Intahe y'Umwigeme yanse kugira MARIAGE//Abagabo baturondera ngo tubabere abahabara//Ingo zubu

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 6. 07. 2024
  • Umwigeme w'umurundi yanse kugira MARIAGE//Abagabo baturondera ngo tubabere abahabara//Ingo zubu
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
  • Zábava

Komentáře • 188

  • @tantineirakoze1961
    @tantineirakoze1961 Před 19 dny +54

    Ababonako uwo mukobwa afise depression yo kubura umugabo mumpe akantu aho munsi🇺🇲

  • @nkurunzizahubert7011
    @nkurunzizahubert7011 Před 19 dny +13

    Ntuzi ivy'uriko urahomba wangu. The best pleasure in this world is to have a child/family. There is always a cost for anything.

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 Před 19 dny +12

    Mushobora kubona abantu bigira aba analyst bikaboneka ko ukuri ari kwinshi muga nkuyu kubunini ndamubonana , nubushake sikirenga canke akaba atagifise namba ibaze ngo ararenza 30 ans none iyo marriage yarayifuje mpaka imyaka irahera iyi ni prolongation ngo aracari jeune, intwari tubibona kumwe murihooo😅. Caho hasi mukandeho

    • @georgeskwitegetse680
      @georgeskwitegetse680 Před 17 dny

      Elle est intelligente même si sa logique n'est pas convaincante.

    • @sylvaneirigizimana1062
      @sylvaneirigizimana1062 Před 7 dny

      aratwenza ngo ibandi zibiri zahuye zishira ubu bandi bwabo hamwe.ingo zibanye neza zirahari atari bandit muko.vyose n,ugusenga.yezu aracari ku ngoma.aho nuko ukifise abavyeyi bagusumira.gusa buridyoheregwa

  • @blackseakboy1087
    @blackseakboy1087 Před 17 dny +1

    Ohhhhh elle a 1000 fois raison 👍👍👍👍👍👍👍👍 je suis rwandais en diaspora c est la première fois que je vois une personne qui panse exactement comme moi 👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍

  • @richardniyonkuru3650
    @richardniyonkuru3650 Před 19 dny +16

    Wabuz'uwo muhuza reka reka ingo nziza zirahari

  • @kwizeraanitha5281
    @kwizeraanitha5281 Před 19 dny +5

    Ndakunda umuntu yifatira ingingo nivyiza gufata ingingo nkiyo mais ukirinda kuvyumvisha abandi.ikindi ntubeshe ingo nyinshi zibayeho juste kugira ziprotege abana babo.

  • @user-ug1xz2gf6t
    @user-ug1xz2gf6t Před 19 dny +7

    Jewe nibazako iyo défense yiwe umuntu ashatse yomutahura.
    Warabuze utegerezwa kudevelopa ikintu ca légitime défense.
    Sinon numunyeshure abonyeko abize imbereyiwe akabona ntakazi baronse bohava baca babiheba ngo kwiga ntaco bimaze

  • @kimana8818
    @kimana8818 Před 19 dny +4

    Burya kurino si iyo ushizemwo ubweng bwinshi ntaco ushikako n'ijambo ry'Imana rivugariti abafis imitima imez nkiyabana bato nibo bazobon ubwami bw'ijuru. Ntanahamwe hatar ingoran nub utubatse ntazo ubuze. Kandi ingo nziza zirahari

  • @GraceIrakoze-sv7kp
    @GraceIrakoze-sv7kp Před 19 dny +2

    Gaël ndagukunze cane Uzi kwishura.uyo mukobwa Nawe,Imana imukize ararushe.

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 Před 17 dny +1

    Wirambire.sha nini nukonyene ntakuntu wohangayika uzikuriguhangayikira imwanumwe cank babiri hhh ukazubona azanye abandi ahonajewe sinomwemerera kwle so.amashugwe yawe 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @TaylorKing-ye7hu
    @TaylorKing-ye7hu Před 19 dny +3

    😂😅 Ukwo nukwihagararako kuko Imyaka yaramaze kumujana ntiyoba akironk uwumutwara😂😅

  • @jabedendayirorere726
    @jabedendayirorere726 Před 18 dny +4

    ntawutabishaka niwemere ko wabuz

  • @HubertNisubire-vu9pt
    @HubertNisubire-vu9pt Před 19 dny +3

    Gaël mumbwirire KO hariho abubatse neza knd ndakurahiye n 'ijuru rito gusa uyo yaramaze kononekara mumutwe ngo ugiye mission 2ans ntiykwihanga mbega utararongor ntivyakunda mbega yemwe ndamuhanuye aseng Imana izi gutang izoguha Abo bagabo badafise izongeso knd bariho uvyumve

  • @appolineniyonkuru9157
    @appolineniyonkuru9157 Před 19 dny +4

    Nigake abantu bubatse neza bishirako kuri statut kuko mumutima wabo barabizi ntawobakeneye kwemeza kuri statut,wemeza umuntu ikintu kitahari .Aho urihenze gushirako statut uwomwubakanye sivyo vyerekana kumukunda,nifamille nyinshi ziri discrètes zikundanye caaane kuko ibintu vyiza ntibaguma bavyerekana,ahubwo abenshi bishirako nukwemeza kubera bubatse nabi

  • @chefBlackbeauty03
    @chefBlackbeauty03 Před 19 dny +2

    Nimba udakeneye kubaka nibisanzw kandi naho nyen stress nizibura.kuko stress urayifise kuko ubwa mbere niwikunda kuko umuntu yikunda akora aga sport.iyo nda siy 'umukobwa...

  • @Iteritekaivonvi
    @Iteritekaivonvi Před 13 dny +1

    Usanga arimaraya gaïl

  • @queenkellygateka7099
    @queenkellygateka7099 Před 16 dny +1

    Hello Juste Gaël
    Merci kuri interview
    Je pense que chaque personne a l droit d’avoir son avis opinion
    Kandi elle a raison sur des points
    Gusa urumva ko ari perdue dans ce qu’elle dit
    Mais je crois yuko umutumire wawe afise des blessures de l’âme(kandi zikomeye)kandi heureusement izo zirab traités
    Merci

  • @aftapat5365
    @aftapat5365 Před 19 dny

    big love ❤️ 🇨🇦

  • @benibertrandiradukunda8574

    Titré wakoresheje sivyo yavuzemwo😊

  • @alineniyomwungere3789
    @alineniyomwungere3789 Před 19 dny +2

    Uyu mukobwa agira ukuri kwinshi gusa yahuye n'abantu babi yihuta gufata ingingo ariko kuko ubereye ivyiza , Imana izogushoboze gusohoka muri izo groupes iguhuze n'abantu beza barahari kandi ni benshi

  • @user-xt9cy8gu3c
    @user-xt9cy8gu3c Před 18 dny +1

    Gael…ndagushigikiye kuri décision yo kutazorongora. Ni choix yawe, abantu bose ntibazovyara, ntibazogira mariage. gusa hariho ingo zimeze neza. Problème, abarundi ntidushaka kuvugisha ikuri. Ivyo ariko aravuga vyinshi nivyo.

  • @orie-grettamunezero9320
    @orie-grettamunezero9320 Před 19 dny +1

    Ndakwemera di Sister ❤❤❤

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza6731 Před 19 dny +7

    Sha Gaël usigaye ukoresha ibiganiro bitubaka.usigaye utuvangira

  • @dianekamariza5174
    @dianekamariza5174 Před 19 dny +1

    Vyiza canee.

  • @igiranezafernand974
    @igiranezafernand974 Před 19 dny +5

    @UMUKUBITO umviriza twumvikane apana ivyo bintu baba bazana abo bantu bavuga ibintu vyabo bishakiye, uvuze ngo ntiwokwihangana agiye kumara deux ans muri mission, 👽kare mutarabana uba warubayeho gute??????????

    • @xenabizindavyi6414
      @xenabizindavyi6414 Před 19 dny

      Ubivuze nez "mutarabana uba war ubayeho gute?" Ntibari bwabane yar akir inkumi ntiyar bwaje kur fréquence y abubatse
      NB: sinshigikiye ubusambanyi mais raba umuntu w umwizerwa pour éviter les regrets mu nyuma

    • @igiranezafernand974
      @igiranezafernand974 Před 19 dny +1

      @@xenabizindavyi6414 En fait, ibintu vyubu nuko vyamaze kwononekara, kwihangana ntaco vyari bitwaye vraiment. Gusa sinzi ko vyamyeho cank arivyubu bishasha. Ariko ntawuzi iyo bizoherera muze muhanura abana banyu si kizima mubibona

  • @Allmediaworldvrf
    @Allmediaworldvrf Před 19 dny +3

    Uwo mukobga ndamushigikiye azoshike ku ndoto ziwe
    Bible nayo iremeza ko atari bose bazogira mariage
    Matayo:18:10-12
    Gusa yigumye adasambana

  • @cheriewanje5415
    @cheriewanje5415 Před 17 dny +1

    Jewe ndagukuze cane kuko ivyuriko uravuga birunvikana cane

  • @Floxa9030
    @Floxa9030 Před 18 dny

    Urakoze kunyibutsa ko vendredi ndondera ahar akayeri gakanye n brochettes iri fresh😂😂😂

  • @ericmusuku7865
    @ericmusuku7865 Před 7 dny

    Maison de passage est mal connotée,informez vous!Babikureko😮

  • @evelynejonsson8231
    @evelynejonsson8231 Před 19 dny

    Très intelligente

  • @benigne331
    @benigne331 Před 10 dny

    Abagore babanyafrica baragowe nta freedom bafise yukubaho uko babishaka. African society very judgemental😢 uriberaho uko ushaka very brave 👏

  • @benigne331
    @benigne331 Před 10 dny

    None yesu ko atarongoye ngo avyare aduhe akarorero😂😂😂😂

  • @BrillantHarerimana
    @BrillantHarerimana Před 19 dny +2

    Uwo yabuze😢😢

  • @user-kf4gv9lx9f
    @user-kf4gv9lx9f Před 13 dny

    Wamukobwa we nibaza ko wakomeretse ,ingo nziza zirahari si ingo zose zibabaye

  • @valeriemanirakiza3070
    @valeriemanirakiza3070 Před 18 dny +1

    Nta mafaranga akiri ho ya maison de passage

  • @user-lm9bo4qd4v
    @user-lm9bo4qd4v Před 17 dny +1

    Urakwiye gutanguza association yitwa twirande bishonostse tubivemwo

  • @Diego83Official
    @Diego83Official Před 18 dny +1

    Uyo mukobwa Wumugore Azogora peeeee!!!!

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl

    Ingo zubu nyinshi zarahukanye

  • @EliotRUMURI-kh7tb
    @EliotRUMURI-kh7tb Před 15 dny

    Uvuze ukuri nuko tutazinanye nokuguriye akantu kuko urumunyabwenge

  • @fracineniyimbona2965
    @fracineniyimbona2965 Před 19 dny

    Aniella wanje ❤

  • @angeakeza6542
    @angeakeza6542 Před 19 dny +2

    Unomus mbaye uwambere

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx Před 19 dny +1

    Umwe wes nama hitamwo yiw

  • @baziruwihaezechiel7377

    Ugwo ruda nugwinkumiii ??

  • @nadiavyukusenge4970
    @nadiavyukusenge4970 Před 17 dny

    Reka sha warabuze uwo muhuza nkanje hamo😂😂😂.vugisha ukuri

  • @gahungualain-desire719

    😂😅

  • @akimanaomar9296
    @akimanaomar9296 Před 10 dny

    Kuyindi mpwemu

  • @nnk8709
    @nnk8709 Před 18 dny +1

    Hariho ingo nyinshi zubatse neza cane

  • @user-cp6tf2wq8l
    @user-cp6tf2wq8l Před 17 dny

    😂😂😂

  • @TUYISABEGloria
    @TUYISABEGloria Před 19 dny +1

    Sha none uzocusazira iwanyu ngo wase stress ubu none nta stress ufise canke uzogira ufatewe numugabo sha mukobwa nimba utararonka uwomuvyunva kimwe niwiyakire mugabo ntuvuge ngo kurongogwa ni stress Ikidi ivyobigabo mwicarana bakanka kwitaba abagore babo sha ntibotuma murongogwa Ikidi nokubwira urongowe ukavyara abana umugabo naho yogutesa abana baraguha umunezere Hama ntiwigagarareko ngo usazire iwanyu ngo ntangonziza ziriho🥵

  • @esperancehabarugira1706

    Mu kirundi bavuga ngo ntazibana zidakomanya amahembe n'abavukana birashika bagakubitana kandi basangiye ibere tureke uwo muba mwahuye mykuze. Ntace intege abigeme kwubaka si ingorane kuko nawe yavutse kubera abavyeyi biwe bubatse.

  • @user-ke6tm1ku7h
    @user-ke6tm1ku7h Před 19 dny +1

    Çanke warabuze niyo'ntuma. Uje kwiyerekana. Gira'uje kubaka

  • @thatburundianlady
    @thatburundianlady Před 19 dny +1

    Iyo exemple ya 500M niyo intahuje neza uwo uwariwe. Donc ari prête yokwidandaza pour le bon prix? Girl you need Jesus niwe wenyene yoguhaza.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před 19 dny +2

    Aba nibamwe baguhenda ukamutwara afise 40ans yashika murugo ntanavyare kubera ama pulire meshi yanyoye murivyo wumva birirwamwo muma weekend aho naho atakwanduje imigera wapi abakobwa nkaba sibo izo philisophie baba basigura womenga nizo muga nuburozi kandi mwenabo ufise umwana wawe uzomurinde kugendana namwene aba bakobwa bafise izo nyigisho kuko birangira bamuhinduy mumutwe yumva umenga nivyo bikarangira umwana agupfuyeko ubusa naho yoba yari mwiza gute?none nkuyu womutwara ngo numugore utwaye aba naho umutwara ko adaheba ubuhehesi bamenyereye gutaha ijoro cank bukeye.Ipu.ivyo yavuz nutuntu twaba infidèle nkawe yagiye arafatirako muga si cas général kuko ingo nyinshi zubatse kandi zubatse neza ziriho tugize na rusasuma abo avuga sibo boruta abubatse neza badacana inyuma.

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 Před 19 dny +1

    Genda wubake naho harengeranye ingo nziza zirahari

  • @cedricmpfukamedusenge361
    @cedricmpfukamedusenge361 Před 19 dny +1

    Uwomukobwa baramwishe mumutwe! Donc ntavyiza nabimwe abona %%

  • @kwizeraanitha5281
    @kwizeraanitha5281 Před 19 dny

    😂

  • @PIDTeam-ln8my
    @PIDTeam-ln8my Před 19 dny

    Icogikobwa ko kizi ubwenge🎉

  • @nahimanajadot
    @nahimanajadot Před 19 dny

    Ndamukunze uyu muntu 😅😅

  • @IcoyitungiyeTharcisse
    @IcoyitungiyeTharcisse Před 18 dny

    Iyo ni ndaya mbaya

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 Před 17 dny

    mpore sha sister n'uko utazi ingo zubats neza wari gucutahura ico wabuze

  • @herveiratunga3656
    @herveiratunga3656 Před 19 dny +1

    Hariho uturwara tumwe tumwe dutuma be nabo batubaka banka ko kwa muganga ngejeje aho

  • @montfortntungicimpaye732

    Babu arasaze😅

  • @Jo-kx8le
    @Jo-kx8le Před 18 dny

    Afise UBUHANZA😮

  • @aliceakimana1547
    @aliceakimana1547 Před 17 dny

    Huuuuuuuum

  • @ndabakundamwese
    @ndabakundamwese Před 18 dny

    44:35 harakaze haaaa

  • @isidoniengendakuriyo4104

    Ew Anniella sh😂😂urakoze kunteramisha

  • @mukasicomedian8357
    @mukasicomedian8357 Před 17 dny

    L'unique fois que j'ai vu la fille, j'ai noté que son comportement ne lui permettrait pas de fonder un foyer🤷🤷

  • @valeriemanirakiza3070
    @valeriemanirakiza3070 Před 18 dny

    Uri mwiza kandi, mugabo ugire spirt

  • @nicaisenkurunziza3932
    @nicaisenkurunziza3932 Před 19 dny

    Kuyindi mpwemu idasanzwe

  • @CongeraClaudine
    @CongeraClaudine Před 18 dny

    Bon d.une part ivyo uvuga vyuko wobanza kwitonda ,ukarondera birumvikana ariko sha kutubaka navyo avec le corps sinibaza ko utazisanga m.ubusambanyi!!,nibaza ko wosenga Imana irafise uko yateguye uko uzobaho Kandi sivyiza kurabira kubo vyashikiye nawe ugacuhita wibaza ko bizokubako.

  • @PrudenceTuyisabe-rc5ov

    Wamukibwa nimba wew umubiri waw warakwankiye genda muvyawe reka abarose bubakane nimba wew utarashimwa buriyungiye ubucuti nicupa Hama ureke kubiba ivyiyumviro bibi mubandi ahubwo ninkuwagusize kuri runo rukuta.

  • @Twese.01
    @Twese.01 Před 19 dny

    Ikibazo nuko aba jeunes turabanirako naka ararongoye, turangana , twariganye ,etc. Familles zacu nazo zituma abana bihutisha mariage , uja wumva ngo uzotwereka umukwe/umukazana ryari? Abandi twiraba imyaka dufise ukamenga harengeranye,ntibihe akanya ko guhitamwo neza. Ikindi ntitwibagire abantu bakireshanya biba biryoshe ,ariko akarimi kakuresha siko kagutwara. Kandi umuntu amaze kwubaka vyinshi birahinduka. Nta formule y'urugo rwiza ndabona kiretse gusenga.

  • @user-zb9gs5qw7b
    @user-zb9gs5qw7b Před 19 dny

    Nivyakuzamwo ntuzobihagarika (I mean gushaka ).Ikindi Kandi ntuzohanure umuntu gushaka canke kwimuka. Ifatire ingingo ku giti cawe..

  • @EliotRUMURI-kh7tb
    @EliotRUMURI-kh7tb Před 15 dny

    Ikintu uvuze kitarico nuko atabantu bagumyibanga, baracariho baruzuye

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 Před 19 dny

    Shaa nanje kuba nibereyeho atamugabo tubana😂😂birampamahoro gusumba3nkibana numugabo esukuntu yaryumutima😢😢

    • @user-vr9uh6uq5t
      @user-vr9uh6uq5t Před 19 dny

      Mpole mama😢😢😢

    • @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu
      @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu Před 19 dny

      Iyo ni mauvais choix du conjoint c'est tout reo mudashira hamwe ingo zose kuko hari abamerew neza muma foyer yabo

  • @sindayikengeracelestin5444

    Ko uwo " mwigeme" asa n' umu maman; ni gute?

  • @christella5092
    @christella5092 Před 19 dny +2

    None ko muvugako ubuzima buzimvye ntagitoro,ntamuyagankuba,izonzoga nizondaya abobagabo babigura amahera bakuyehe???????ko ivyovyose bidahagarara kandi ubuzima buzimvye nicogituma urumva bahitamwo kuryoherwa ntibakore ibikenew bihuye nuburyo bafise noneho bagahitamwi kwinezerezakubi murubwobuzima buzimye sawa nyene none ko mudahindura ubuzima mwarimubayemwo ngo nuko ubuzima buzimvye??nikibazo

    • @userk23456
      @userk23456 Před 19 dny +2

      Iki kibazo mpora ndacibaza,kuberiki abarundi baguma bidoga ariko bakabandanya bwabuzima buzimvye.
      Gute harabagabo baguma mu ma bar,kumusi batanga amahera menshi,ariko munyuma ngo ubuzima burazimvye.
      Even na president arabivuga ariko bakamutuka,bavuga ngo ubuzima burazimvye ariko nibo bambere bonona amahera.

  • @user-fv1gu1bz6v
    @user-fv1gu1bz6v Před 18 dny

    Ndiko ndarota 😂😂😂,uwo ni Aniella

  • @alinenduwimana5859
    @alinenduwimana5859 Před 18 dny

    Unywana inzaga nibirara vyindaya,nico uvuga ivyo

  • @yvesirakoze237
    @yvesirakoze237 Před 19 dny +1

    You’re tired

  • @user-hf6zd4ni7x
    @user-hf6zd4ni7x Před 19 dny

    Intwarikazi zibah kabisa ako kanyuma nik gakaze mariage c'est une Ese ariko uwiwe ntaraza.😅😅😅

  • @PrincEloge
    @PrincEloge Před 19 dny

    Aho ntimushobora guhuza Gaël 🤣🤣😂😂hama jewe ico nibivugako kumuntu wese yaba uwutarongoye canke uwutarongowe canke uwarongoye cnk uwarongowe bose bafise choix yabo

  • @cheriewanje5415
    @cheriewanje5415 Před 17 dny

    Abashakashatsi bavugaka ubwonko bwumuntu bura gushika 26 ansa wamuntu ushaka kueogogwa canke kurongora rindira urengeje 26 ans

  • @najmahnana5598
    @najmahnana5598 Před 18 dny

    😂😂😂reka mbaze seke muko kombona washaje raba badi uvyare akana utazopfa atakana kakwiya mama kuko kwitwa mama biraryoha cyane jewe nkubu niyo norara mwigori ariko umwana akarara ariye nuva umutima wanjye unezerzwe ntakiryoshe nkokwubaka nokuvyara 😂

  • @vincentnyandwi6144
    @vincentnyandwi6144 Před 18 dny

    Ikindi mwenabo bigeme namabandi uyo mumutwe wiwe ashaka kwisumamwo gusa ahura nuyu bavana kumugoroba ahurq nuyundi

  • @richardniyonkuru3650
    @richardniyonkuru3650 Před 19 dny +1

    Uwo baramurashe mumutwi

  • @PieredemptionMfurayimihe-mf2ql

    Uzogire ubushakashatsi bwabo ba garçon manqué,niho uzotahura igituma badashaka kubaka,bubatse naho bagira umubabaro mu ngo, bavutse bafise ubwo bumuga.....hama nihanganishe abagabo bisanze bubatse naba garçon manqué,muri abagabo babiri munzu.

  • @Kakakakmmmmbbbbb
    @Kakakakmmmmbbbbb Před 19 dny

    Wamukobwa we Reka guharabika ingo di ingo nziza zirahari nyiishiii nambi nuko rero Rekana nubwo bujambo kwanza winjira gute muvyabubatse utubatse?jembona kwanza ugomba kumera nkulesibiene ariko sorry nimba atarivyo arivyo naho bivemwo utazoranduka kuko ivyovyiyinviro urimwo bisa nkibikuganisha habii

  • @ninetteba433
    @ninetteba433 Před 18 dny

    Iryo jambo jew nama nabivuze yuko riremereye cane et cane mumahigwe no mumarushwa,benshi bapfa kurivuga bataryiyumviriyeko

  • @Twese.01
    @Twese.01 Před 19 dny

    Jewe mbona yuko uyu mutumire ivyo avuga harimwo ukuri 90% . Kwubaka ni choix personnel , ni vie privée abandi bantu badakwiye kwinjiramwo . Kwubaka no kutubaka ntawo biba bikwiye kuraba . Abantu benshi bubaka kubera environnement social na pression sociale.

  • @DalitsoPhiri-wb3hn
    @DalitsoPhiri-wb3hn Před 18 dny

    UW yarabuz nuwukimusab

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 Před 19 dny

    Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾👊🏾,ikiganiro cari ciza ,Love from Sweden 🇸🇪

  • @emmanuellairambona3749

    Jeune à + 30 ans?
    Kuvyara hariho imyaka ma chérie
    Kurera aussi ugishobora

  • @user-ry4yo1xq3o
    @user-ry4yo1xq3o Před 18 dny

    Reka gusukana we ahubwo warabuz kuko ingo zos ntizubats nabi

  • @bizomenyimanaelias5455

    gusa biraboneka kuyu mukobwa arikwicuza

  • @kalisainnocent3
    @kalisainnocent3 Před 18 dny

    Umukobwa wumukene umuhungu wumukene igihe ufite uwagukunze ari umukire ntakibazo ark niba mwese mukennye urugo wapi ntimurwemerewe

  • @ericnzambimana6875
    @ericnzambimana6875 Před 19 dny

    Reka kubesha niba wewe kitaracamwo reka😂

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd

    Mwenabo Batinya mariage kubi hamwe ninda hamw na low battery ntakindi

  • @tuyagirevanessach8883
    @tuyagirevanessach8883 Před 19 dny

    Uyu mwigeme/umurondo, ndamukunze cane. View yiwe kubijanye na Marriage nanje ndamushigikiye. Hanyuma ADN/DNA yoyo irakenewe murasa cane, nukuraba neza

  • @user-xt9cy8gu3c
    @user-xt9cy8gu3c Před 18 dny

    Ndasavye numero y’a Gaël