TOP10||RABA ABARIRIMVYI 10 BATUNZE CANE MU BURUNDI 2020|BINJIZA UMUPFUNGO KURI YOUTUBE|RICHEST ART..
Vložit
- čas přidán 30. 12. 2020
- Mur'iyi video murasangamo Abaririmvyi 10 batunze ndetse Baninjiza umupfungo kuri CZcams.
Muramenya ayo binjiza ku kwezi ndetse no ku mwaka.
Read more on X DASH: xdashmedia.com
Follo US On Social Media
Subscribe to X DASH: bit.ly/352TBPM
X DASH on Twitter: / xdashburundi
X DASH on Instagram: / xdashburundi
X DASH on Facebook: / xdashmedia
TikTok: www.tiktok.com/xdashburundi/
All right is reserved as the copyright owner.
(X DASH Studio)
Ndagomba.mundukorere top yamahera aster babarundi baronka mwuyumwaka wa2022
Rek rek ivy nivyaker shaa rek kuduhend
❤❤❤❤❤❤
Wew. Imana ntizogucira urubanza uzoja mumuriro direct. Aho urumva urikuvuga canke uri kwaya gura. Nze murareka kubeshera abantu nkubu bomurara kwizosi ngwafise amahera ntiwumva kwariwe wobubishe 🤔ngo bafise amahera kandi bisonzeye. B face arahanura ariko ntimwumva. Abashigikiye mpa like
Congratulation SAT-B yaraye ashikanye 1Million views song yiwe Feel Love tukaba tumukeje
I dont mean to be so off topic but does someone know a way to get back into an Instagram account?
I was stupid forgot my account password. I appreciate any assistance you can give me.
Ndamukunda cane b face na sat b mungu awajalie Tena wapate pesanyingi zaidi
Le roi c'est le roi , félicitations pour toi king Sat-b
Kabisa
super
Good
Nimuduhe urutonde rwabaririmvyi batunze 2022
Nakubali bro
Safi Sana 👍
Ndasaba mundukorere top yamahera abaster baronka kuri youtube muri 2022
In music there is money actually binjiza menshi gusumba nayo
Sha je ntavyo nemeye pe 🤣🤣🤣
😂😂😂 rekaaa shaa
👌🌷
King bat b
Aho nimutubeshe
Nice iburundi
Muduhe ivya 2021 ukobipanze naho
Amafranga y'amadolari...!
Marshall ub nah bir gt?
Sat b Wawoooo
Ntayo
Wap ntayobinjiza kbs
Bro umecanganyikiwa kabisa.
Ivyowavuze ntibitonze.
Kuko burikwezi abantu ntibara indirimbo kumwe bisigura ko ayumuntu yinjiza ari variable.
Gusa iyuhengamiye twahabonye
Duhe update none
Murakoz ivyo nivyo twari dukeney
Nivyo ntabubesh
Respect my name Mr BIZIMANA Abubakar
Hama aba kobwa nabo
N'ukuvuga kw'abo bose ata n'umwe apanze canke afata bus!!!
Hhhhhhhhhh uratwenza kwel
Love 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💕😂😂😂😘😘
Satellite wa buja yubahwe
Mumureke avuge ayashatse mwamuterereyangahe kugira asohore video yiwe mumureke yikorerakazi nuko papa zuraduhurusakusha ndakwemeye🥰🥰🥰
Buza utubwira Aho bageze ABA sani bacu
🤘🤘🤘🤘👍
mureke kutubesha
Kbs
Wasaze shaa,,nka Olegue akiba kwasewiwe atazi ibeyi yamamesa nigitunguru ,,wovug numuririmvyi wahe?kwanza urya Sumu Star!!!kutavuz Kirikou ? Kirikou asumvya abo ba Alvin Smith n'a Olegue
Bamuhayr ogiturire
Iyo research siyo ndayase
Ivyo ndavyemeza kuko Sat B arazi kwidandaza
😀😀😀😀😀😀😀
Wew iyo lister yawe sio uyo mutimbwe bukurububeshi sivyo
Urabatwenga😂😂
Ibintu vyiwacu nihatari ntawushikana 100millions kumwaka kur CZcams channel
Ububesh come 🤣🤣🤣🤣🤷♂️
🤣🤣nibwo butunzi wasaze ahubwo
Ntubeshe kbs kuko SAT-B arabarusha kuko ntamuririmvyi numwe arakwiza incuro 2 one Million views kandi abarusha naba subscriber
Ububeshi comme
Ubwo nububeshi ntamahera anganuko binziza kuko ntibaba babaye mubuzima nkubwo tubona iyaba binziza imiliyoni zinganuko kose
Hhhh mbega classement ityoshe🤣🤣🤣 gusa komeza biratuma entertainment iryoha vrt
Wap simvyo nagato
Karume niko yamy ni mwenye kipaji
None kwayo mafranga ari menshi mugabo bakaguma baba mumazu bapanze?
Nyimba ar'amatungo yo kuri youtoube nyene!!!
Okay czcams.com/video/qRJjgadlKcw/video.html
Sat b yubahwe ibikorwa birivugira
murakoz cn
Kumbe you tube inalipa
Burya olegue Chaine arigukorerako harumwaka imaze 🙆♀️😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Urakoze
nico gitangaje kandi bigaragaza kwariko akora neza akazi kiwe gakurikirwa nabenshi
@@xdashmedia duhe amakuru yabamenyeshamakuru Channel za Isaac Tv , Hit Top TV , Siren vibes tv .....
Bro bandany udukorer am video meza nkay muta
Ibisivyemera bro
Ubuzwa niki kuvyemera kandi ubona abarundi baronka amahera make cane kuri CZcams uzi amahera arikuri youtube wewe. Mubindi bihugu abasani bababazwi binjiza muma 100 milion canke 80 milion mumwaka.
Katakama hivyo Fizzo atabaki burundian billionair
🔥🇧🇮🇷🇼
Warasaz ndagutwenze gusa ubipfurza ivyiza
Ahomaher bayashurah nn
vugivyiwanyu ivyino ntavyo muzi
Kubesha ntakindi nnn kobayinziza ntibagure amazu babemw
Ariko ayo mafaranga ni make nuko ari Abarundi
Iyo taux de change uyikura h?
yumvirize neza kunago yayo nayivuze igene yitwa muri introduction
None komiharir ntimwoja kumbug zabo mukabihinyuza
Natasha wew ko mutamushizimo
Natacha niwe akenye gusumba abandi
X Dash keep it up bro!!! I suport You!!
Thanks! Will do!
Orege katanumwaka arakora mwamenyegut koyinjizayomaher??
egoo nukuri kurubuga sociale blade.com barerekana ayoyijiza ku kwezi no ku mwaka
@@xdashmedia woduha iyo link ubirabirako
Nt olegue yinjiza ay mahera.kk ntabw arakor indirimbo za hatal nta numwak aramara asohor am hit murek kubesha
Nabahende neza😂😂 olegue kl😂😂😂
Boba bagifata bajaj baronka amahera nkayo
Ukwonukuri kwr??
canee gosee
Acheni wivu Natasha sumuririnvyi wigihugu nawe cank? She's 1
Bavuze you tube wee
Mugabo nanumwe adapanze kandi wumva baronkabenshi
Nibarikimitwe batunziki bapanze
Ahubwondatangay 😅😅binjizayo bakaba bapanze oya nukubesha
@@gygygyslaine5016 nikinyoma
Kura ubujinga ngaho ham Kirikou ww ko atari muri liste uraz aba followers afis rka sha, ba Natasha Bose no muri top ten ntibarimwo rka izo comédie.
Kubaririmvye banyegeje aba abonnés babo kur chaîne zabo, irya social blade ntiheza ngo yerekane ama donné yabo. Kumbure niyompamvu batashoboye gu classa abobandi baririmvye. Ariko c'est bon
Ur sur k ayo mahera bayakira kukwezi koko!?🤔
cane gose nukuri barayakira
St b
Bose barapanze😂😂😂😂 ivy ubukur hh
Urabesha sibose bapanze Nico gituma uvuze ivyo utazi kandi Na diamond Bose barapanze ntibigutangaze
Aho wihendeye nukuri sat b .uravye vie yiwe ntayo mahera yinjiza.besha abandi man
Umeny ko ariw aronka vues nyinshi mubarundi birabe,akisha utuliye
Olegue gusa
🤣
Hhhhh rek guhend abantu nt olegue aragera kwinjiza amahera nkayo
🤣🤣🤣🤣🤣🤣reka sha amwambike amapete
Nimwiririre olegue muragenda mubaz kuri video zibiri gusa yaraguz numuduga biciy mundirimbo ziwe ,genda mubaz mumeny ukuri,akisha mutuliye
Barinyuma kbs abandi binjiza100mille mumezi
Iyo research siyo ndayase