Ikigo Rabit Vision kiri i Bugenyuzi corora inkwavu za kijambere kikongera kigatanga inyigisho

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 28. 08. 2022
  • Bakunzi ba Mashariki TV uyu munsi twagendeye umworozi wa kijambere w'inkwavu wo muri komine Bugenyuzi intara ya Karusi. NIZIGIYIMANA Didace afise ikigo Rabit Vision i Burundi corora inkwavu za kijambere kikongera kigatanga inyigisho ku bashaka kwiga ubworozi bwa kijambere bw'inkwavu. Aratuyagira ingene ubworozi bw'inkwavu butunganywa n'ingene uwushaka kuzorora yobigenza. Ku bwiwe urukwavu ngo ni inzahabu inzahabu.

Komentáře • 36