![Ishurwe TV](/img/default-banner.jpg)
- 290
- 555 458
Ishurwe TV
United States
Registrace 1. 12. 2020
Ishurwe TV ni Imboneshakure igushikiriza amakuru agezweko mu gihugu c'Uburundi.
Kora subscribe uce uba mu bambere baronka ibiganiro n'amakuru vyacu
Kora subscribe uce uba mu bambere baronka ibiganiro n'amakuru vyacu
URUHIGI RUKOMEYE RURABANDANYA ❌ CIBITOKE ABADANDAZA IGITORO BARIKO BARAHIGWA BUKWARE
Abategetsi bariko barahiga abadandaza igitoro mu ntara ya cibitoke, kandi nanone mucibotoke hapfuye abantu bane harimwo numusirikari
zhlédnutí: 81
Video
Video🚨 PREZIDA NEVA, icyo asabwa gukora|Amajambo ya Chimamanda Moses🇧🇮 Uburundi -Rwanda|Nkurunziza😭
zhlédnutí 152Před dnem
#ishurwetv #amakuru #burundi #neva #eac #cndd #bunyoni #cnl #rdc
Inkuru y'akababaro😭Ibara riraguye Ku mutemer🔥abategetsi barihagurukiye🚨baguye mu gahundwe||NEVA afas
zhlédnutí 534Před 14 dny
#ishurwetv #amakuru #burundi
INKURU NZIZA KU BARUNDI BOSE🚨 Igitoro co muri Congo kigiye kuboneka|| Itangazo ryihuta rya Reta🔥NEVA
zhlédnutí 342Před 21 dnem
Reta yemeye urudandazwa rw'igitoro ku barundi baja kugihahira muri CONGO #ishurwetv #amakuru #burundi #neva #eac #cndd #bunyoni #cnl #rdc
INKURU NZIZA KU BARUNDI BOSE🚨 UMUKURU W'IGIHUGU NDAYISHIMIYE UMUGABO W'IJUNJA N'IJAMBO AKOZE IKINT✨🔥
zhlédnutí 352Před 21 dnem
#ishurwetv #amakuru #burundi #neva #cndd #bunyoni #eac
AMAKURU YIHUTA mu BURUNDI 🚨UKURI GUCA MUZIKO NTIGUSHA👾 BUJUMBURA UBUZIMA BWAKOMEY🔥
zhlédnutí 242Před 21 dnem
#ishurwetv #amakuru #burundi #neva #eac #cndd
Bamwe mu barundi baba mu mahanga biyamirira kure amajambo ya NEVA na CNDD FDD🚨bavuye mu gacerere👇Rev
zhlédnutí 1,5KPřed 3 měsíci
#amakuru #burundi #ishurwetv
AMATORA AZOKORA IBARA😌 AGATHON RWASA,BOB RUGURIKA na Pacifique Nininahazwe||PREZIDA NEVA ARASABWA um
zhlédnutí 1KPřed 3 měsíci
#amakuru #burundi #ishurwetv
Umukuru w'igisagara ca Bujumbura JIMMY HATUNGIMANA muyabira||NEVA arihagurukiye🔕Ubusuma n'giturire
zhlédnutí 1,6KPřed 3 měsíci
#amakuru #burundi #ishurwetv
NTIBAVYUMVA KUMWE🚨Imirwi 2 mu bihangange vya CNDD FDD🔥ntibabona kumwe ikibazo ca RWASA❌Umuriro watse
zhlédnutí 1,7KPřed 3 měsíci
#amakuru #burundi #ishurwetv
MUCHEZO WA NDANI ya CNDD FDD🚨Kefa NIBIZI atakurya umunwa avuze ivy'umutego Prezida NEVA yateze aband
zhlédnutí 1KPřed 3 měsíci
#amakuru #burundi #ishurwetv
Birihuta 🚨 Ijoro ribi kuri AGATHON RWASA🔥akorewe inkono ishushe 🔥🔕 ABA CNL batanguye guhunga ❌birak
zhlédnutí 1,1KPřed 4 měsíci
#ishurwetv #amakuru #burundi
🚨BIHINDUYE ISURA🔥AGATHON RWASA Asabwa gutanga ibikoresho vyose vya CNL|Abapolisi benshi boherejwe👇
zhlédnutí 1,6KPřed 4 měsíci
#ishurwetv #amakuru #burundi
ibara riraguye Muri CNL🔥Agathon Rwasa yanse gutanga urupfunguruzo rw'ibiro🚨Ibikoresho vyose vyasahuw
zhlédnutí 8KPřed 4 měsíci
#ishurwetv #amakuru #burundi
BIRIHUTA 🚨Agathon Rwasa ati Abategetsi buguye inzira Ku kajagari mu gihugu||Umuriro uratse Muri CNL🔥
zhlédnutí 2,5KPřed 4 měsíci
BIRIHUTA 🚨Agathon Rwasa ati Abategetsi buguye inzira Ku kajagari mu gihugu||Umuriro uratse Muri CNL🔥
Pacifique Nininahazwe kwinumya biranse📣Umubano wa Prezida NEVA N'U RWANDA| amajambo y'akasamutwe
zhlédnutí 1,5KPřed 4 měsíci
Pacifique Nininahazwe kwinumya biranse📣Umubano wa Prezida NEVA N'U RWANDA| amajambo y'akasamutwe
Birihuta🚨Umugambi wo kuzimanganya Agathon Rwasa mu vya Politique❌muritonde|Ibibaye Ku bagerageje kuj
zhlédnutí 2,2KPřed 4 měsíci
Birihuta🚨Umugambi wo kuzimanganya Agathon Rwasa mu vya Politique❌muritonde|Ibibaye Ku bagerageje kuj
BIRIHUTA🚨 AGATHON RWASA ATUMIJE IKORANIRO KAMINUZA RYA CNL🔥Prezida NEVA atewe umutima uhag
zhlédnutí 4,3KPřed 4 měsíci
BIRIHUTA🚨 AGATHON RWASA ATUMIJE IKORANIRO KAMINUZA RYA CNL🔥Prezida NEVA atewe umutima uhag
🔕BIHINDUYE ISURA🚨NESTOR GIRUKWISHAKA ASABA NEVA KUREKURA ABA CNL BOSE BAPFUNZWE| UMUTEKANO WA RWASA🔥
zhlédnutí 1,4KPřed 4 měsíci
🔕BIHINDUYE ISURA🚨NESTOR GIRUKWISHAKA ASABA NEVA KUREKURA ABA CNL BOSE BAPFUNZWE| UMUTEKANO WA RWASA🔥
IBIBAYE KU KIBUGA C'INDEGE UBWO AGATHON RWASA YAGANUKA AVA KENYA|ITEGEKO RIRATANZWE🚨Ivya Dynamo❌kur👇
zhlédnutí 7KPřed 4 měsíci
IBIBAYE KU KIBUGA C'INDEGE UBWO AGATHON RWASA YAGANUKA AVA KENYA|ITEGEKO RIRATANZWE🚨Ivya Dynamo❌kur👇
Riratashe☣️Leta ya NEVA igamije kuzimanganya Agathon Rwasa muri Politique🔥abo muyindi migambwe bahag
zhlédnutí 1,1KPřed 4 měsíci
Riratashe☣️Leta ya NEVA igamije kuzimanganya Agathon Rwasa muri Politique🔥abo muyindi migambwe bahag
BIRIHUTA🚨Willy NYAMITWE agiye guserukira uburundi muri Israel🔕 GELASE NDABIRABE Muri Russia amakur 👇
zhlédnutí 1,2KPřed 4 měsíci
BIRIHUTA🚨Willy NYAMITWE agiye guserukira uburundi muri Israel🔕 GELASE NDABIRABE Muri Russia amakur 👇
Amajambo y'akasamutwe kuri NEVA na NDIKURIYO📣RWASA ISHAVU RIRAMURENZE| Amaraso arahuma☣️bizomugaruka
zhlédnutí 3KPřed 4 měsíci
Amajambo y'akasamutwe kuri NEVA na NDIKURIYO📣RWASA ISHAVU RIRAMURENZE| Amaraso arahuma☣️bizomugaruka
Birihuta🚨Ibintu bibandanya gukomera ku ruhande rwa Agathon Rwasa🔥 Umutekano wongerejwe|| Niteretse❌
zhlédnutí 18KPřed 4 měsíci
Birihuta🚨Ibintu bibandanya gukomera ku ruhande rwa Agathon Rwasa🔥 Umutekano wongerejwe|| Niteretse❌
iri joro ngaya Amakuru yihuta Ku barundi Bose 🚨 Iryavuzwe riratashe ☣️ Igihugu ntigitwarirwa habiri
zhlédnutí 1KPřed 4 měsíci
iri joro ngaya Amakuru yihuta Ku barundi Bose 🚨 Iryavuzwe riratashe ☣️ Igihugu ntigitwarirwa habiri
RIRATASHE☣️ABAKINNYI BA DYNAMO BAGIYE KUNYURA I KIGALI|| KAGAME ASAVYE NEVA IKINTU GUKOMEYE|Apotre ❌
zhlédnutí 1,1KPřed 4 měsíci
RIRATASHE☣️ABAKINNYI BA DYNAMO BAGIYE KUNYURA I KIGALI|| KAGAME ASAVYE NEVA IKINTU GUKOMEYE|Apotre ❌
Ijambo ry'Agathon Rwasa ATI: Prezida NEVA Ari kwikwegera abanzi bohava bamutera coup d'etat🔕urucira👇
zhlédnutí 4,2KPřed 4 měsíci
Ijambo ry'Agathon Rwasa ATI: Prezida NEVA Ari kwikwegera abanzi bohava bamutera coup d'etat🔕urucira👇
Umugambwe musha🚨Agathon Rwasa yiteguriye guhangana na CNDD FDD🔥Imvo zitatu zituma NEVA atinya Rwasa👇
zhlédnutí 4,1KPřed 4 měsíci
Umugambwe musha🚨Agathon Rwasa yiteguriye guhangana na CNDD FDD🔥Imvo zitatu zituma NEVA atinya Rwasa👇
Birihuta🚨Operation yo Guhagarika Rwasa nabamushigikiye|Muchezo wa Ndani ya CNDD FDD🔥CNL Ntivyoroshye
zhlédnutí 2KPřed 4 měsíci
Birihuta🚨Operation yo Guhagarika Rwasa nabamushigikiye|Muchezo wa Ndani ya CNDD FDD🔥CNL Ntivyoroshye
Bamwe mu bakunzi ba Hon Agathon Rwasa Baraye mu mpome🚨 Agakino ka CNDD FDD|| CNL irasambutse🔥 Martin
zhlédnutí 5KPřed 4 měsíci
Bamwe mu bakunzi ba Hon Agathon Rwasa Baraye mu mpome🚨 Agakino ka CNDD FDD|| CNL irasambutse🔥 Martin
Courage brd
Oggg mua irijwiii mua
Ww ndabikunze
Ishami nigirukwishaka weyiyongeyeko kukarenganyo ataco yarabiziko nikogashami
None nindeyohana ibiturire abarimbere bose babirya atanumwe avuyemwo guherahejuru ugashista kuwanyuma nibituriregusa bose
Kohahezu mwaka mwaramuhagrste yavyivye gute ntimumufate nimwemwavyivye vyosenimwe mwabicunga vyarigwiwe koyirata aharura mezangahe ntavyoyatazi atarukwiba yarimwo mubomenyibintu
😂😂😂😂 Nestor nuwahe ko inyanka mugayo tutamwemere.ahubwo nibamugire umukuru wimbonerakure
😅😮😢
Niwirambire mutama nukuri turagukunda pe kandi nawe uze urabereka ubugabo kuko ntibakimenyere💪🔥🔥🔥🔥🔥💯
jewe 😂 kubona muburundi hari ibibaz bihanze igihug arik bakavyihoz bakihutira kumanyagura imigambwe ndabona arukudasamaza!uwo nestor niyigir abumugenz wa cnd fdd.kera umuntu akuze niwe yafata iyambere muguhanura abandi ari makurata ajimbere mugusenyura abo bagendanye!ubuntu bwaragiye😂 ndabona gutandukanya ukuri n'ikinyoma bikigoranye!ukuri kwarahunze!
Aragaterekwa mwibase yuzuyemavyi
Ahahaaaaaa Pacifique abarundi twaraguhinyuye. Nimukure ngaho izo propagande z’ububeshi. Erega turazi ko uri Red tabara ukaba umu M23. Mwibaza ko arimwe muzi ubwenge gusa? Murahenda abandi apana twebwe abarundi. Kuki uvugira CNL? Ubu aba CNL urabatera amashurwe? Ivyo mwahenze abasirikare ba Havyarimana 1994 turabizi. N’ababafashije turazi iyo mwabashize. Rwasa nico kiraro mwabonye mudugirako? Cire birarura
Barikumusambanya bacebamwica ayomavu yabicanyi ntibazobarekur a bamazekwicabenshi barikubonka abonibime nabanga sabagabo nibigorye nibigobogobo
Bura kudedemba ivyiwanyu mu rwanda!
Agomba agasho niyateza akajagari KD yarakuwe
Injigo nimbi
Haaaahaaa!!!!!!!!!!!!!!!!ndumiwe
irijambo vyukuri sicoroshe mwikigihugu gusangira akabisi nagahiye nivyo vyari bikwiye ariko indo yikigihe
😢😢😢
Abarundi bafite imyumvire irihasi cyane
Abana ba Banyamulenge gwasa yishe mugatumba nibo bama bamuhumura
Weho wica inzirakarengane mu Rukaramu,le 1/1/1998,waruzi kw'amaraso yabo azijana? Uriko umuvumo,Rwasa,nibagutembagaze
Yesu ibuka burundi
Mamá harabantu bakwiyitirira kuri FB ngo Bari gufasha abantu. Ese niwowe. Murakoze
Imani kuzigame mutama niwirambire ❤❤
Ikibazo canyu nuko muvuga mwikwedura. ariko mugerageze gutanga information zukuri kugira, mwizerwe
Ubwonubujuju
Komera mutama turinyuma yawe abenegihugu
Kandi ntabwami butica namwebwe tubahaye Nico kimwe ubwicanyi ntibwohera intovyi ninyishi
Ikindi naco uburundi bagishaka ari beshi niyo mpamvu nintovyi ari nyishi Nina harico mwagiriza ubutegetsi nshira kwiradio nkuru yigihugu vyase mwiture amakungu mukure utujambo twomumatama mwicare hamwe mwese
Mwese mushaka kwuzuza inda zanyu basha ntawurondera démocratie y abegihugu muzozana naho twobaha igihugu nubu ntaco mwohinduka Hama urwanda nuburundi ntitwigeze duhuza nimugezaho
Narabivuze Neva agitangira kuyobora ko ari faible muri politique aho yavuze akigera kubutegetsi NGO ntazabana n u Rwanda niba Hari ibitari bimeze neza yagombaga gushaka uburyo azahura umubano. Niko ubundi abandi babigenza. Nawe se agakomye kose NGO ndafunga umupaka ESE ubwo igihugu cye kirahungukira? None ageze aho kuvanga politike n'imikino Yewe izina n'iryumuntu ni Neva koko
Umupolisikazi yakubwe hasi na zirya mbugita bamukangisha navyo ntimuvyemera?
Pacifique wibaza ko wera
Bura kutibanda mumakuru yiwanyu murwanda!
Ikiboneka n'uko n'ubu abanywanyi bâ Rwasa bazoguma ar'aba Rwasa!
😂😂😂wagirango ni mutwarasibo😂😂😂
Uburundi tuzoguma mukajagari ntavyiterambere tuguma muribi
Rekana niyomihimbiri
Hagiyemwo CNL bivye RwASA....
Urashisha
Kazibe wewe nturi umumenyeshamakuru
Mana ndayichimiye nichetanipe sinzi koyibazako ivyisi azobijana mukuzimu afpuye... Aragafpaatabaye sevarundi
Ndayichimiye atunya gustindwa mumatira aza kuko nubgambere .siwe yariyastinze😮😮😮yoooo...nibara kumute mm ere
Burundi is problem
Nukuri birababaje aka sa kazi ka president pe😂
Ubundi nakazi ka mutwarasibo
😊
Ngirango na Ville irakubugwa
njyewe mbona uy'umupresident ari retard mental
Mana we
😂😂😂😂😂
Isuku nivyo irakenewe mubuzima bwa misi yose
Aliko bashahu mwe ni mugende murebe igihugu muturanye muzatubwire isuku bafite birazwi mu mahanga hose apana congo
Iterambere yemwe rirabonetse pe