Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Courage fadette urumukobwa uzubwenge
Mutuyagiye neza cane biraryoshe nukuri,ariko nukumenya ko abantu Bose badafis vision zimw, motivation zimw, ubukene bumwe bivanye n amamuko yiwe ariko vyose bikitwa kwitezimbere bivanye numwumw wese uko abona ubuzima... Les opportunités ntizishikira Bose hari nabazikwiy batazironka kandi bokora ibikomeye... Ariko iyo bija hose waguma mu Burundi wagenda, indoto z umuntu ziratinda zigashika 👍
Aho uwo mwigeme yambaye neza gutyo yokwemera kurongorwa nuwumujana i bubanza ck i buhonga?Elle n'est pas sincère, elle est plus théorique.
Uwo mwigeme aranyeguye. Hari umuntu yoja hanze adafise vision! Urazi amafranga bariha kugira bashikeyo?Elvis Abo bigeme ntubishinge
Uyo mudemu ntazi ivyavuga😅
Je nashigikiye ivyiyumviro vya Elvis 😊
Iyoba vyari bikunda ,twogiye kurondera izonoti Mumahanga. Hama tugakora iyomigambi yiterambere mugihugu twabanje kwikenura.carikiganiro ciza.
Ivyo fadette ariko aravuga nivyabana bava mumiryango yifashe
😂😂😂Pame iyo wisohokera ukabarekera ikiganiro bari kucihereza
Bararenze😂
Weldone debat nziza
❤❤turabakunda cane ""
Reka gufyina wa mukobwa. Akazi kwubahwe.
Mbeg ikiganirooooo😂😂😂
😂😂kukayi hari hahiye
😂😂😂 arik pam kubr ik utantumiye numv mfise vyinshi nobwira uy mukobwa😂😂😂 nsanga nguma nishura mudashobora kunyumva...
Ndashimye ikiganiro mugabo la dame kuruhande gwiwe avuga du côté yaba jeune basanzwe babayeho muma condition meza. Nibazako atanumwe atipfuza gukora agatera imbere. Haraho umuntu abura naho yosohorera ses projets. Uwo musore ndamushimiye yibutse kuvugira nabantu batobato. Ikindi nshimye kuruhande gwuwo mu dame nizo opportunités avuze kubashobora kuronka izo information harabo bizofasha.
Uyu mukobwa arahaze, narye hama anume, Jewe mba hanze mazeyo 23 ans, ntaco hahuriye ni Burundi!
Arahaze sha uwo
Hanzeeee amaheraaaa ariyooooo shaaaa😂😂😂😂😂😂😂😂
Nukuri muratunejerej
nd daccord yivyo fadette yasiguye
Amahoro amahoro. Iyo Bank y'abakenyezi gute ? Muduhe iyo link y'ishure ya Harvard n'ukuri !
Ku kayi hahiye!
Hahaha fadette😂uranyishe! Ngo icushaka urakironka!!! Mbega woba waraye utariye ukazinduka muri american corner wirirwa wicaye kuri internet?? Cank wumvise nuwo woja kwogereza imokoka akaguha agahumbi ucuja kukazana ukaja kugura ikijumbu
Nanj nzogenda ariko ndose inoti noca ngaruk kuk mu Burundi niheza caneee
hello....Uwo mu dada nuwa bien afise ivyiyumviro vyiza j'espere ko ufasha abandi bakobwa so nari nifuza contact zaw.merci
Elivis bakundekere uje gupambana
Ikibi cabarundi banka uwubabwiza ukuri..gushika hanze ntibisigura amahera kbsa...urikinebwe BURUNDI no hanze tu vas galérer
la meuf arishuran am poto ukunt ham icish ab jeune bashak kubaho kurugezo rurengey kuyo babashobor kuronk .
Igihugu ciza udafise amahera bimaze iki , fanette wewe uriko urafyina
Uyo mukobwa kweli ni hatari. Burya nawe nuko yaronse ayo ma formation aja kugirayo. Urazi gushomera uko bibabaza.nareke kutubabaza
None uyu Fadette aba Canada!!?
uwo mukobwa nimba aba muijuru 😳😳😂😂
Reka sha nivyo yigirisha!, harya woraba mumutima we wosanga avuga ibindi
Courage fadette urumukobwa uzubwenge
Mutuyagiye neza cane biraryoshe nukuri,ariko nukumenya ko abantu Bose badafis vision zimw, motivation zimw, ubukene bumwe bivanye n amamuko yiwe ariko vyose bikitwa kwitezimbere bivanye numwumw wese uko abona ubuzima... Les opportunités ntizishikira Bose hari nabazikwiy batazironka kandi bokora ibikomeye... Ariko iyo bija hose waguma mu Burundi wagenda, indoto z umuntu ziratinda zigashika 👍
Aho uwo mwigeme yambaye neza gutyo yokwemera kurongorwa nuwumujana i bubanza ck i buhonga?
Elle n'est pas sincère, elle est plus théorique.
Uwo mwigeme aranyeguye. Hari umuntu yoja hanze adafise vision! Urazi amafranga bariha kugira bashikeyo?
Elvis Abo bigeme ntubishinge
Uyo mudemu ntazi ivyavuga😅
Je nashigikiye ivyiyumviro vya Elvis 😊
Iyoba vyari bikunda ,twogiye kurondera izonoti Mumahanga. Hama tugakora iyomigambi yiterambere mugihugu twabanje kwikenura.carikiganiro ciza.
Ivyo fadette ariko aravuga nivyabana bava mumiryango yifashe
😂😂😂Pame iyo wisohokera ukabarekera ikiganiro bari kucihereza
Bararenze😂
Weldone debat nziza
❤❤turabakunda cane ""
Reka gufyina wa mukobwa. Akazi kwubahwe.
Mbeg ikiganirooooo😂😂😂
😂😂kukayi hari hahiye
😂😂😂 arik pam kubr ik utantumiye numv mfise vyinshi nobwira uy mukobwa😂😂😂 nsanga nguma nishura mudashobora kunyumva...
Ndashimye ikiganiro mugabo la dame kuruhande gwiwe avuga du côté yaba jeune basanzwe babayeho muma condition meza. Nibazako atanumwe atipfuza gukora agatera imbere. Haraho umuntu abura naho yosohorera ses projets. Uwo musore ndamushimiye yibutse kuvugira nabantu batobato. Ikindi nshimye kuruhande gwuwo mu dame nizo opportunités avuze kubashobora kuronka izo information harabo bizofasha.
Uyu mukobwa arahaze, narye hama anume, Jewe mba hanze mazeyo 23 ans, ntaco hahuriye ni Burundi!
Arahaze sha uwo
Hanzeeee amaheraaaa ariyooooo shaaaa😂😂😂😂😂😂😂😂
Nukuri muratunejerej
nd daccord yivyo fadette yasiguye
Amahoro amahoro. Iyo Bank y'abakenyezi gute ? Muduhe iyo link y'ishure ya Harvard n'ukuri !
Ku kayi hahiye!
Hahaha fadette😂uranyishe! Ngo icushaka urakironka!!! Mbega woba waraye utariye ukazinduka muri american corner wirirwa wicaye kuri internet?? Cank wumvise nuwo woja kwogereza imokoka akaguha agahumbi ucuja kukazana ukaja kugura ikijumbu
Nanj nzogenda ariko ndose inoti noca ngaruk kuk mu Burundi niheza caneee
hello....
Uwo mu dada nuwa bien afise ivyiyumviro vyiza j'espere ko ufasha abandi bakobwa so nari nifuza contact zaw.merci