IMIRYANGO yaratwankiye gukora MARIAGE kubera tudasangiye UBWOKO n''IDINI//ica tubabaje nuko

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 14. 10. 2024
  • Abana bankiwe kugira MARIAGE n'IMIRYANGO kubera badasangiye UBWOKO n'umugambwi n'idini//ica tubabaje
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #hutu #tutsi

Komentáře • 811

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 Před 6 měsíci +46

    Umudasigana ni mbonerakure United 👍 very nice ❤ ubu nibwo Burundi original

  • @rupyotosamunani6623
    @rupyotosamunani6623 Před 6 měsíci +40

    Ndi umunyarwanda aliko ikiganiro cyanyu kilimo inyigisho nyinshi cyane nkunda abarundi ko mugira ukuli kwinshi Imana ibahezagire muzagire urugo ruhire muzabyare hungu na kobwa mukomeze mwikundanire ibyamoko mwarabirenze ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @soniairadukunda7853
    @soniairadukunda7853 Před 6 měsíci +30

    Nibutse ivyambayeko nkankwa nincuti nabagenzi bakanyanka bimwe ntovuga kubisanzwe birababaje ariko iyo mwiyemeje inzira mwafashe Imana irahezagira ubu turi akarorero kabenshi caneee namwe ntimuzocike intege Imana izobashikana kure bamwe babarwanya bamaramare,ndabivuze kuko ndabizi ndabifiseko experience😎watching from 🇺🇸

  • @e.hakizimana4803
    @e.hakizimana4803 Před 6 měsíci +29

    Mwihangane, nange ibyo byambayeho. Imana izabubakire, mbasabiye umugisha utagabanyije. I love you!❤❤❤ 😭😭😭😭🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 💞💕

  • @nkezimanathadee7433
    @nkezimanathadee7433 Před 6 měsíci +28

    Wouah nkunze ko uri umuntu mwiza,wafashe icemezo ciza. Imana ibashigikire,ndabakunze!!!

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 Před 6 měsíci +29

    Urukundo mubantu rutsinda ubujuju mumitima yabantu
    Urugo ruhire bantu beza ❤

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 Před 6 měsíci +66

    Nimwikundanire basha
    Imana ntizotubaza ubwoko
    Ndabateye intege
    Jewe navutse ku bavyeyi badasangiye ubwoko kandi turabayeho nabone ntibigeze bavana canke ngo bacirwe intege nabantu biyumvira ibicuramye ❤️❤️❤️❤️

    • @anickkanyamuneza9601
      @anickkanyamuneza9601 Před 6 měsíci +12

      Ariko abantu bagifise ivyobitekerezo
      Imana ibagendere kubera bafise umutima umeze nkibuyeee

    • @MINOUCHEMIREILLE
      @MINOUCHEMIREILLE Před 6 měsíci +12

      Urazi yuko Abanyafrica ntana Rimwe tuzotera Imbere kubera za Differences.....
      Raba Ingene ari Beza kandi Bakundanaa....
      None kuki hariho igihe umuntu aba ashobora kurongora umu Congomani,, Umuzungu etcc.... Nukuri Twe Ibihugu vyacu Abarundi ou Abanyarwanda turacari Inyuma cane,,,
      Ninzigo nyinshi idahera.....
      Imana izobahe Imigisha myinshi muzovyare Hunguu na Kobwaaaa.....

    • @doomedinscrolling3587
      @doomedinscrolling3587 Před 6 měsíci +6

      @@MINOUCHEMIREILLE uvuze ibintu nama niyunvira, biransiga gose nkacanganikirwa iyo nunvise ngo urya niki canke iki , ariko tugeze hanze duhuye namanyamahanga ntangorane ihaba
      Turateye ikigongwe
      Turasaba Imana iduhe indongozi zizobikuraho burundu kuko birashoboka

    • @JeannetteManirambona-o6m
      @JeannetteManirambona-o6m Před 6 měsíci

      Imana ikumpere umugisha​@@anickkanyamuneza9601

    • @charlottenyirathimana5746
      @charlottenyirathimana5746 Před 6 měsíci

      l

  • @yveslamyiradukunda2189
    @yveslamyiradukunda2189 Před 6 měsíci +7

    Gabriel uri incabwenge n'ukuri pe!!!Ku bisanzwe uwutokunda iyi ntahe yoba ari umwansi w'iterambere ku Mana no ku bantu hhh n ukur Imana ibandanye ibana namwe ❤❤❤

  • @annociate3693
    @annociate3693 Před 6 měsíci +29

    Yooo gael, wakoze kutizanira mukama Gabriel twarigany kwel.yesu abubakire❤❤❤

  • @B.s3909
    @B.s3909 Před 6 měsíci +8

    Sha uwoma umuhutukazi nkuyo mbega ubwiza naka naturelle kimishatsi
    Yooo muhu waratomboye 👌👌
    Ndangira mushike wiwe ntanke inkwano

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 Před 6 měsíci +19

    Ukuntu muberanye❤❤mukomere bana bacu IMANA murikumwe p❤❤

  • @fulgencenahayo4120
    @fulgencenahayo4120 Před 6 měsíci +7

    Iyi ntahe urakwiy kutwigisha twes vrm.twes turi Abarundi turi bamw♥️♥️♥️

  • @ntakirutimananaomi7593
    @ntakirutimananaomi7593 Před 6 měsíci +3

    Imana yarabahezagiye kubera mwarengeye ibibatandukanya,Imana imbere❤

  • @FélixNizigiyimana-n1e
    @FélixNizigiyimana-n1e Před 6 měsíci +8

    Mugire urugo ruhire ncuti nzanje ndabakunze.cane imana nyene amahoro ibahezagire.hazogire nkikigihe muje mukiganiro.muribatatu.yesu.yumve.isengesho.ryanje.ndabifurije.urugo.rwiza muzame mukundana.cane.nakare.urugo nibabiri ❤❤❤

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial Před 6 měsíci +19

    Uyumusore bibonekako yitonda arikokandi uyomukobwa nawe nicuki pe kdi abakobwa babanyarugombo muvyukuri barakunda kdi bazigutanga keya pe nimwibanire Nyagasani akomeze abubakire nukuri ndabakunze cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤consilia wompa aka nimer kawe tukazoza turiyagira

  • @norahuwanyiguze4915
    @norahuwanyiguze4915 Před 6 měsíci +12

    Iciza n'uko mwijuru ntavangura ry'amoko rizigera ribayo.
    Duharanire kugwiza urukundo.
    Nimwikundanire ncuti z'umusaraba Imana ibarinde.

  • @drocellemukarushema362
    @drocellemukarushema362 Před 6 měsíci +2

    Dushimye Imana ku bwanyu muzakundane cyane urugo ntirwubakwa n'amoko rwubakwa n'Imana

  • @Aud-Aufaril78389
    @Aud-Aufaril78389 Před 6 měsíci +18

    thank you very much Gael for these people, finally proof that there are still people who have been able to overcome this ethnic or religious stupidity which succumbs most people in our poor countries
    Felicitations bantu beza mwubake rugume muvyare muvyagize murakagira inka n'imirima❤❤❤

  • @NdayisabaPierreclaver-pg1rp
    @NdayisabaPierreclaver-pg1rp Před 6 měsíci +5

    Hallelujahhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhh Amen Amen Amen , Imana ibihe vyose izokwama ari nziza ndabakunda ndabakunda kandi N'Imana irabakunda ,sha mwebwe imigisha ibakoraniyeko mbere n'iyabansi banyu yose iraba niyanyu yoooooooose murayipfutse ❤ Hallelujah hhhhhhhhhh Ishimwe Imana yacu ibihe vyose .ukugisha iwanyu ibihe vyose! Muramaramaje Abansi B'Imana !❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @dinemahoro9012
    @dinemahoro9012 Před 6 měsíci +16

    Ngabo abatahuye kub'umwama w'Imana icarico mwese mbona musaneza caaane ❤mwambaye ubwiza bw'Imana .Musore(ubu urumugabo) watet'intambwe urumuhizi naho tuzi abandi benshi mwe mwigishije benshi batarava mubujiji .Nawe mwigeme (muphasoni) Uri umuhizikazi abataratahura ko um turi bene Mana nawe yunvireho.Muzogire urugo gwiza Imana izorurinde ivyaha nivyago turabishimiye murubutunzi bw'Imana nigihugu cacu c'UBURUNDI muzogwire turonke imbuto zizira amacakubiri ❤❤❤❤

  • @mariefranceinamahoro7389
    @mariefranceinamahoro7389 Před 6 měsíci +11

    Icimana yifatanirije ntawugitandukanya. Kandi Dukwiye gukunda atakwita kubwoko. Stsy blessed ❤

  • @HusEhe
    @HusEhe Před 6 měsíci +62

    Uwo mu dada afise mukanwa heza disi❤❤

    • @ireraaudrine2516
      @ireraaudrine2516 Před 6 měsíci +3

      muzogume mwikundaniye maze ababanse bose bamaramare bayore imvumba babonye mwibaniye neza kandi Imana izocibampezagirira umusesekaraaa nababanse bazobasegeeee kandi muze mubahe , babirye bamaramaraaaa

    • @ngirentenasson
      @ngirentenasson Před 6 měsíci +2

      Murakoze ndabakumze mwamp nomeroyabo ya terefone

    • @HusEhe
      @HusEhe Před 6 měsíci +1

      @@ngirentenasson yimusabe Gaël arayiguh

    • @faa2023-ngaragu
      @faa2023-ngaragu Před 6 měsíci

      Mugabo hafis nyeneho

    • @HusEhe
      @HusEhe Před 6 měsíci

      @@faa2023-ngaragu 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @aaronpatrioteniyongabo2814
    @aaronpatrioteniyongabo2814 Před 6 měsíci +9

    Ndabateye intege bagenzi Imana ibashoboze ababanka bazomaramara , urukundo rwukuri rurarengera ubwoko intara n'amadini kuk Ayo nama barrière abantu bashizeho.
    Ntakizira mwakoze mwakoze umugambi w'Imana .ndabateye intege cane Imana ibakomeze knd izobiyereke mubuzima bwanyu bwose

  • @HarindintwariBenoit
    @HarindintwariBenoit Před 5 měsíci

    Sha,biranejeje cyaneeeee,mubane mubyare muheke,intagondrwa mwisi ntizizabura,arko tugomba kuzireka tukaba umunyu wisi.Twaryohewe muzagaruke.

  • @VyukusengeOline
    @VyukusengeOline Před 6 měsíci +12

    Ariko Imana ntigira inzigo basha,ndahimbawe n intahe yanyu ,Imana izobakomeze murambane,muronke ivyona n'ivyonona,musa neza!

  • @LouiseKubwimana
    @LouiseKubwimana Před 6 měsíci +11

    Ariko se Mana amoko Koko wayakijije ibibihugu

  • @bellamiemugisha6325
    @bellamiemugisha6325 Před 6 měsíci +19

    Urumva yaramuhonyoy ..acamubwira sory...et les regards se sont croisés ..umuhungu acayumvaramushimyee....oooh tres romantiq❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @nsengiyumvajeanine-u2w
    @nsengiyumvajeanine-u2w Před 5 měsíci +1

    Félicitations, lmana izobahe umugisha ,imigasha myinshi cane itahe murugo iwanyu

  • @didasnizigama6999
    @didasnizigama6999 Před 6 měsíci +7

    Ndakunze cane iyi couple ibere akararorero abandi. Que Dieu bénisse cette famille ❤❤

  • @GettyMuka
    @GettyMuka Před 6 měsíci +1

    Waouuu..bravo..vous etes courageux..kd murafise ubwenge butomoye..Imana ibarinde..

  • @ndayishimiyedeogratias7120
    @ndayishimiyedeogratias7120 Před 6 měsíci +3

    Waouh! Mpatswe Mukesh ndaba iki kiganiro.Ndakeje Caane Gabriel n,umufasha wiwe c,est tres Beau a ecouter le temoignage, et c,est tres courageous yo gushinga iyo ntahe Publiquement, ngira ntibizobura abo bifasha gukira mumitima! Naje ndi Mur,uwo murwi wanyu ngira ngo natwe un jour tuzosangiza Ben,ubwo butumwa tubandanye dufasha abazingamitswe n,umugera w,amacakubiri kubohoka mumitima!

    • @nkezimanathadee7433
      @nkezimanathadee7433 Před 6 měsíci

      Bakuduhere ikiganiro mudusangize, kumbure hari iyindi mitima yobohok ! N'ubwo nzi ko hari abantu (mu mpande zose) bikigoye ko bavyumva,bukebuke bizoza. Ubund harageze igihe Nibaza ko abantu bose bari mu Burundi bari hejuru ya 3 ans ko bakwiye gupfa ariko nsanga ivyo Imana ntiyobikora. Niba hari ikint kindya mu mutwe ni ukumva ikintu citwa ubwoko

  • @divinsindayigaya
    @divinsindayigaya Před 6 měsíci +12

    Ndakunze cane ino Couple ❤ biratesa kubona Urugonkuru Imana ibaj'imbere 🎉

  • @christella5092
    @christella5092 Před 6 měsíci +15

    Gusa iyi Couple ndayisabe nkaba Christo muze mufate igihe cogusenga mubaze Imana aho mwosengera mwese hamwe kuko gusenga kubiri satani yohava yikika mukiza ndabasabe muze mufate igihe musenge mubaze Imana aho ihisemwo ko musengera hamwe nimba ari aho umugore asengera mwese mujeyo nimba ari aho umugabo asengera mujeyo mwese icokintu nukuri nkumuChristo muzemukigire Imana ndaziko izobibakorera ikindi muze musenge mubaze intumbero ko Imana yoba ishigikiye ko muba mumigambwe iconaco muze mugisengere nwumve ico Imana ibivugako kuko imigambwe kuba Christo akokantu umengo sisawa nukuri vyose nimwasenga ndaziko ataco Imana itazobishura kizima musenga

  • @uwimanagrace3455
    @uwimanagrace3455 Před 6 měsíci +6

    Muranezereye peee, Urukundo rwaratsinze disi.Mukomere mu rukundo rwanyu nomu rugo rwanyu❤❤❤

  • @sibomanajeandedieu9312
    @sibomanajeandedieu9312 Před 5 měsíci +1

    Amminnaaa; Imana ikomeze ibubakire kandi umwe akomeze abe umurinzi wa mugenzi we nk uko bibiliya ibivuga.
    Gusa ikiganiro cyanyu kirimo inyigisho nziza cyane kuri buri wese.
    Akanomero kanyu ba di?

  • @OlivierKubwimana-y7t
    @OlivierKubwimana-y7t Před 6 měsíci +8

    Abarundi twarandujwe mwubahwe abatashitswwko nubwo bucafu mwubahwe mube amakara ntimube urubeya beg up❤❤

  • @liesseirakoze9952
    @liesseirakoze9952 Před 6 měsíci +2

    Mukomere cane ibi nanj vyambayeh turatotezw ngo ntitukabane tudahuje ubwoko biragatsindwa kk twese turi ubwok bw'lmana Nimwubake Rugume rero Yesu azobubakire muzorambane💝

  • @rosendayisenga5063
    @rosendayisenga5063 Před 6 měsíci +2

    Mwikundanire Sha murekane n'abantu. Imana ibahe umugisha

  • @jeanmarieumuganwa4648
    @jeanmarieumuganwa4648 Před 6 měsíci +2

    Ndabakunze cyane, Imana izabafashe rwose ❤

  • @chantalnyiransabimana1121
    @chantalnyiransabimana1121 Před 6 měsíci +2

    Imana ibakomereze urugo muzabyare hungu na kobwa kandi muzime amatwi buriwese washaka kubatandukanya

  • @BasingaBasinga-cs9du
    @BasingaBasinga-cs9du Před 6 měsíci +2

    muzakundane cyanee mubereke itandukaniro ryicyo bstekereza.
    Imana izabateza imbere naho iyo miryango itabaahyigikira .Yesu azabashyigikira❤

  • @silvernizi7790
    @silvernizi7790 Před 6 měsíci +7

    Thank you Gael kutuzanira iyi couple
    Hariho nabaja kwubaka kubera amaronko gusa. Urukundo nirwo rukuru amen

  • @NgabiranoMediatrice
    @NgabiranoMediatrice Před 6 měsíci +5

    Ndabakunzeeee birenze beza,murakarambana maze!sha ivyubwoko nivyo vyabujije abarundi guterimbere!abakijijwe nyakuri ivyo ntibabibamwo.kure hashoboka niho mbipfurije kugera beza.ndakundaaaa caaane from Canada

  • @TheCharity.
    @TheCharity. Před 6 měsíci +4

    *Inkuru yanyu irashimishije cyaneee!😊😍*
    *Muzakomeze mukundane❤*
    *Imana IBUBAKIRE urugo rw’umugisha.❤*
    *Muzabyare abahungu n’abakobwa.👨‍👩‍👧 👨‍👩‍👧‍👧 👨‍👩‍👧‍👦 👨‍👩‍👦‍👦*

  • @GesuconfidoinTe-ic5ze
    @GesuconfidoinTe-ic5ze Před 6 měsíci +1

    Murahahorane n'Imana muri vyose. Kandi mwakoze kutigungana ivyo vyiza mukabidusangiza natwe. Muraduteye akanyamuneza, mugire pasika nziza ncuti

  • @anickkanyamuneza9601
    @anickkanyamuneza9601 Před 6 měsíci +7

    Mwikundanire basha imana ibashigikire muri vyose ❤❤❤

  • @Nyirakajuguma_alice
    @Nyirakajuguma_alice Před 6 měsíci +6

    Nanje byambayeho ariko imana yarajabaye ubwoko ntakibazo dukomere turibeshi cyaneeee

  • @kabizit.v4586
    @kabizit.v4586 Před 6 měsíci +14

    Juste Gaël uyu mu Type c'est un Géni ...la façon asigura ibintu muhava mwibaza ko nibisanzwe mais il est parmi les génis malheureusement bafise amashule make ..wohava unamusuzugura mais respect for this man

    • @DonavineNininahazwe-bu9ub
      @DonavineNininahazwe-bu9ub Před 6 měsíci +2

      ❤❤❤❤❤❤

    • @Jirhley
      @Jirhley Před 6 měsíci +2

      Amashure make nangahe ? tu es ignorant

    • @qqss5875
      @qqss5875 Před 6 měsíci

      Mukama yikundira abahutu kazi kweli ndumugenzi wa chance ex wawe

  • @remyndayizeye1234
    @remyndayizeye1234 Před 6 měsíci +3

    Ndafashijwe cane.uri umuntu w,umugabo.uvuga amajambo meza yubuntu.ahuri ugire ahuba wubahwe.umugisha kurugo rwanyu

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y Před 6 měsíci +3

    Waaaoooo Imana ibakomereze urukundo ❤❤❤

  • @akimanarachelalice3009
    @akimanarachelalice3009 Před 6 měsíci +3

    Urukundo nivyose Imana izobubakire 🙏

  • @Bakame0701
    @Bakame0701 Před 6 měsíci +13

    Si i Burundi gusa, iyo comportement ou mentalité ethnique nino hanze au Canada et aux USA n’uko. Amacakubiri aracari mumitwe y’abarundi benshi. C’est déplorable. Nakunze iyo couple vrmt!! 🔥🔥

  • @bellyb1250
    @bellyb1250 Před 6 měsíci +1

    Urukundo ni rwogere que Dieu bénisse votre union, ibyo byamoko mubyihorere Uwiteka azabagende imbere

  • @TuyisengeClaudette-f2e
    @TuyisengeClaudette-f2e Před 6 měsíci +4

    Sinkunda kuvuga mugabo ibivyo biranezereje murakaramba yesu azobashigikire cane ❤️❤️🌹

  • @jeannettemukamana8973
    @jeannettemukamana8973 Před 6 měsíci +2

    Ndabakunda nukuri muribeza lmana lzakomeze urugo rwanyu ❤❤

  • @jeanblackndayizeye8329
    @jeanblackndayizeye8329 Před 6 měsíci +2

    Basha Imana ihabwe icubahiro kuko ndabona uru rugo nurwayo koko. Be blessed

  • @liakatali9699
    @liakatali9699 Před 6 měsíci +3

    Uyu mugabo numunyakuri nukuri imana ibahezagire ibubakire tu❤❤❤❤

  • @MichelineBucuti-pu7mu
    @MichelineBucuti-pu7mu Před 6 měsíci +4

    Gabriel urumuntu wumugabo kbs ufise Ivyiyumviro vyiza bizima uzagera kure cane Imana ibahe umugisha murugo rwanyu ♥️♥️♥️♥️🌷Gael wakoze kutuzanira abantu bafise ivyiyumviro bizima

  • @sergeNgendahayo-qz3se
    @sergeNgendahayo-qz3se Před 6 měsíci

    Ndi umunyarwanda, j'apprecie bcp ce couple,mwakoze ugushaka kw'Imana. Izabahaze uburame, ibahe icyo mwifuza cyose kandi ikiruta ibindi izabahe ubugingo bw'iteka!

  • @remyniyihambona8140
    @remyniyihambona8140 Před 6 měsíci +30

    Ndakeje bimwe bivuye ku mutima Iyo couple ni couple nziza itegerezwa kwigisha Abarundi n’Abarundikazi ko amoko,amadini n’intara bikwiye kurandugwana n’imizi mu gihugu cacu ciza c’Uburundi.Twavutse KUMWE,dukura kumwe,tuvuga ikirundi twese,tugwara kumwe kandi inzara itubabaza kandi itwica kimwe,imibabaro ya hano kw’isi twese itubabaza kimwe.Ndagushimiye cane Juste Gael,tu es un vrai Journaliste.

    • @NsengiyumvaEvariste-q1k
      @NsengiyumvaEvariste-q1k Před 6 měsíci +2

      😂😂😂oy bizokunda knd cn ahubwo dufis ikibazo cinda kuko kwisi yos ubwoko burakora cn gos knd barabany munzego usanga banahuza abarundi dufis uburyarya ubukunzi bwinda nubuhemu kuko ivyamoko vyari vyakera

    • @sese667
      @sese667 Před 6 měsíci +1

      @@NsengiyumvaEvariste-q1k Amoko nave muri constitution, bitaruko ndabifata nka hypocrisie, Abarundi turazinanye ... imvugo ntiyama ijana n'ingiro kenshi na kenshi ...

    • @nkezimanathadee7433
      @nkezimanathadee7433 Před 6 měsíci +1

      ​@@NsengiyumvaEvariste-q1kn'ikibazo c'ubukunzi bw'inda ntakundi pe,hari abavyungukiramwo ariko hari igih bazosanga bitagishoboka

    • @sese667
      @sese667 Před 6 měsíci

      @@NsengiyumvaEvariste-q1k Ivyo ntibizoshoboka mugihe “amoko” akiri mw'ibwirizwa shingiro (constitution) ...
      Nibabanze bayafute muri constituion niho tuzokwemera ko yavuyeho ...

    • @sese667
      @sese667 Před 6 měsíci +2

      @@nkezimanathadee7433 Nakunze bano batumire, nta buryarya (hypocrisie) bafise kubijanye “n'amoko” ...
      Umwe yavuze ati : Ndi “Umuhutu“ uwundi nawe ati ndi “Umututsikazi” ...
      Jewe personnellement ico nanka, ni hypocrisie ya bamwe bamwe, aho usanga imbere ya caméra bigira abarwanya amacakubiri kandi mukinyegero aribo bigisha amacakubiri, ndakunda abantu bari vrai, batigirisha haba inyuma canke imbere y'ama caméras ...

  • @FreddyKorihezagire
    @FreddyKorihezagire Před 6 měsíci +21

    Courage ivyubwoko ntaco bifasha mukwubaka

  • @glorianineza2816
    @glorianineza2816 Před 6 měsíci +2

    Iyi couple ifise igikundiro n'ukuri. Imana ibarindane , mukomeze muter'imbere , mufasha benshi.
    Merci Juste Gael

  • @UwamurengeyeJeandeDieu-zt6lp
    @UwamurengeyeJeandeDieu-zt6lp Před 6 měsíci +2

    Vraiment nibyiza Imana izabubakire pe

  • @Nininahazweidda
    @Nininahazweidda Před 6 měsíci +1

    Gab courage petit frère akami kamuntu n'umutima wiwe kandi hamwe n'Imana vyose birashoboka ahubwo kurongora ni fresh kwli kuko jew sinarinzi ko wew woja kumboneshakure ugatanga intahe kuko imisi nakubonye haraho nibaza ko uwukuvugishije aba akugoy ndahimbaw kubwaw kwli kandi jew sinkekerany kuri wew nibindi bizogenda neza hamwe n'Imana vyose birashoboka .

  • @mpingakayove9072
    @mpingakayove9072 Před 6 měsíci +4

    ♥️♥️♥️Imana yubahwe 🙏🙏Biraryoshe kubona abantu batahuye icarico urukundo nyarwo,rwiza kandi ruva ku Mana.Twese turi abana b'Imana,twategerezwa kugendera ces valeurs dukura k'umwami wacu Jesus-Christ.
    Murakoze cane gutanga intahe nziza yubaka abandi n'igihugu.Imana ibandanye ibarongora kandi ijwi ryanyu rishike kure kugira imigambi mibi ya Satani itsindwe.Amahoro y'Imana abane namwe.

  • @LéaNiyonzima-j5f
    @LéaNiyonzima-j5f Před 6 měsíci +4

    Iman niyo ituma bikund🎉🎉 mwubahwe ❤

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 Před 6 měsíci +6

    Ubaye umututsi umwe muri bake bakoze ubukwe bwiza bugoye gutyo.abatutsikazi nibo Baja mubahutu ariko si kenshi umututsi aja mubahutu😂😂.courage kabisa.mwaciye mubitoroshe.

    • @30DAYSWOC
      @30DAYSWOC Před 5 měsíci

      Why is it not easily acceptable for a tutsi man to marry a hutu woman but not problem when tutsi lady gets marry to a hutu man????

  • @kevinniyonsaba6906
    @kevinniyonsaba6906 Před 6 měsíci +2

    Waooooh uru nirwo rukundooo nukuriii ndabakunzeeeee gos ❤umukobwa ww afis vibe irenz

  • @PrincEloge
    @PrincEloge Před 6 měsíci +2

    Wow..iyo couple ndayikunze nukuri kndi wu mukobwa kbsa atwenga neza afse nomukanwa heza

  • @aimabiz8393
    @aimabiz8393 Před 6 měsíci +4

    Incredible but that's amazing 😊, am so excited to see you 😊❤

  • @amanyasmary5348
    @amanyasmary5348 Před 6 měsíci +5

    Uri uwambere umututsi atwaye umuhutu bravo nguhaye amashurwe mennshi❤❤❤❤❤❤

    • @furaraha
      @furaraha Před 6 měsíci

      Siwe wa mbere , baruzuye

    • @SaraSara-m3z5d
      @SaraSara-m3z5d Před 6 měsíci +1

      Baratwarana gusa ntidukunda abatutsi ntibazi Kazi neza 😂😂😂 muvyara wanje aherutse guta umugabo Aja kumuhutu ngwarajogwajogwa

    • @MugishaDiane-wu6tt
      @MugishaDiane-wu6tt Před 6 měsíci

      ​@@SaraSara-m3z5dnukuri urantwengeje,ngo ngwiki😂😂😂😂😂😂😂

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 Před 6 měsíci +4

    Uwo mu papa lmana imuhezagire avuze ukuri kwinshii courage

  • @ndabihawethierry1948
    @ndabihawethierry1948 Před 6 měsíci +4

    Imana ibandanye yigaragaza murugo gwanyuu muranryohey cane

  • @miraly2
    @miraly2 Před 6 měsíci

    Asante sana Just Gael, iki kiganira nikizima pe, Ahubwo ibi vyigishe abavyeyi bamwe bamwe bagitera agatima kabi mubana babo gafatiye kumoko

  • @shanitahsMSAstory
    @shanitahsMSAstory Před 6 měsíci +2

    Woow ndabakunze,imana izakomeze kubagenderera❤❤❤

  • @vianneyiradukunda5720
    @vianneyiradukunda5720 Před 6 měsíci +3

    Muze musazane bane b Imana ❤❤

  • @nkundimanamarie-therese1301
    @nkundimanamarie-therese1301 Před 6 měsíci +4

    Ndanezerewe kweli. Gukizwa kwa vrai nt'amacakubiri bagira ! IMANA IKOMEZE kubahezagira muri vyose !

  • @uwimanagrace3455
    @uwimanagrace3455 Před 6 měsíci +3

    Zuraturonderera ibiganiro nkibi birimwo inyigisho nyinshi . Merci

  • @Sylvana-s7r
    @Sylvana-s7r Před 6 měsíci +3

    Uvuzikuri, uhezagirwe n'Imana

  • @ritaparadienimusabe1622
    @ritaparadienimusabe1622 Před 6 měsíci +3

    Imana Ikomeze Ibashyigikire. Imana Iri mu ruhande rwanyu

  • @Sylvana-s7r
    @Sylvana-s7r Před 6 měsíci +4

    Très bien, tu as bien agit. Dieu bous a béni, et Il vous bénira abondamment.

  • @AlainrobertKubwimana
    @AlainrobertKubwimana Před 6 měsíci +2

    Yooo asante ,mukama azogera Kure kukwo arateguraneza utuntu twiwe twose araciye nubwenge kbs imana imuje imbere

  • @ishimweegidestiven2748
    @ishimweegidestiven2748 Před 6 měsíci +1

    Verry genius man!! Be blessed my bro!!

  • @niyomukizainnocent7440
    @niyomukizainnocent7440 Před 6 měsíci +4

    Imana ibagirire neza maze.Muze mwirinde icobatanya.❤

  • @kenthiairadukunda3885
    @kenthiairadukunda3885 Před 6 měsíci +3

    Imana ibaje imbere mugume mwikundanira Imana yaturemye mwishusho yayo Ivyo nivya bantu bisi babizanye

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Před 6 měsíci +3

    Imana ibandanye izigama urugo rwanyu gushika Yesu agarutse

  • @aronindayisenga5325
    @aronindayisenga5325 Před 6 měsíci +1

    Amahoro yImana abanenamwe jewe sinkunda kwandika comment arikondaryohewe caaaane nigikorwa mwakoze simwbwe mwavyishoboje ahubwo ni Imana yabibashoboje ndabanezererewecane muzokwubakerugume ndabasabiye umugisha uvaku Man

  • @fabienmatsiko995
    @fabienmatsiko995 Před 6 měsíci +2

    "We are one people". Tujye twamagana abantu barangwa n'ivangura iryp ari ryose. Imana Ikomeze Ibubakire Urugo rw'Amahoro n'Umugisha.

  • @jehovahbaba97
    @jehovahbaba97 Před 6 měsíci +2

    Muraberanye Kndi muribeza mwese❤️

  • @renatamanirakizaimanaibahu8591
    @renatamanirakizaimanaibahu8591 Před 6 měsíci +2

    Muri beza cyane ndabakunda imana ibashigikire ❤

  • @nidusabejean
    @nidusabejean Před 6 měsíci +5

    Imana ibahezagire cane , muri akarorero kubarundi na banyarwanda.

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 Před 6 měsíci +2

    Murikundaniy birabonek muz mwamuko simpak utwar ncankurongorw nuw musangiyubwok ncankumugabw Ivy ntibishobok iyumunt mwihurij ivyiyumvir birab gikur nimwebw mubmwarishimaniy naciy mbakund❤❤❤❤❤❤

  • @charitemanirakiza1200
    @charitemanirakiza1200 Před 6 měsíci +2

    Vyiza cane Yesu abubakire muvyare hungu na kobwa ndabakunda cane

  • @AraujoAdolphe
    @AraujoAdolphe Před 6 měsíci

    Nkunzeko ibyamoko mwarabirenze pe imana ibahe umugisha

  • @AbdirahmaanJilaow
    @AbdirahmaanJilaow Před 6 měsíci +3

    ❤❤❤one love❤❤❤ Imana imbere

  • @minaniempphilbert5454
    @minaniempphilbert5454 Před 6 měsíci +3

    Je nkunda urukundo ntabindi novuga atarukubashimira ku ntahe yanyu muhezagirwe❤❤❤

  • @JeanvierHakizimana
    @JeanvierHakizimana Před 6 měsíci

    Imana ibahezagire mwavyifashemwo neza abatashakako mubana nabo Imana ibaharire kandi bakizwe ubupagani mubavemwo.❤❤

  • @rosymary4656
    @rosymary4656 Před 6 měsíci +1

    Nimwikundanire bavandimwe ,Imana ibubacyire,amoko ntayo tuzajyana mu ijuru,nkatwe tuba mu bindi bihugu ikibazo cy,amoko cyiba mu Burundi no mu Rwanda,ibindi bihugu ntibubacyira ku bwoko,usanga baba ari proud niko byonyine uri ikiremwa muntu,natwe mu bihugu byiwacu nimureke twige kubana twese nta kwivangura,Ndiho abahezagire

  • @luckynesskitchencma9452
    @luckynesskitchencma9452 Před 6 měsíci +1

    Mbega byiza❤ Imana izabubakire

  • @macjoy4897
    @macjoy4897 Před 6 měsíci +6

    Abarundi twarozwe amacakubiri na gasuzuguro bitagira ingere. Urukundo nuwo muti gusa, nimwikundanire uwanka yangare ❤