BMBC| Ivyo aba Diaspora banyazwe birahagije indogozi zamaze gushika Ku kivi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 26. 02. 2022
  • Ivyo aba Diaspora banyazwe birahagijwe indogozi zamaze gushika Ku kivi
    Société BMBC yo kwubaka inzu nziza zigezweho mu Burundi yatuzaniy projet nshasha y'amazu menshi: • Société BMBC yo kwubak...
  • Zábava

Komentáře • 27

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 Před 2 lety +1

    Umugambi nimwiza canee gwos arko nyen ntimwisunge kubaba mumahanga gusa nabar mugihugu iterambere ryi gihugu nikuritwese hamwe hama muburundi icomaze kubona nuko gutahura imigambi myiza bidufata umwanya muremure canee nibaza kwo igihugu kizokwubakwa nabeneco ham igisagara gisaneza namazu meza nivyo twese twifuza mukomere canee

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Před 2 lety +2

    Nimutubwire Ayo bank uko twokorana munyibwire nobisabwa kugira umuntu aharonke inzu mbega namazu ageretse ufata hasi nohejuru cnke umwe arashobora gufata hasi undi hejuru?

  • @ndikumanajacqueline5355

    Mutangamanimero uwuzobashaka ababone

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 Před 2 lety

    Turabishigikiye👍💪

  • @Sympholine
    @Sympholine Před 2 lety +1

    Merci, je vais vous chercher.

  • @kibwimanaderick5491
    @kibwimanaderick5491 Před 2 lety +1

    Ikintu mbona nuko mwokwubaka amagorofa ageretse nkindwi canke umunani muntumbero yo kugwiza uburaro kandi ntihabe objectif yo kugurisha gusa ahubwo ikaba iyo gukotesha nkuko mubindi bihugu babikora kandi je suis sur et certain ko ataruhombo rwobamwo ahubwo ryoba ari iterambere

  • @fistozndayisaba4559
    @fistozndayisaba4559 Před rokem

    Ni vyiza ariko nukugerageza mugasigura uko mukora neza kuburyo butonze ahandiho uca umengo nti muri sûr y ivyo muri kuvuga
    Courage!

  • @ndayiragijecyriaque9454

    Uyu mugambi niwo kabisa👍

  • @alexismona8242
    @alexismona8242 Před 2 lety +1

    Asian nu burayi na america amabanke niyo yubaka hama abafashe ayo mazu bakaza bayabakata kumisharara ariko bivana nimishara yabo uko ingana nimiduga batunga nimikopo Gusa yamabanke kubera Ari ihugu biteye imbere

  • @bigirimanashantal1375
    @bigirimanashantal1375 Před 2 lety +1

    Twobaronka gte??

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 Před 2 lety +2

    Iyo abantu bavuga vy ‘ukuri bavuga neza ariko iyo hageze gushira mu ngiro usanga ari ibindi.Abo baba bibereye mu bureau iyo ubahaye akazi bo bafise abo bakoresha bandi abo nabo baguhaye muri devis ko buzubakisha ivyuma vya Turquie ,Isima dankote, amatafari de quality, kuvyo umuntu yabonye ni uko baca baza kwigurira ibikoresho bizimbutse cane kuburyo atamuntu abakwirikirana aciye mu maso baguca mwo ugatangara. Umugambi ni mwiza ariko abakozi mukoresha murakwiye kubigisha icobita confidentiality ,honesty, truth,ako gatima ko gusondeka bakagaheba,kuko iyo umu client umuhenze uba uriko witicira isoko.

    • @nsr5135
      @nsr5135 Před 2 lety

      Nkuko twe tudahari ushobora nokubaha amahera yawe après une année ngo barugaye uzoc ubakura hehe ??

    • @sincinatech6883
      @sincinatech6883 Před 2 lety

      Murakoze gushikiriza i ciyumviro, ariko nimutekane kuko abamaze gukorana n’iryo shirahamwe rimaze imyaka myinshi ririko rirakora, ntibarahura n’ubwo buriganya. Nibaza ko iri shirahamwe wewe utazi ukwo rikora ikindi kandi nimureme kuko imyaka ibaye cumi n’iyirenga!!

    • @bmbcburundiconstructionarc596
      @bmbcburundiconstructionarc596 Před 2 lety

      Ariko muri ico kiganiro ntaho bavuze ko mu aha amahera bavuze ko amahera muyaha bank.

    • @nsr5135
      @nsr5135 Před 2 lety

      @@bmbcburundiconstructionarc596 none nti tuya versa kuri compte yabo?

    • @sincinatech6883
      @sincinatech6883 Před 2 lety

      @@nsr5135 Ahubwo ushaka kumenya uko bigenda uzoshike aho bakorera ubabaze!!

  • @ndikumanajose3627
    @ndikumanajose3627 Před 2 lety +1

    Ndashimye ndungikira numero yanyu

  • @papaviy424
    @papaviy424 Před 2 lety

    Twereke inzu mwubatse amafoto yazo

  • @papaviy424
    @papaviy424 Před 2 lety

    Shirako inomero ya terefone zanyu

  • @niyosengadidas3905
    @niyosengadidas3905 Před 2 lety

    Muze muraja muyindi miji igize uburundi muyubakemwo

  • @thine9667
    @thine9667 Před 2 lety

    Muduhe nimero zanyu

  • @wakandatyganelsonofficiall6395

    Dukeneye mall imeze neza

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 Před 2 lety

    Abateka mitwe

  • @nsr5135
    @nsr5135 Před 2 lety +1

    Ni vyiza cane gsa ikibi kiri iwacu nuko kubesha nkuyo ngo nicegera kwisi yose ayo matora yabaye ryari?hehe?uremera ko abo bantu ubazi nn uratwishinga?

  • @bigirimanashantal1375
    @bigirimanashantal1375 Před 2 lety

    Contact zanyu svp