AMASENGESHO YABO IRAYAGAYE

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 20. 08. 2024

Komentáře • 35

  • @girukwishakaclaudine5374

    Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri
    Imana ikongere Mpwemu yera nukuri

  • @etcexpert_topoconsult5306

    Ndakwemera kabisa

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 Před 2 lety +5

    Imana ishishikare kugukomeza,mukozi w'Imana.
    Amen.

  • @yayatoure9436
    @yayatoure9436 Před 2 lety

    Nshatse kuvuga kwabo bavuza Umuziki, bisa nuko yariko arasakuriza uwuri gusenga. Muze mwigora, nimba ari gusenga, uvuze umuziki ujanye no kwicisha bugufi kandi upunuze ijwi kugira abe ariwo yumvikana kurusha. Erega natwe turavuze, ariko kutubahiriza umwanya wogusenga, vyohava bituma muhanwa n' Imana. Murakoze.

  • @user-nu7cv3rt2w
    @user-nu7cv3rt2w Před 2 lety

    Amen amen can Papa imana igukomeze murakoze can

  • @alinenyiramugisha1677
    @alinenyiramugisha1677 Před 2 lety +1

    Imana y'amahoro niguhe umugisha kandi igukomereza amaboko mukozi w'Imana isumbabyose

  • @deomunyarentwenzenibutse527

    Mukomeze guhezagirwa mukozi w'IMANA

  • @murokerecyusa7589
    @murokerecyusa7589 Před 2 lety

    Yewe nibyondo tugotomera pee imana iguhe umugisha utagabanyije

  • @salimamanirakizaimanaibahe3433

    Iki gihe hakenewe ubutumwa nkubu🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @salimamanirakizaimanaibahe3433

    Amen Amen Imana ibahezagir ibongerereze Amavuta

  • @marlynejordy5508
    @marlynejordy5508 Před rokem

    😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂,Uyu mugabo ndamukuze pee,turacafise abakozi b’Imana baba Authentic vyukuri.Mbega umukozi yuzuye amavuta,Ubutumwa bgiwe nta bunebwe,msg uyakira uriko uratwenga,agaheza uhezagiwe kandi utsinzwe mu mutima,Imana ikuzigame yongere igukomeze Mukozi w’Imana,Ubandanye utegura umugeni wa Kristu.Uhezagigwe
    Iyi channel ndayikunze cane,nta pub idiciramwo mwijambo,Imana ihezagire équipe technique

  • @zeguetchalu5126
    @zeguetchalu5126 Před 2 lety +1

    Vraiment wavuga ukiri nuko beshi imutima satani yamaz kuyikomantaza🤕🤕🤕😠

  • @jonathannimubona9874
    @jonathannimubona9874 Před 2 lety +1

    Amen

  • @jeanmariensengiyumva8439
    @jeanmariensengiyumva8439 Před 2 lety +2

    Naho nzoba nsigay ndumw nzokwiririza inyigisho zawe kuko urigisha bihagij

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 Před 2 lety

    Urakoze mukozi wi mana wibereho kubutumwa bwiza

  • @jeanmariensengiyumva8439

    Amen Amen

  • @kimeregyslainbi
    @kimeregyslainbi Před 2 lety

    Amen.

  • @samsunga10s48
    @samsunga10s48 Před 2 lety

    Uziko babigize umugenzo ngo baravugishwa🤭🤣pasta imana irushirize kuguha imbaranga nukukurinda ubigishe kuko urimuribamwe badatinya kwemanga kuvuga ukuri👌🙏🙏

  • @marthasabokwigura4955
    @marthasabokwigura4955 Před 2 lety

    🙏🙏🙏

  • @renovatsubirako5866
    @renovatsubirako5866 Před 2 lety

    Arabanyara kweli

  • @jeffpeace9383
    @jeffpeace9383 Před 2 lety

    Noe ko mutigera mutwereka Pastor wenyene ntimutwereke ishengero yigisha uko risa ,Gusa ivyo yigisha birimo verite ariko nuko numva yigisha ibintu vy'iperereza nta insipiration noe yifuza ko Imana ija muri silence abo abinyoma bo baruzuye gusa duhe insipiration ivyo abantu vyo ntiwabimara biragoye .Gusa kenshi aba bantu badutse kuko batabareze mu mashengengero babugaranira abahantu mutwumba bamara imyaka atanyigisho bagaca babahura nabigisha bavuga ivyo bashaka bakaca nabo batangura ivyo tubona reo.

  • @prophetjerard3592
    @prophetjerard3592 Před 2 lety

    Muhezajyigwe mushingantah

  • @carolinenakirutimana1559

    Egoo pastor iyo misatsi muba mwayitangiye menshi, muze muriyamiriza ba nyamwimbura aho batarimye.

  • @gabbynzoyisaba9207
    @gabbynzoyisaba9207 Před 2 lety

    Bajinjibure izonsuma

  • @drdanielm6181
    @drdanielm6181 Před 2 lety

    Hey!
    Mwaduha contact za Pasteur please!
    Ndifuza kumugira inshuti..
    Be blessed 🙌

  • @samsunga10s48
    @samsunga10s48 Před 2 lety

    Gusa mbonye abowigisha bahakwa kukwaka ijambo kugira bitambire igisirimba kumbe ivyowigisha ntaco bibabwiy gushikaho nugusinzira baseng bidakunda🤔🤔🥱

  • @leonardniragira6054
    @leonardniragira6054 Před 2 lety

    Ivyo vyooose vyotugora gutahura,
    Ark Yesu christ yavuze ati:"MUZOBAMENYERA KUVYO BAMA"
    None umuntu yashoboye kunyaga umupfakazi niwe ari mukuri ngo tumwigireko akarorero???

    • @antoinegakeme9247
      @antoinegakeme9247 Před 2 lety

      Usanga yaramurishe ko batasubiye kubivuga. Ntawubizi usanga ari n'abagomba kumucafuza.

    • @victorg7280
      @victorg7280 Před 2 lety

      Léonard Niragira,uzumvirize ivyo bavuga vyiza bigushobokeye ubikurikize.Uzokwirinde gutirimuka nkuko bamwe bibashikira babatirimuka.

  • @vincentngendakumana6991

    Pasit.uvuzubutumwap
    Mpwem ntatetereza

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 Před 2 lety

    Amen