Arubahutse Pacifique NININAHAZWE😳😳Simbizi na Landry ntaco abasigiye🔥🔥Demana naramutwaye kwa Legentil

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 5. 07. 2024
  • Arubahutse Pacifique NININAHAZWE😳😳Simbizi na Landry ntaco abasigiye🔥🔥Demana naramutwaye kwa Legentil

Komentáře • 54

  • @Vitomixbdi-uz2fn
    @Vitomixbdi-uz2fn Před 29 dny +7

    Akamo TV mwitondondere abantu mukorana nabo nti muzagire ngo ni show Be carefully!!!!!!!!!!!

  • @Burundistartv
    @Burundistartv Před 29 dny +5

    ❤❤❤❤

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před 28 dny +4

    Koreshumwanya bicarike bige.Ndakwemera bro😂

  • @CarineNISHIMWE-kt4ss
    @CarineNISHIMWE-kt4ss Před 29 dny +6

    Gabanya itabi bro! Vuba nawe utagabaanije uramera nka Demana

  • @DeliciaKeza
    @DeliciaKeza Před 28 dny +4

    None ko mbona barikugutera ubwoba kandi wavuze ukuri? ukubura indero bivugwa kuri koreshumwanya gusa gusumba ba Pacifique naba Sinduhije birirwa bahangara Seburundi? Nihamwe nyene ukuri kubabaza ntakibi jewe mbona yavuze usivye gutanga impanuro. Noneho iyo uteye ibuye mubibwa ikibweja nikiba cafashwe!
    MWIBUKE YUKO UMWIDAGADURO UDAKUNDA ATAMAHORO

  • @Toutici6369
    @Toutici6369 Před 27 dny

  • @MANING41
    @MANING41 Před 29 dny +4

    Komerehumwanya ugiye Waba umugabo!! Ata guhengama uravuze amajamboarimwo ubwenge!!

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před 29 dny +4

    Non nyen vyakwer demana vyarakomey ewe abisimurikigoy yooo ewe baramukonesey pe

  • @Alexissindayihebura-re6oy

    Ewe koreshumwanya uvuga meshi niwigera uvuga ibijanye

  • @Evrosen12
    @Evrosen12 Před 28 dny +1

    Reka nitwengere ndegane. 😂

  • @thierryhakizimana343
    @thierryhakizimana343 Před 28 dny +4

    Ahubwo uyu niwe mu sazi wambere. Amacakubiri nayo amurimwo ararenze. Indero nayo n'umugani. Nohanura uyo yamukoresheje ikiganiro atosubira kumuha ijambo. 😢😢😢

  • @thierryhakizimana343
    @thierryhakizimana343 Před 28 dny +3

    Ewe CZcams uragowe ! Ibirobezo vyose , ibiburandero vyose barayora bakazana kuri CZcams. Nkuyu ishavu avugana ngaha kuri CZcams, amajambo akoresha mubona uwomutuma kuja kumara abantu atari kuvuza uruhwa gusa?

  • @danielmvuyekure
    @danielmvuyekure Před 29 dny +3

    Koreshumwanya urumugabo aho simbizi yavugiye wenyene n'a kwishure

  • @user-fb9sd2us4s
    @user-fb9sd2us4s Před 27 dny +1

    Koresh❤ ndakwemera san

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 Před 26 dny

    Ngo abamizirima benshi nibo barya INGURUBE, heavy statement right there.

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 Před 28 dny +3

    Koreshumwanya uvuze ukuri kabisa

  • @munezeroalexis6713
    @munezeroalexis6713 Před 28 dny +1

    Nivyiza arabiviga

  • @felexmacharia-yf5lc
    @felexmacharia-yf5lc Před 28 dny +1

    Nne ameze neza gute yiyumvira ko atererey umuntu murubanza aba yibwe cnke akoresheshe 100miles arira imyaka yose

  • @ndayisabajackson1441
    @ndayisabajackson1441 Před 28 dny +3

    Jewe ntaco mvuga

  • @user-jg8pt6qj9l
    @user-jg8pt6qj9l Před 27 dny +1

    Komera kabisa

  • @user-mf7gi8oh2i
    @user-mf7gi8oh2i Před 27 dny +1

    Gabanye urumogi

  • @Koreshumwanya-fj1np
    @Koreshumwanya-fj1np Před 29 dny +3

    Nizere ko mwantahuye??🤔

  • @jeanpierreniyonzima5613
    @jeanpierreniyonzima5613 Před 26 dny +1

    ikigwarudubi kiraho, none nkuyo avuga pacy gut??

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 Před 28 dny +1

    Uyu mutipe arajaganga mukuvuga ndibazako urumugi runurembeje
    Gusa niraba nabi umusumwe agasho karamurindiriye

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 Před 27 dny +1

    Koreshumwanya none ww ivyurya bijahe😂😂?

  • @FaustinNsabimbona-jw6pr
    @FaustinNsabimbona-jw6pr Před 27 dny +1

    Gabanya Amajambo ntabagore ivyo ntibiguhesha agaciro wangu usivye kumaramaza igitsinahungu

  • @PrincEloge
    @PrincEloge Před 27 dny +1

    🙄🥱🥱🛌🛌

  • @nibiziinnocent9179
    @nibiziinnocent9179 Před 28 dny +1

    Koreshumwanya ,urumuntu w'umugabo kabisa mpa lumicash yawe wew turajwe ishinga no gutsimbataza umutekano, abenegihugu barye baryame

  • @user-mc7lh6js3o
    @user-mc7lh6js3o Před 27 dny +2

    Icogipfu mwagikuyehe,,?? Zemuravugishabantu bafise displine

  • @WinnerKEZA
    @WinnerKEZA Před 28 dny +1

    Guyz none ntimuziko KORESHUMWANYA asara?

  • @user-rv4dh4ok3u
    @user-rv4dh4ok3u Před 28 dny +1

    Ndarengany kbx

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to Před 28 dny +3

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-kr1ct7pf2s
    @user-kr1ct7pf2s Před 28 dny +2

    Ingorane z'abarundi baraharara ntibakunda umuntu

  • @olivierndayikeza1650
    @olivierndayikeza1650 Před 27 dny +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @sambarodrigue1802
    @sambarodrigue1802 Před 28 dny +1

    Demana alikua kichwa acha kupinga Bro ntimba ubihakana fata ugire amatora yae wnyene na demana hama jury ushire famille Uone kama utamukuta Demana Pima

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana Před 27 dny +1

    Isabire nyamba vyarase muga ntakubeshe cn.dd efdd ntaco yoguha nabunyoni ari indani

  • @user-bj1wp9os4d
    @user-bj1wp9os4d Před 28 dny +1

    Urumogi ngo rusigaye ruzimbuts reka kuvuga USA bro habaya itabi nubwo ariwuryigirira

  • @arakazasuavis6812
    @arakazasuavis6812 Před 28 dny +1

    None nkuyu avuye hehe? iyi chanel nibandanya iza invoyou nkizi sinzogaruka kuyiraba uruntu nkuru ruvuga ibirofa nkibi?

  • @dieujolindayishikaniye6957

    Mb uw musaz wutunur yahorah niman irihangan ew burund uratunz indobo zifis amagur nama bok

  • @NdihokubwayoAbdallah
    @NdihokubwayoAbdallah Před 28 dny +1

    Nihatari ivyiyisi

  • @ReineGogoIrumva
    @ReineGogoIrumva Před 28 dny +1

    Mukiganiro c'iminota mirongo itanu namasegonde mirongo ine nimwe, muriko muravugishwa namajambo atarenza iminota itatu yavuzemwo? Yakoze aho murwaye kabisa

  • @julescesarngendakumana9986

    Koreshamwanya vuga iyo entertainment yanyu ,ibindi ntanivyo ,urekane abanganya level bivuganire,urumv ntibanakwishura kubera atokwishurana numu delinquent nkawe

    • @ButoyiJade
      @ButoyiJade Před 26 dny

      Hubwo aba delinquent basigay babasumvya ubwenge? Kuberik mukund abavuga nabi igihugu canyu?

    • @julescesarngendakumana9986
      @julescesarngendakumana9986 Před 26 dny

      @@ButoyiJade ukaba ushigikie inyifato yerekanye mur émission A à Z,shobora kwiha ishusho yawe kndi ntakuzi,
      Bonne journée.

  • @ndakenuyemotivation5235
    @ndakenuyemotivation5235 Před 28 dny +1

    Uwo mubono n'imbonera kure y'amacakubiri ntanubwo gusya agira n'ikigugu nka sebuja akes ahubwo ngaye uwamuhaye ikiganiro

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b Před 28 dny +1

    Nkiyi mbecile ivya politique irabizi? Wew buguburofa bwawe ntamutwe wa politique ugira siwe urimbonerakure kurusha abandi binumiye aha ejo vyohinduka ukirukanga mubandi bobo bafise Nivyo bivye bitwaje bagiye munazu yabo baguze hanze !! wew atanico ufise ugenda kuzempera mumakambi

    • @sese667
      @sese667 Před 24 dny

      Ntazi akamaro Pacifique afitiye Uburundi, n'abamwe mu ndongonzi z'Uburundi muri CNDD-FDD harigihe bakorera ku vyiyumviro vya Pacifique, uzi abana bazimira hama Imana igakoresha Pacifique biciye kuri Facebook, bakaboneka ? Abanyurujwe babonetse kubera Imana biciye kuri Pacifique ? N'ibindi ntavuze ...
      Ingorane ihari mu Burundi, hari abantu bashaka kwigira nkaho umenga nibo bakunda Igihugu kurusha abandi, bakaturenza urwamo ariko uravye mu bikorwa ugasanga nibo bambere batukisha Igihugu ...
      Umuntu akunda Igihugu ntarinda arabivuga, bigaragarira mu bikorwa !
      Gukunda Igihugu, ninokuvuga ibitagenda neza, kugira bikosorwe kandi dushize ku munzane (balance) ibitagenda neza mu Burundi, ni vyinshi kurusha ibigenda neza !

  • @HakimKashama-ek6ig
    @HakimKashama-ek6ig Před 27 dny +1

    Akamo TV be carefully abantu muha ibiganiro aba délinquants umuntu arahira kuri maman wiwe mukabishirako vrt😭 hama ivyo bihugu avuga vyaraturenze saaana hama pacifique ivyo akora ni vrai patriote gusumba uyo mu délinquants !!! Akamo TV be serious

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b Před 28 dny +1

    Nawe akaga journalistes nciye ngira désabonner iyi Channel izorabwe nimbonerakure gusa apana abarundi Bose nabanyamahanga hama tuzorabe ahizogera !!

  • @ismaelirakoze7700
    @ismaelirakoze7700 Před 28 dny +1

    Ufise imvugo mbi koreshitabi
    Ayo macakubiri yawe bagucunge