntubishir kuri bose

  • @alaink-style
    @alaink-style Před rokem +2

    Muri 2000/2001 mbega Kirikou yaribwavuke? Nababe bubaha aba bakurira.

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok Před rokem

    B Face uvuze ukuri cane . Fizzo ni ngangari , ariko ntibizomutume agaya batoya biwe

  • @umwisanzurotv
    @umwisanzurotv Před rokem +1

    Landry uranyubaka vmt ukorivyuzi apana ivyowiga kl

  • @prosperbirorimana5982
    @prosperbirorimana5982 Před rokem +2

    Ndipfuza kubona indirimbi ya b f n'a mukombozi🇧🇮

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Před rokem +1

    Ndemera sn b face ariko big fizzo nareke kuturenzinduru ariko turamwemera ariko iryangoma yasohoye Big fizzo nurukato nkeeu

  • @irakizalove5802
    @irakizalove5802 Před rokem +1

    B face yishura nez cane avec ubweng😂 ntakuntu yovuga nka Pasteur ar umu sani 😂😂ndamwemer , kirikou ntandero agir wallah

  • @Innocentciza
    @Innocentciza Před rokem +1

    Abasaza nukububaha guys

  • @jimmysabu4382
    @jimmysabu4382 Před rokem +1

    Ntuko B face uvuze ko Dj Paulin atavuze izina mubasani banuka
    Ni nkuko Big Fizzo atavuze izina yumudimudimu
    Kandi umudimudimu sicaha ninkuko wokwita umu China kandi ariwe

  • @khlaifaali245
    @khlaifaali245 Před rokem +1

    Radri yahuy nuwobaganya amanyama

  • @boboyann
    @boboyann Před rokem +1

    Intro yanyu ni ndende cane 🤦‍♀️

  • @curugwegipfizi3031
    @curugwegipfizi3031 Před rokem +1

    Umuntu wanje bifesi

  • @bigirimanacyriaque3047
    @bigirimanacyriaque3047 Před rokem +2

    Ikiganir ciza kuryosh b face rap yuda goriyat arakaze numunt wumugab gose

  • @pfranklyon1230
    @pfranklyon1230 Před rokem +1

    Mutuzanire kiriku nawe

  • @vianneyndikuriyo4140
    @vianneyndikuriyo4140 Před rokem +1

    B face nubwo uzoba umweranda ntibazigera bareka gu critiquant rer wavyitwayemwo neza batandukanye umuririmvyi na Deputé

  • @nellyhabumugisha6698
    @nellyhabumugisha6698 Před rokem +1

    Kiriku nigifyondo kandi ni rofa pumbafu mushenzi

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 Před rokem +1

    Kiliku ntandero afise man jew ndababazwa nukuntu yitwara kubamutoy mwibarabara

  • @ismaelntare3850
    @ismaelntare3850 Před rokem +1

    Landry uyomunyakayanza yaoi ntajambagira kk mwarabonyeko nimbereyumukuru wigihugu ntacoyavuze

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 Před rokem +1

    Landry uzotuzanir mona walda naw kur tv yaw kuk ibibaz ubaz ww buratahurits ubaz nez

  • @sandraoselin
    @sandraoselin Před rokem +1

    Ubu vidéo ISA nabi vrt

  • @davdorfashiondavdorfashion

    Rap ngumu

  • @livesports1260
    @livesports1260 Před rokem +1

    none B face uraraba interview ya Fizzo na petit Landry akiri muri waka light fizzo abwira Landry mu giswahiri petit unatowa mifuke sogea kidogo

  • @NduwimanaSadiki-u3p
    @NduwimanaSadiki-u3p Před 17 dny

    Avuzeukuri

  • @gsipap3605
    @gsipap3605 Před rokem +1

    Ego cane bifese avuze ukuri