Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Am watching from Uganda, my country is Burundi love you so much ❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏
Erega turabavandimwe neza neza imico nimwe 🇷🇼❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤urintore kinyange
Twashaka umuntu azi gukata utu tu video abikore tuzoje turadushira kur sttatuts kugira ikirundi nakaranga na kinyange bimenyekane
Ewe Kinyange urakwiye gutwara ubushikiranganji bw'imico n'akaranga nukuri.
Birakwiye gushirwa munyandiko. Kiyange urumwe mu gihugu. 👍
Wow mu Burundi turatunze nukuri ndaryohewe.
Ndanakoroy amosozi arukunezerwa na kinyange
Naho naho naho naho naho naho naho naho naho naho naho naho naho naho naho naho naho weeeeeeeeee❤
Yitwa Kinyange kinyagigwa ntigitote
Très fort ce gars....ndamukunze du!!!
Ubushikiranganji bw'imico Kama please take care of this man.
Am happy to see my tribe 🥰🥰🥰
What tribe is this?
Respect kinyange
Akaranga ndagakunda kugezanaho kinyange akwiye gushigikirwa kugira ijwi dyiwe rigere kure hashoboka akaranga kuburundi kamamare
🎉😅😅😅
Kinyange kinyagirwa ntigitote! Aradusubiza ku karanga ka ba sokuru. Amashi wa ntore Kinyange! ❤
Thanks Mr kinyange.
kinyange kinyange komera kukaranga
Ndakwemey kabisa
Ndakuriye inkofero kinyange
Bâti tera akavyino Bati turindiriy akaviyo🤣🤣🤣
Neza cane,ukwiy gufatwa mu mugongo.
Urashoboye mutama kinyange
Uyu kigange yapfutse kur mwezi gisabo ntiyobesha 😅
Bravooooooooo kinyangeee❤❤❤
Kinyange❤❤❤❤❤❤
Kinyange kinyagirwa ntigitote
Tsimbataza akaranga mutama
Courage turakwemera
Nice ❤
😍😍😍😍
Komera ugume utwibutsa nico n'akaranga k,'ikirundi
❤❤
Umukeney urazombwira .
Kourag kwr mutam ❤❤❤❤
Akaranga kuburundi ndashaka Num ziwe
Abazungu n’abanyamahanga baratunigiye mumenshi mukutwambura imico kama ya basogokuru. Ndabebwire ntababesha ivyo bintu birakiza dépression mu Burundi ntitwari dukeneye ba psycho. Akazuba y’inka, Inka zivumera, imirima n’ibibondo bibirura Infyufyu n’umuhondo. Ganza Burundi we!!!
Urumwe kukwambura
Kinyange ni ubutunzi bukomey ku gihugu cacu
Kinyange ijambo aho
👏🏾👏🏾👏🏾👌🏾
Komera urakaramjp GT
Ndifuza numéro yiwe. Yintabaze! ❤
❤❤❤❤❤❤❤
Gumaguma
😍😍😍😍😍😍😍
Vyiza cane
❤❤❤❤
Nn burya i Burundi harabandi bantu bazikuvuga amazina nka Kinyange??
Bnjr!!! Mwompaaa numéro y'a kunyangeee???
So sweet
Urakaramba
Ndabakund can
None za tv onln kuki nkuyu batamushigikira ngo bamuhe ibiganiro vyishi vrt?? so crge Mr kinyange
UKWIYE GUSHIGIKIRWA N'IGIHUGU MUGABO W'IJAMBO
Kinyange yubahwe
Komera
Urashoboye pee
Duhe numéro ya kinyange, vyiza cne
naje ndashaka contact ya kinyangee
UnAp
Nomuronka gute?mumpe numéro yiwe
ndagushaka mubukwe bwanje kugutora niho ntabibona
Ntugirikibazo ntazokumaramaza kurubanza aracaruwambere muguteramisha abagirimanza zitandukanye
Iyobamureka akagatamba
Ndumuronka gute?
Andika kuri 71047719 canke 79 91 89 45 umukeneye
Kinyange ❤❤❤❤hejuru caee
Q
Amazina atwibutsa ikirindi gikwiye.

🎉😅
😅😅

Un
Ap