ABAFILISITIYA Chorale y'Abanyeshure/Eglise Pentecote/bujumbura/ cibitoke
Vložit
- čas přidán 11. 09. 2024
- Chorale y'abanyeshule ubu isigaye yitwa chorale TURIMURUGENDO ni chorale yo mw'ishengero rya pentecote ry'i Bujumbura ububwiriza cibitoke kuri 13 .wifuza kuvugana natwe woduhamagara kuri whtsp +25771534960
Yesu abahe umugisha non zamushirako nimro zanyu Cank za chef wanyu kugira arico umuntu abaterera ashibore kubatora
Ndabakeje cane kwiyi ndirimbo
Murakoze cane. Muze mudusengera tuzorangize nk'abagororotsi
Niyo kabisa impande zose irakora yesu abahezagire
Amen. Namwe muhezagirwe
Imana ishimwe caneee kubwanyu kuba yarabashizeho
Ndakunda indirimbo zanyu! Namw muziririmba, inyifato iravyerekana komuvuga, ibiva mumutima
Amen Amen muhezagirwe
Ew rwaruka rwacu mwam mushikamye mumwami kuko nimutacobogora muzobihemberwa muzobihererwa ingero
Imana ni lmana
Imana yacu irakomeye kubwivyo ibahezagiran natwe
Amen
Amen Yesu kristo n'umukiza wacu.
Ico nkundira indirimbo zanyu nuko harimwo akaranga ka gipantekoti.
Uharaho Imana ibongere amavuta
Amen. Namwe Uhoraho abongere amavuta
Amane benewacu! Amavuta
Nukuri Imana ihezagire ababakozi bayo,umwe wewe imuhe ico yipfuza 👏👏👏👏👏
Amen. Nawe mwene Data bikubeko
Iyi ndirimbo irimwo umugisha, Amen Yesu abahezagire
Amen. Namwe Yesu abahezagire
bien chante mes freres et soeurs que DIeu vous benisse abondamment .Je suis heureux de cette chanson.AMEEEEN
Amen. Et toi aussi
Uwiteka gusa niwe Mana🇷🇼
Yesu abahe umugisha indirimbo zanyu zirafasha imitima
Namwe Yesu abahezagire cane. Muze mudusengera tuzorangize nk'abagororotsi
UHORAHO ABAGIRIRE NEZA BANA BATO
Amen. Namwe muhezagirwe
muhezagirwe iyo ndavye izi ndirimbo zanyu nsubizwamwo intege YESU abahezagire
Amen. Yesu Kristo aduhezagirane mugenzi. Kandi kuri 13 turabakumbuye, no muri korari ya kabiri baragukumbuye
Amen and Amen.
We have A Great God, Almighty, Powerful, Creator of the Earth and the Heavens
Amen. Ni Imana Nyamana pe. GBU
Yesu abahezagire
Amen. Aduhezagirane
Muragahezagirwa
Imana yo mw'ijuru ibahezagire cane.
Amen. Iduhezagirane
youtube.com/@newstvshow1834
Muhezagigwe caneee🙏🙏🙏🇧🇮
Amen. Namwe Yesu Kristo aduhezagirane
Yesu abahezagire cane, vos chansons sont très rafraîchissantes.
Ariko vous êtes de quelle église de Pentecôte? (Ububwiriza)
Namwe Yesu abahezagire. Ububwiriza ni Cibitoke aho bita kuri 13 ème avenue
IMANA izobarinde kuko abafilistiya bargwiriye kandi barakomeye atari inkomezi z ,imana zonyene zotuneshereza twebwe ntavyo twokwishoboza dusenge caane muhezagirwe
Ndabaramukije amahoro y imana nitwa Christophe irako vuka imuyinga ariko nkorera ishiramwe mpuzamakungu ryitaho ikibondo kwishi bita uncf nasha yuko mwomp.nimro mukoresha WhatsApp tuyagireko nipfuza kugira icovuze kuri mwebwe kuko mwara mpezagiye cane yesu abahe gushika .mubigero
Que Dieu bénisse cette chorale
Ndabakunda
Duhezagiranwe
Picha
Za
Ngono