Kabaza WebTV
Kabaza WebTV
  • 2 249
  • 3 685 897

Video

Guhunga OBR uri umutanga kori ni ukwihenda cane , umvirize abo vyashikiye
zhlédnutí 33Před 15 hodinami
Guhunga OBR uri umutanga kori ni ukwihenda cane , umvirize abo vyashikiye
Ikiringo catanzwe ngo umuyaga nkuba ube wabonetse caraheze, none bimeze gute?I
zhlédnutí 30Před 20 hodinami
Ikiringo catanzwe ngo umuyaga nkuba ube wabonetse caraheze, none bimeze gute?I
Ibiringo bikuru bikuru vyaranze igikorane cabereye i Bujumbura ku kibuga kwa Sebatutsi.
zhlédnutí 52Před dnem
Ibiringo bikuru bikuru vyaranze igikorane cabereye i Bujumbura ku kibuga kwa Sebatutsi.
Bariko bashima ibitangaza ko IMANA ibakijije ingwara.
zhlédnutí 46Před dnem
Bariko bashima ibitangaza ko IMANA ibakijije ingwara.
Ca gikorane mumaze iminsi murorereye kirashitse i Bujumbura
zhlédnutí 72Před 14 dny
Ca gikorane mumaze iminsi murorereye kirashitse i Bujumbura
Aho hambere indahiro yarazira ubu ho bimeze gute?Kurikire ingene vyononekaye
zhlédnutí 33Před 14 dny
Aho hambere indahiro yarazira ubu ho bimeze gute?Kurikire ingene vyononekaye
Mu nyuma yo gukiza abarwaye i Ngozi , ingo murabe ingene IMANA ikiza aba nya Bujumbura nabo
zhlédnutí 80Před 14 dny
Mu nyuma yo gukiza abarwaye i Ngozi , ingo murabe ingene IMANA ikiza aba nya Bujumbura nabo
UBurundi bugiye kwunguka iki mw'isoko rusangi rya Afrika?kurikire umuhinga yabinonosoye
zhlédnutí 36Před 14 dny
UBurundi bugiye kwunguka iki mw'isoko rusangi rya Afrika?kurikire umuhinga yabinonosoye
Ibirori bihambaye vyaranze umunsi mukuru wo kwikukira kw'UBurundi
zhlédnutí 93Před 21 dnem
Ibirori bihambaye vyaranze umunsi mukuru wo kwikukira kw'UBurundi
Munyuma y'ibitangaza yakoreye i Ngozi mugusengera abarwaye, araje i Bujumbura naho
zhlédnutí 44Před 21 dnem
Munyuma y'ibitangaza yakoreye i Ngozi mugusengera abarwaye, araje i Bujumbura naho
Ibihe bikuru bikuru vyaranze igikorana c'Ingozi cakijije abarwaye benshi
zhlédnutí 29Před 21 dnem
Ibihe bikuru bikuru vyaranze igikorana c'Ingozi cakijije abarwaye benshi
Ubutungane bwifashe gute mu myaka 4 iheze Evariste NDAYISHIMIYE atwara?
zhlédnutí 63Před 21 dnem
Ubutungane bwifashe gute mu myaka 4 iheze Evariste NDAYISHIMIYE atwara?
Raba ingene abarwaye bariko bakira ingwara kubera amasengesho ku kibuga i Ngozi.
zhlédnutí 69Před 21 dnem
Raba ingene abarwaye bariko bakira ingwara kubera amasengesho ku kibuga i Ngozi.
Ikibazo c'agashirukabute k'abasoda bari muri Somalia n'imigenderanire y'URwnda n'UBurundi
zhlédnutí 143Před 28 dny
Ikibazo c'agashirukabute k'abasoda bari muri Somalia n'imigenderanire y'URwnda n'UBurundi
Cri d'alarme lancé par ALUCHOTO contre la torture.
zhlédnutí 27Před 28 dny
Cri d'alarme lancé par ALUCHOTO contre la torture.
Avuye muri Koreya aje gukiza imitima ya benshi.
zhlédnutí 72Před měsícem
Avuye muri Koreya aje gukiza imitima ya benshi.
Contribution dans la promotion de la lecture dans les écoles à moindre accès aux livres.
zhlédnutí 21Před měsícem
Contribution dans la promotion de la lecture dans les écoles à moindre accès aux livres.
Poritike yifashe gute iki gihe?Tatien SIBOMANA aratubwira vyose .
zhlédnutí 139Před měsícem
Poritike yifashe gute iki gihe?Tatien SIBOMANA aratubwira vyose .
Imyaka 4 ku butegetsi bwa Evariste NDAYISHIMIYE ni ibiki vyaranguwe?
zhlédnutí 192Před měsícem
Imyaka 4 ku butegetsi bwa Evariste NDAYISHIMIYE ni ibiki vyaranguwe?
Urugendo rwa Pasteur Erton mu Burundi. Yoba aje guhuza aba adventiste?
zhlédnutí 345Před měsícem
Urugendo rwa Pasteur Erton mu Burundi. Yoba aje guhuza aba adventiste?
Si ivy'imbeshere abana b'abarundi barakoreshwa muri Tanzaniya mu kazi kiinguvu .
zhlédnutí 40Před měsícem
Si ivy'imbeshere abana b'abarundi barakoreshwa muri Tanzaniya mu kazi kiinguvu .
Abategetsi basabwa guhumuriza abarundi kubijanye n'ubukene bw'ibitoro n'ingene bizoboneka.
zhlédnutí 154Před měsícem
Abategetsi basabwa guhumuriza abarundi kubijanye n'ubukene bw'ibitoro n'ingene bizoboneka.
Le gouvernement devrait reconnaitre le génocide de 1972
zhlédnutí 87Před měsícem
Le gouvernement devrait reconnaitre le génocide de 1972
Imanza zo gupfa n'izindi zaciwe ku kadenderezo mu na sentare ya gisirikare muri 1972-1973 zafuswe.
zhlédnutí 48Před měsícem
Imanza zo gupfa n'izindi zaciwe ku kadenderezo mu na sentare ya gisirikare muri 1972-1973 zafuswe.
Clement NKURUNZIZA ngo yari arongoye abishe abanyeshure kuri kaminuza amaze imyaka 6 agarukanywe.
zhlédnutí 207Před měsícem
Clement NKURUNZIZA ngo yari arongoye abishe abanyeshure kuri kaminuza amaze imyaka 6 agarukanywe.
Muri CNIDH bagize ico bashikirije mu nyuma yo kuvurwa ko batariko bakora neza akazi kabo
zhlédnutí 19Před měsícem
Muri CNIDH bagize ico bashikirije mu nyuma yo kuvurwa ko batariko bakora neza akazi kabo
Ibikorwa vy'abashikiranganji ngo bitegerezwa kuja ahabona
zhlédnutí 23Před měsícem
Ibikorwa vy'abashikiranganji ngo bitegerezwa kuja ahabona
Urugendo rw'abanyeshure bo kuri kaminuza HOPE AFRICA mw'ishirahamwe BMBC kurikire
zhlédnutí 85Před měsícem
Urugendo rw'abanyeshure bo kuri kaminuza HOPE AFRICA mw'ishirahamwe BMBC kurikire
Banywa amazi y'uruzi Karombo none ubu barwaye korera
zhlédnutí 17Před měsícem
Banywa amazi y'uruzi Karombo none ubu barwaye korera

Komentáře

  • @user-rs1bo1ic7j
    @user-rs1bo1ic7j Před 5 dny

    Kuva mbaho n ubwambere numva ngo umunyagihugu yaterefonye umukuru wigihugu kandi akanamwandikura . Babikura hehe ?

  • @user-rs1bo1ic7j
    @user-rs1bo1ic7j Před 5 dny

    Wwumvise ngo igihe cavyo kiriko kiregera . Yoooo ni balaa . masikiyo yetu tu tuwe tunasikiya

  • @user-rs1bo1ic7j
    @user-rs1bo1ic7j Před 5 dny

    Kurikirana neza ikirundi avuga . Uwize aratahura .munguwanguweee . Mzee ni mwanawume kabisa

  • @GedeonNindebera
    @GedeonNindebera Před 7 dny

    Mpa adrese Yaho mukorera ubunyene ubonye ubutumwa

  • @user-yv9xk4cm4r
    @user-yv9xk4cm4r Před 8 dny

    Imana izabahe iruhuka ridashira ababuze ababo Imana ibakomeze

  • @GeromeNdihokubwayo-dy9rm

    Jew nashaka dunien

  • @RodneyMugisha
    @RodneyMugisha Před 9 dny

    Turagukeneye 2027

  • @AhishakiyePascasie-v4q

    Hhh

  • @HeremesNiyonkuru-d6u
    @HeremesNiyonkuru-d6u Před 16 dny

    Rukukubutungane bukore

  • @Medarniyo-yf4np
    @Medarniyo-yf4np Před 16 dny

    ❤😂🎉😢

  • @user-zl1xg7qq4e
    @user-zl1xg7qq4e Před 17 dny

    Uyomugore mumu reke araregana kabisa

  • @ITERITEKAEmas
    @ITERITEKAEmas Před 17 dny

    Nkubu ntimwompa iyo numero ya nyenicubahiro umukuru wigihugu kuntimba mfise mumutima yo kwipfuza gukorera igihugu nkaba umusirikare nkarinda igihugu canje canyibarutse mwoba mukoze akabonge kari mukunyica ndakunda igisirikare numutima wanje wose abasirikare mwese aho muri mukomere kumuheto

  • @AkimanaJeannette-tz1to

    Muzokomeze nomuri 2025 twikureko intwaro yagahotoro turikumwe 💪💪💪

  • @KwizeraConsolate
    @KwizeraConsolate Před 17 dny

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂 rekanisekere 😅😅😅😅😅😅😅 kuko nukuri sinorira nocangwarumutima

  • @claudinebigirimana5408

    Amaraso y’abantu s’amazi, kandi la justice divine existe, il faut craindre Dieu tout puissant.

  • @UwimanaSandrine-hu1fg

    Oyaaaaaa nimuce inkoni ngufi bakure uburyarya lmpamv nuko bahebwa intica ntikize

  • @nsengiyumvaclementpacifiqu7090

    duhe ibitabu vya francis rohero

  • @bienvenueniyonkuru-qz7tp

    Shida sn.kbxx

  • @AbrahmBanba
    @AbrahmBanba Před 21 dnem

    Twacizwe gute

  • @ChadrackNostress
    @ChadrackNostress Před 22 dny

    Ahubwo mbere uwomujama ararinda

  • @JeanneUwase-rc5jd
    @JeanneUwase-rc5jd Před 22 dny

    Abarundi muri bigoryi gux

  • @niyibiziedouard7895
    @niyibiziedouard7895 Před 23 dny

    Muravuga ko Red tabara iba koko akandi kanya ngo iba murwanda mwarasaze gusa

  • @IsaacKwizera-wb8wc
    @IsaacKwizera-wb8wc Před 24 dny

    Indyadya

  • @KakuluKaku
    @KakuluKaku Před 25 dny

    Kubota mumu twenties mubashiere kurongo

  • @KakuluKaku
    @KakuluKaku Před 25 dny

    Kubota mumu twenties nva

  • @user-cb5zh7mp1p
    @user-cb5zh7mp1p Před 26 dny

    Ahhhhjj nta soni mugira ubwo mu muhoyeko kwa arumunyarwanda niba mutamwishe na mahoro

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před 28 dny

    Nimureke uyomukenyezi

    • @Korandebe
      @Korandebe Před 11 dny

      Toka ariya marira nayingona

  • @user-oh2hf7zs8q
    @user-oh2hf7zs8q Před 28 dny

    Mukameny niyomuca mweho.imisi yigisuma ni 40

  • @LenovatHaragakiza
    @LenovatHaragakiza Před 29 dny

    Aregzande😂

  • @mponganochristian2196

    Naje nzamutora❤

  • @AkimanaJeannette-tz1to

    Ububeshi ntabindi muzi gukora atari kurempentanya gusa 😢😢

  • @user-ov8xx1nx4q
    @user-ov8xx1nx4q Před 29 dny

    Nimumpe nanje numéro yanyenicubahiro ndomuramutse

  • @JeanpierreNdagijimana-b4m

    Nuko ababesh nibahanw ham natwe kodufise ikibazo cananirany tworonk inimero yumukur wigihugu gute natwe tubishikirize mwob mukoze

  • @jeandamascenenizeyimana6930

    Ingegera mwarazihannye?

  • @NepomusceneNdikumana
    @NepomusceneNdikumana Před měsícem

    Mutama.ntahobazoc.bativy.mutamaturinyumayaw.kuko.turaruhijw.na.nev.

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to Před měsícem

    Barayamwivye shaa😂😂

  • @MultiChanelo
    @MultiChanelo Před měsícem

    Igihe kizotinda kigere aho abarundi batangura kwibaza ibibazo navyo bihanze ubuzima bwabo, maze batere umugongo abigira abanyepolitike babahendesha ibishobisho ata mugambi babafitiye. Aho niho bazotahura ko Imana Yari Yaraduhaye ingabire idasanzwe muri Francis ROHERO, kuko uwo azotuma turonka abandi ba Rwagasore na ba Ndadaye.

  • @bahemajavan4716
    @bahemajavan4716 Před měsícem

    Ibi bikorwa vyiteka mukora murakwiye kuza muratanga nomero tworonderako abantu nkaba. Erega birashika umuntu akifuza nko kubaha isabune. Kandi Imana yobishura ko mwabatabarije. Murakoze.

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před měsícem

    Uyuniwo uburundi bushyaka❤❤

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před měsícem

    Ndamukunda uwuniwo uburundi bukeneyep❤

  • @baramparurutsej.dedieu5361

    Tubwire ivyimiryango y'abarundi n'ingahe?

  • @NimenyaLionel
    @NimenyaLionel Před 2 měsíci

    Ivyababayeko birababaje , ariko ikibabaje cane nuko ibibi biba murubu burundi bikomeza hahinduka gusa ababikora. Ico nico dukwiye kwiyumvirako

  • @NathalieNIYUHIRE-vj8il
    @NathalieNIYUHIRE-vj8il Před 2 měsíci

    Mwodufasha kuza turaronka izonyigisho zuwomwubahwa

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 Před 2 měsíci

    Abantu mube mureka kujuragiza abamenyeshamakuru.kuko tribunal de commerce yashize mungiro urubanza rwaciwe.igikenew ahubwo abugariwe nibisunge ingingo ya sentare bavugane nuwatsinze bave muvyo kujuragirika.

  • @Irak-sr4tc
    @Irak-sr4tc Před 2 měsíci

    🎉maman bash

  • @user-jl9nn5dw9x
    @user-jl9nn5dw9x Před 2 měsíci

    Komere Batam igihugu nitwe tuzogitezimbere tutarindiyabanyamahanga

  • @user-gw1kg4wy6r
    @user-gw1kg4wy6r Před 2 měsíci

    Uyo agira azire ubusa none abagenda barinda kubandika canke barabajana ntiwumva kwiryo arirementanya

  • @maishacenter-eastafricatv3976

    My favorite ever

  • @maishacenter-eastafricatv3976

    ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤

  • @balitremi
    @balitremi Před 2 měsíci

    Duu imana ibane nabo 😊