Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Yuuu kumbe uwo niwe chris Imana igukomeze mwigisha mwiza turagukunda
IMANA iguhezagire nongeye kwibutswa gutanga nezerew kandi IMANA inshoboze Mrciii papa Chris ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Yoooo piyo sindamubonye neza basha uzukuntu arigusoma bibiliya vyumvikana neza wagirengo ntasoma ahubwo biba biri mumutwe iwe amen inyigisho iranyubatse YESU KRITSU abagirire neza mwese🙌
Ndiho abahezagire. Nanje nahora nipfuza kumubona imana ishimwe ko mubonye asoma neza. Imana ishimwe kuko yamutoranyije kwico gikorwa. Muhezagirwe kwiyo nyigisho🙏
Urakoze cyane kuduhugura mwukawera yadusubije icyonibazaga gutanga nibiza
Imana Iguhe umugisha mukozi w'Imana ! Imbaraga n'amavuta y'Umwuka Wera bigwire muri wowe n'umuryango wawe wose
Yesu ashimwe!!!Imana ifise vyonse nivyo dutanga niyo iba yabiduhaye gusa iraturungikana canke iradutuma Icubahiro kibe ica Ndihooo!!!!
namubonye Piyo NDIHO amuhezagire
Urakoze Mana kubw 'iyi nyigisho, nanje ngusaba umpe umutima utangana urukundo ata gahato kandi ntarondera inyungu zanje ariko ntange kubw inyungu zawe Data.Yesu aguhezagire muvyeyi wacu Chris ,Yesu aguhezagire mukozi w'Imana Pio, kuko udusomera neza ijambo ry 'Imana. Amina
Nivyo vraim Pio asoma Biblia neza👍 ntushobora gusamara.Imana ibahezagire ikomeze gukiza imitima yacu biciye muri mwebwe. Inyigisho zanyu ziradufasha cane cane gose.
Ndagukunda ibyigisho byawe bisubizamo imbaraga cyane nkomuri kanguka ndayikunda
Asoma neza caaaane Imana imuhezagire
Powerful teachingMay the lord continue to bless beyond measure his servant Chris ndikumana
Yesu ndakwinginze umfururire ingabire yogutanga nezerewe mukozi was yesu murakoze kutwigisha Ibanga ryo gutanga🙌🎉❤️
Amen Amen 🙏 asoma neza cn,Yesu amuhezagire!🙏
Amen Amen Amen Imana iguhezagire mwarahezagiwe najewe ndakund ukuntasama
Amen, ndanezerewe cyane kubw’iyi nyigisho. Uhabwe umugisha mukozi w’Imana imbaraga n’amavuta by’Umwuka Wera bikomeze bikubeho cyane.
Nanje vrt ndakunda ukuntu astma bibeln. Ndiho abahezagire cane murakoze ❤
Nanje ndabikunda ingene asoma Imana imwongere ubumenyi 🙌🇺🇸
Imana ukuzigame warahezagiwe, ucubagiro kigarukire Ndiho.
Chris usigura neza Imana ikutuzigamire🙏
Imugishan'amahoro bivaherahomwijuru bibekurimwe, impariken'ubugingo,nibyanyu. Amahoroya Christo abekuri PIO ndamukundantamuzi asomaneza ijamboryimana.
Tugufise nkumugisha chris ndikumana uranyigisha ivyakamaro hezagirwa kandi
Hezagirwa mukoziw'Imana Yesu aguhumugisha 🙏🙏🙏
Iman igm iguh amavut yokwigish abnt bayo amen
IMANA iguhezagire Mukozi wayo kko turahezagigwe biciye muriwewe🤲🤲
Piyo nomibarabu washitseyo.🙏🙏🙏🙏Nagukunda gwose nanje ukuntu usoma ijamboryimana urampimbara ndiho aguhazagire
Kobatamwerekana??
Murakoze cane Mukozi w'Imana kunyigisho nziza uduhaye
Ndiho abahezagire mwese muri Kanguka ! Imana ibagote mu kibaba cye
Pio urasoma neza ndiho yaragutoye ❤ imitim yac ubu iri mumashimw
Amén múrakoze... Dukomeze kubiba mu bwami bw’ijuru mu kuvomera abandi 🌹
Yesu nashimwe mukozi wi mana Imana nyene amahoro iguhezagire cane turafashwa cane 🙏🙏
Kubakurikira birandyohera Ndiho Abandanye kubahezagira!
Amene Imana ibahezagir can kk namwe muratwigisha hihagije ham mugiz neza kutwereka pio ndakunda ukuntu asoma ijambo ryimana 🙏🙏je
🌺🌺🌺 Dutanga tunezerewe mw’izina rya Yesu! Bon dimanche cane 🙏
⁴4⁴⁴5
Tetero I'm always joyful to see your comments on Chris' preachings 👌🙏😊
Yoooo Pio disi narinzi ko ari umusaza Imana Igukomereze impano yogusoma neza Pio
Amen ijambo mutuyagira riradufasha rikadukomeza Imana ibongere amavuta
Imana iguhezagire, Ndiho adushoboze pe
Urakunditse mukozi w'Imana ihoraho
Iyi nyigisho iranyubatse bimwe bidasanzwe
Ndatahije piyo canee, ndanezerewe nanje kumubona. Nahora nkeka ko ari umu papa munini canee😀Yesu aguhezagire pio.Mwigisha nawe urakoze caneee.
Nanje nahoranzi ngonumu star muri baba jeune bibujumbura kubera ukokuntu avuga!! Ahezagigwe gose nawenyen aratanga motivation!!
Amen Imana ibongererez amavuta muhishurirwe nibindi, mwarahezagiwe.
Amen ndamubonye pio🥰😂🤣🙌🙌🙏
Nanjye ndamukunda cyane Pio
Nukuri naje aryohera ariko asoma pe!
Murakoze cane Yesu abahezagire
Iyo hageze gutanga hama ukaganya, manza ubihagarike Kuko ntamigisha biba birimwo!!
Mana mpa ingabire yo gutanga no gukunda abandi amen. ndiho akwongere inkomezi zokuyikorera amen
Iman iguhezagir can mukoz w Imana
Icubahiroo kib ica ndihoo ibihe vyoose !! Amen amen👏👏👏
More bless you our Paster Chris..
Amen imana ibahezagire cne
Yesu agukomeze akwongeamavuta mukoziwlmana
Amen amen ,uwutanze abagabany
Hallelujah ugasanirwe cane
May God bless you for the powerful teaching 🙏
Nanje ndadugije akaboko mubanezerewe🙋
Amen Amen Amen mwizina rya Yesu Christo.
Amen Amen Imana ibahezagire !
Gutanga biraryoha. Cyane iyo udahatwa.
Pio, Imana iguhezagire
Halleluuuuuuya!!!Imana ikuzamur mubundi bwiza Chris
Amen 🙏🙏🙏Pio Imana iguhe umugisha cane
Ariko cameraman akwiye namba bishoboka kuza aratwereka assemble kubabona vyodufasha.
Ndamubony pio murakoz kumutwereka
Ndumunyarwanda nimenyigihe uzakorera igikorane nzaza iburundi cyizemo
Amen ubarikiwe
Chris waratoranijwe na ndiho nari naripfuje kukubon amaso muyandi nn narakubony mugikorane ukunt utwitah urasenga nkanyurw wamamare isi yose
Mama we murakoze gutanga Koko kuheshumugisha Amen
Yooo bagitangira nishimiye kubona Piyo mumva kwijwi ryiza asoma nari ntaramubona murakoze kumutwereka.
Hallelujah I receive this word in the name of JESUS AMEN
God bless you man of God. Uri umugisha kuri benshi 🙏
Amen ucubiba nicwimbur 💥💥
God bless you pastor Chris
Nanje ndakunda ingene asoma
Amafaranga utanze kugira utungumuryango nibazako atarumukate kuko navyonugukorerimana, uraziko beshi kubakurugo rwiza bibagora. Rero harigitsibo/impera nyishi mwijuru yogukunda abomurugo rwawe.
😂😂😂😂Twamubonye PioAmeeeen 🤣🤣Yesu abahezagire cane turabakundaa kubwinyigisho zirimw'umuriro wa Kristooo mudusangiza💪💪💪
Nanje burigihe mba nifuza kumubona Pie afise ijwi ryiza ahezagirwe cane
Haaa murakoze kutwereka Piyo
Mana nyagasani ndiho umpe ingabire yo gutanga ntiganyira
Amen merci Seigneur
Urampezagira kunyigisho zawe mwungere twahawe
Ameeeeeen
Amen caneeeee
Amen amen mwarahezagiwe 🙏🙏🙏
Piyooo ❤❤❤
Amene, amene daima.................
Pio ndamurakije rwose adusomera neza Bible
Amen Amen
God bless you 🙏
Amina, Ameni, Amen
Amena thank u very much ❤❤
Nje ndiruka kuraba piyo😆😆
Pío Yesu amuhezagire 😂🙏
Nfise ikibazo ngaha munyishure ego urakora uratanze ikigira cumi ugacukuramwo ayogushigikira ivuga butumwa ngaho kandi ufashije uwutishoboye non wunva wosigarana angahe ?kubwanje nabaza kowogenda ugabura amezi hamwe ugafasha ahandi ugatanga icacumi uwubitahura cane anyishure 🙏
Amen Amen, ivyuvuze nukuri
Uraduhezagira kubuto wahawe nadata watwese
Amen
God bless you
Amen amen
Ameeeen ❤
Hallelujah 🎉🎉🎉🎉🎉
Yuuu kumbe uwo niwe chris Imana igukomeze mwigisha mwiza turagukunda
IMANA iguhezagire nongeye kwibutswa gutanga nezerew kandi IMANA inshoboze Mrciii papa Chris ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Yoooo piyo sindamubonye neza basha uzukuntu arigusoma bibiliya vyumvikana neza wagirengo ntasoma ahubwo biba biri mumutwe iwe amen inyigisho iranyubatse YESU KRITSU abagirire neza mwese🙌
Ndiho abahezagire. Nanje nahora nipfuza kumubona imana ishimwe ko mubonye asoma neza. Imana ishimwe kuko yamutoranyije kwico gikorwa. Muhezagirwe kwiyo nyigisho🙏
Urakoze cyane kuduhugura mwukawera yadusubije icyonibazaga gutanga nibiza
Imana Iguhe umugisha mukozi w'Imana ! Imbaraga n'amavuta y'Umwuka Wera bigwire muri wowe n'umuryango wawe wose
Yesu ashimwe!!!Imana ifise vyonse nivyo dutanga niyo iba yabiduhaye gusa iraturungikana canke iradutuma Icubahiro kibe ica Ndihooo!!!!
namubonye Piyo NDIHO amuhezagire
Urakoze Mana kubw 'iyi nyigisho, nanje ngusaba umpe umutima utangana urukundo ata gahato kandi ntarondera inyungu zanje ariko ntange kubw inyungu zawe Data.
Yesu aguhezagire muvyeyi wacu Chris ,Yesu aguhezagire mukozi w'Imana Pio, kuko udusomera neza ijambo ry 'Imana. Amina
Nivyo vraim Pio asoma Biblia neza👍 ntushobora gusamara.
Imana ibahezagire ikomeze gukiza imitima yacu biciye muri mwebwe. Inyigisho zanyu ziradufasha cane cane gose.
Ndagukunda ibyigisho byawe bisubizamo imbaraga cyane nkomuri kanguka ndayikunda
Asoma neza caaaane Imana imuhezagire
Powerful teaching
May the lord continue to bless beyond measure his servant Chris ndikumana
Yesu ndakwinginze umfururire ingabire yogutanga nezerewe mukozi was yesu murakoze kutwigisha Ibanga ryo gutanga🙌🎉❤️
Amen Amen 🙏 asoma neza cn,Yesu amuhezagire!🙏
Amen Amen Amen Imana iguhezagire mwarahezagiwe najewe ndakund ukuntasama
Amen, ndanezerewe cyane kubw’iyi nyigisho. Uhabwe umugisha mukozi w’Imana imbaraga n’amavuta by’Umwuka Wera bikomeze bikubeho cyane.
Nanje vrt ndakunda ukuntu astma bibeln. Ndiho abahezagire cane murakoze ❤
Nanje ndabikunda ingene asoma Imana imwongere ubumenyi 🙌🇺🇸
Imana ukuzigame warahezagiwe, ucubagiro kigarukire Ndiho.
Chris usigura neza Imana ikutuzigamire🙏
Imugishan'amahoro bivaherahomwijuru bibekurimwe, impariken'ubugingo,nibyanyu. Amahoroya Christo abekuri PIO ndamukundantamuzi asomaneza ijamboryimana.
Tugufise nkumugisha chris ndikumana uranyigisha ivyakamaro hezagirwa kandi
Hezagirwa mukoziw'Imana Yesu aguhumugisha 🙏🙏🙏
Iman igm iguh amavut yokwigish abnt bayo amen
IMANA iguhezagire Mukozi wayo kko turahezagigwe biciye muriwewe🤲🤲
Piyo nomibarabu washitseyo.🙏🙏🙏🙏Nagukunda gwose nanje ukuntu usoma ijamboryimana urampimbara ndiho aguhazagire
Kobatamwerekana??
Murakoze cane Mukozi w'Imana kunyigisho nziza uduhaye
Ndiho abahezagire mwese muri Kanguka ! Imana ibagote mu kibaba cye
Pio urasoma neza ndiho yaragutoye ❤ imitim yac ubu iri mumashimw
Amén múrakoze... Dukomeze kubiba mu bwami bw’ijuru mu kuvomera abandi 🌹
Yesu nashimwe mukozi wi mana Imana nyene amahoro iguhezagire cane turafashwa cane 🙏🙏
Kubakurikira birandyohera Ndiho Abandanye kubahezagira!
Amene Imana ibahezagir can kk namwe muratwigisha hihagije ham mugiz neza kutwereka pio ndakunda ukuntu asoma ijambo ryimana 🙏🙏
je
🌺🌺🌺 Dutanga tunezerewe mw’izina rya Yesu! Bon dimanche cane 🙏
⁴4⁴⁴5
Tetero I'm always joyful to see your comments on Chris' preachings 👌🙏😊
Yoooo Pio disi narinzi ko ari umusaza Imana Igukomereze impano yogusoma neza Pio
Amen ijambo mutuyagira riradufasha rikadukomeza Imana ibongere amavuta
Imana iguhezagire, Ndiho adushoboze pe
Urakunditse mukozi w'Imana ihoraho
Iyi nyigisho iranyubatse bimwe bidasanzwe
Ndatahije piyo canee, ndanezerewe nanje kumubona. Nahora nkeka ko ari umu papa munini canee😀
Yesu aguhezagire pio.
Mwigisha nawe urakoze caneee.
Nanje nahoranzi ngonumu star muri baba jeune bibujumbura kubera ukokuntu avuga!! Ahezagigwe gose nawenyen aratanga motivation!!
Amen Imana ibongererez amavuta muhishurirwe nibindi, mwarahezagiwe.
Amen ndamubonye pio🥰😂🤣🙌🙌🙏
Nanjye ndamukunda cyane Pio
Nukuri naje aryohera ariko asoma pe!
Murakoze cane Yesu abahezagire
Iyo hageze gutanga hama ukaganya, manza ubihagarike Kuko ntamigisha biba birimwo!!
Mana mpa ingabire yo gutanga no gukunda abandi amen. ndiho akwongere inkomezi zokuyikorera amen
Iman iguhezagir can mukoz w Imana
Icubahiroo kib ica ndihoo ibihe vyoose !! Amen amen👏👏👏
More bless you our Paster Chris..
Amen imana ibahezagire cne
Yesu agukomeze akwongeamavuta mukoziwlmana
Amen amen ,uwutanze abagabany
Hallelujah ugasanirwe cane
May God bless you for the powerful teaching 🙏
Nanje ndadugije akaboko mubanezerewe🙋
Amen Amen Amen mwizina rya Yesu Christo.
Amen Amen Imana ibahezagire !
Gutanga biraryoha. Cyane iyo udahatwa.
Pio, Imana iguhezagire
Halleluuuuuuya!!!Imana ikuzamur mubundi bwiza Chris
Amen 🙏🙏🙏Pio Imana iguhe umugisha cane
Ariko cameraman akwiye namba bishoboka kuza aratwereka assemble kubabona vyodufasha.
Ndamubony pio murakoz kumutwereka
Ndumunyarwanda nimenyigihe uzakorera igikorane nzaza iburundi cyizemo
Amen ubarikiwe
Chris waratoranijwe na ndiho nari naripfuje kukubon amaso muyandi nn narakubony mugikorane ukunt utwitah urasenga nkanyurw wamamare isi yose
Mama we murakoze gutanga Koko kuheshumugisha Amen
Yooo bagitangira nishimiye kubona Piyo mumva kwijwi ryiza asoma nari ntaramubona murakoze kumutwereka.
Hallelujah I receive this word in the name of JESUS AMEN
God bless you man of God. Uri umugisha kuri benshi 🙏
Amen ucubiba nicwimbur 💥💥
God bless you pastor Chris
Nanje ndakunda ingene asoma
Amafaranga utanze kugira utungumuryango nibazako atarumukate kuko navyonugukorerimana, uraziko beshi kubakurugo rwiza bibagora. Rero harigitsibo/impera nyishi mwijuru yogukunda abomurugo rwawe.
😂😂😂😂Twamubonye Pio
Ameeeen 🤣🤣Yesu abahezagire cane turabakundaa kubwinyigisho zirimw'umuriro wa Kristooo mudusangiza💪💪💪