Amasengesho ya NEVA na CNDD-FDD asesema IMANA bakora agiye gukwega akarambaye K'Uburundi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 26. 06. 2024
  • Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
    MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 917 695 3622

Komentáře • 8

  • @Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga

    gofund.me/c4df9fd3

  • @freddyntibasame9332
    @freddyntibasame9332 Před 7 dny +4

    N'ugusamaza abanyagihugu. N'atange imihoho hama tukubohe wa musuma we. Uyo mugabo ntagutwara ashoboye. Nta buntu agira. N'areke gukinisha Imana. Avuga amajambo menshi atagira akamaro. Ararogota

  • @freddyntibasame9332
    @freddyntibasame9332 Před 7 dny +4

    Niwe président w'ikijuju w'ikigobogobo abayeho kuva Isi iremwa. Ashoboye kwica no kwiba ntakindi. Niyitegure kwishura amabi yose ariko akorera abarundi.

  • @joelnzeyimana7791
    @joelnzeyimana7791 Před 7 dny +3

    Namahoro turabaramukije none haraho ibigeragezo bitari kuriyisi kiretse mwijuru kwadata.

  • @NdikuriyoDesire-wh6mh
    @NdikuriyoDesire-wh6mh Před 7 dny +2

    Aryamasengesho arasesema imana kabisa

  • @freddyntibasame9332
    @freddyntibasame9332 Před 7 dny +3

    Bien dit Apôtre!

  • @freddyntibasame9332
    @freddyntibasame9332 Před 7 dny +2

    N'areke kwiyeza ntibikunda. Temba utuveko. Warivye, warishe hasigaye ko tukuboha

  • @christiannsengiyumva124
    @christiannsengiyumva124 Před 7 dny +3

    Umuhutu umuvura amaso bekeken akayagukanurira.