#BurungaConnect

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 22. 04. 2023
  • #Burundi: Akarere ka Burunga ni akarere vyoroshe ko gatera imbere umuntu aravye aho gaherereye, na cane cane mu bisata vy'ingenzi uravye ibibanza vy'iratiro biri mu ntara za Rutana, Bururi, Rumonge hamwe na Makamba ivyo vyose ni ivyerekana ko bikunda kandi bishoboka. Ivyo bishikirizwa na Reverien Ndikuriyo mu birori vyo gutegura umuzo w'intara nshasha ya #Burunga.

Komentáře • 5

  • @jn6898
    @jn6898 Před rokem +1

    Uyu mugabo nange ndamwemera cyane.
    Imana iguhezagire.🎉

  • @DM-li2kf
    @DM-li2kf Před rokem +1

    Ndagukunda musaza wirambire

  • @burundishallsmile1day109

    ✊🏾🇧🇮

  • @elagritour-turage7666

    Mwoduha ngaha audio y'ijambo ryose Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD yashikirije i Makamba mw'ihuriro ry'Abavukantara ya Burunga. Mwoba mugize neza .

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 Před rokem

    Nanje ndongere ko ikindi intara ya ya Burunga ufise kurusha izindi ntara kizoyoteza imbere ni abanyarwanda diaspora beshi turi munzara ya Burunga. Aha hantu rere nyakubahwa uhakorereko ufate indege uze kuduha umugambi natwe tuzoyitaba. Vyanashaka muduhe uburenganzira twigurire indege yambere muri Burunga