PAEEJ BURUNDI
PAEEJ BURUNDI
  • 62
  • 16 249
😍 Rwaruka, PAEEJ yabazaniye ama plateformes en ligne yo gukurikirana inyigisho, kudandaza, n'ibindi.
👉PAEEJ Technopole : muhasanga amakuru ajanye n'ibikorwa vya PAEEJ.
👉PAEEJ Academy : muzohakurikiranira inyigisho mu bisata bitandukanye (formations en ligne) mbere muronke na certificat.
👉PAEEJ Job : n'urubuga rufasha abipfuza kwimenyereza akazi (stages) canke abarondera akazi...
👉 PAEEJ Fund : n'urubuga rwagenewe ahanini abarundi baba hanze (diaspora), abagwizatunga bo mu gihugu canke n'uwundi wese yifuza gushigikira imigambi myiza y'iterambere mu kuyironsa uburyo.
👉 E-commerce bise "Business Center" : n'urubuga rwo kumenyekanisha ibidandazwa vy'urwaruka mbere ugashobora no kugura ico ushaka en ligne.
👉 Suivi Evaluation : n'urubuga muzoza murasabirako ingurane, mukazoshobora no gukurikirana aho dossier igeze.
zhlédnutí: 160

Video

🍹Bakora ama jus aryoshe cane y'amabungo, inanasi.. Urwaruka rw'i Gitega rwaronkejwe umutahe na PAEEJ
zhlédnutí 111Před měsícem
Bakora amacupa 400 ku musi ya jus bise "Nyota Juice". Bashobora kugurisha amacupa 5000 ku kwezi. Izo jus muzisanga muma boutiques menshi. Eliezer Iradukunda, yatanguje iryo shirahamwe, yatanguye akora wenyene, ubu afise abakozi 10 bahembwa ku kwezi. 📞 79 296 314
💯PAEEJ/ Aba jeunes bakora amatara yo kumabarabara yiyatsa n'imbabura zikoreshwa amavuta y'imoteri 😍
zhlédnutí 243Před měsícem
Société TBT (Terimbere Burundi Technology) y'urwaruka 6 rw'i Gitega, ikora amatara yo ku mabarabara ( lampes projecteurs automatiques) n'imbabura zatswa n'amavuta y'imoteri. 📞 69 886 921
😍 Urwaruka rw'i Gitega rwabazaniye studio ikora indirimbo, publicités...Ni Agence "Baravuga"
zhlédnutí 64Před měsícem
Agence de communication "Baravuga" iri mu gisagara ca Gitega, yatangujwe na Kubwimana Claude aronkejwe umutahe na PAEEJ. Yinjiza amafaranga ashika umuriyoni ku kwezi, amaze guha akazi urwaruka 5. Iyo agance ifise studio ikora indirimbo, baramenyekanisha kandi ibikorwa (publicité), n'ibindi...
Ibirato bikozwe mu nsato z'urukwavu/saucisses na boulettes z'urukwavu...Lin Niyondavyi afise impano
zhlédnutí 105Před 2 měsíci
Rukwavu products n'uruganda ruhingura ibirato, inyama... mu rukwavu, muri komine Matongo mu Kayanza. Yaronkejwe umutahe n'umugambi PAEEJ. Ashobora guhingura ibiro 40 ku musi, amaze guha akazi urwaruka 12. 📞 69 945 746
💯 Bakora amategura, amatafari, ama carreaux. Umugambi w'urwaruka rwo mu Kayanza ushigikiwe na PAEEJ
zhlédnutí 115Před 2 měsíci
Koperative y'urwaruka 6 rwo muri komine Gatara, intara ya Kayanza, ishobora gukora amategura 3000 ku kwezi kubw'umutahe baronkejwe na PAEEJ. Imbere yaho, ntibarenza 1000. Uwo mugambi urafasha cane ikibano kuko baronka ibikoresho vyo kwubaka vyoroshe. 📞 69 595 790
😍 Ibirato vyiza vya cuir bikorerwa mu Bukeye na Jean Marie. Afashijwe na PAEEJ, ariko aratera imbere
zhlédnutí 42Před 2 měsíci
Kuva aho aronkejwe umutahe na Paeej-Burundi, yunguka amafaranga yababa umuriyoni ku kwezi. Yahaye akazi abashika 5. Atararonka umutahe wa PAEEJ, yakora wenyene. 📞 71 218 542
😍 Umukobwa w'umurundikazi akora umwuga wo gusudira! Ntivyamworoheye mu kibano.Twumvirize intahe yiwe
zhlédnutí 120Před 2 měsíci
Nsabimana Anicelate akora umwuga wo gusudira, benshi bita uw'abagabo, mu ntara ya Kayanza, commune Gatara. Akora mw'ishirahamwe ryahawe umutahe na PAEEJ.
📺 Ku Mbizi TV, chaîne en ligne ya Jean Bosco Ingabire wi Muramvya. Yaronkejwe umutahe na PAEEJ.
zhlédnutí 85Před 2 měsíci
Ku Mbizi tv 👉 www.youtube.com/@kumbizitv8984 Ikora cane cane ibiganiro ku bikorwa vy'urwaruka (entrepreneuriat des jeunes). Jean Bosco ashobora kwinjiza amahera ari hagati y'umuriyoni n'imiriyoni zibiri ku kwezi ( 1 à 2 millions Fbu). Amaze guha akazi bane.
👜Amasakoshi meza, akomeye, y'ubwoko bwose akorerwa mu Burundi 😍 Dukubitire i Bugarama, twirabire
zhlédnutí 281Před 2 měsíci
Elysée Niyera, atwara ishirahamwe Masihi Made Company, akora amasakoshi yo gutwaramwo ibintu (bagages), sac à dos, sac à mains..Aronkejwe umutahe na PAEEJ, asohora amasakoshi 300 ku kwezi. 📞 66 069 795
💥 Daniel Barakamfitiye, aronkejwe umutahe na PAEEJ, akora ibirato, amasakoshi... vya cuir.
zhlédnutí 122Před 3 měsíci
Kuva aronse umutahe wa PAEEJ, umwimbu wagwijwe na kabiri. Akoresha abakozi barenga cumi. Mushobora kumutora kuri : 69 12 64 14
Asther Uwimana w'i Bujumbura, akora amakara. Kuva aronse umutahe wa PAEEJ,umwimbu wariyongereye cane
zhlédnutí 111Před 3 měsíci
Akora ibiro biri hagati yi 100 na 120 vy'amakara ku musi. Yahaye akazi abashika 12 kuva aronse umutahe wa PAEEJ. Kubifuza kumushorera : 71 99 62 85
😍Miss Burundi 2022, Kelly Ngaruko, akora ama parfums n'ibindi. Umugambi ufashwe mu mugongo na PAEEJ.
zhlédnutí 170Před 3 měsíci
Kuva aronse umutahe wa PAEEJ, Kelly Ngaruko yaraguye umugambi wiwe. Iruhande yama parfums, yaciye akora n'amasabuni, amavuta...umwimbu wagwijwe na gatatu. Akoresha abakozi bane, mbere yakora wenyene.
😍Eloge Niyomwungere ahingura ipilipili z'ubwoko bwose. Kubw'umutahe wa PAEEJ, umwimbu wariyongereye.
zhlédnutí 123Před 3 měsíci
Yavuye kuri 50 litres ku musi z'ipilipili, ageze kuri 2000 litres ku musi. Amaze guha akazi urwaruka 17, kubera umutahe yaronkejwe na PAEEJ. Tél : 72 37 23 42
Rwaruka, twige, mu ntambuko 5, ingene bagurisha ibidandazwa ku mbuga hwaniro / Marketing digital.
zhlédnutí 81Před 3 měsíci
Aka kareresi kateguwe n'umugambi PAEEJ kigisha ingene twokoresha imbuga hwaniro (réseaux sociaux) mu kumenyekanisha ibidandazwa vyacu. Kurikira neza.
Bujumbura mairie: Urwaruka rushigikiwe n'umugambi PAEEJ ruriko ruratera imbere. Nimwirabire namwe
zhlédnutí 767Před 6 měsíci
Bujumbura mairie: Urwaruka rushigikiwe n'umugambi PAEEJ ruriko ruratera imbere. Nimwirabire namwe
Gitega/Uwimana Bosco afise atelier de soudure/ 3 à 4 millions Fbu y'inyungu ku kwezi, kubwa PAEEJ.
zhlédnutí 139Před 8 měsíci
Gitega/Uwimana Bosco afise atelier de soudure/ 3 à 4 millions Fbu y'inyungu ku kwezi, kubwa PAEEJ.
Ngozi/Aron Niyuhire akora umuvinyu w'igikaju. Akora 250 litres ku musi kubw'umutahe wa PAEEJ.
zhlédnutí 156Před 9 měsíci
Ngozi/Aron Niyuhire akora umuvinyu w'igikaju. Akora 250 litres ku musi kubw'umutahe wa PAEEJ.
Gitega/Landry Gatore afise atelier de menuiserie.Ayo yinjiza ku kwezi yagwijwe na kabiri kubwa PAEEJ
zhlédnutí 113Před 9 měsíci
Gitega/Landry Gatore afise atelier de menuiserie.Ayo yinjiza ku kwezi yagwijwe na kabiri kubwa PAEEJ
Ruyigi/Ezéchiel Mbonimpa arima inanasi muri hegitari zirenga 12, afashwe mu mugongo na PAEEJ.
zhlédnutí 123Před 9 měsíci
Ruyigi/Ezéchiel Mbonimpa arima inanasi muri hegitari zirenga 12, afashwe mu mugongo na PAEEJ.
Gitega/Rémy Nduwimana, ashigikiwe na PAEEJ, ashona impuzu za jeans na cuir, z'ubwoko bwose.
zhlédnutí 289Před 9 měsíci
Gitega/Rémy Nduwimana, ashigikiwe na PAEEJ, ashona impuzu za jeans na cuir, z'ubwoko bwose.
Gitega/Silas Nshimirimana fabrique des savons de toutes sortes: eau de javel, savons en poudre...
zhlédnutí 234Před 10 měsíci
Gitega/Silas Nshimirimana fabrique des savons de toutes sortes: eau de javel, savons en poudre...
Cankuzo/Obède, atelier de soudure financé par PAEEJ. 500 mille de bénéficie/mois. 5 emplois créés
zhlédnutí 84Před 10 měsíci
Cankuzo/Obède, atelier de soudure financé par PAEEJ. 500 mille de bénéficie/mois. 5 emplois créés
Cankuzo, Mishiha/Serges ashigikiwe na PAEEJ, akora ibirato vya cuir, isakoshi, imipira yo gukina...
zhlédnutí 104Před 10 měsíci
Cankuzo, Mishiha/Serges ashigikiwe na PAEEJ, akora ibirato vya cuir, isakoshi, imipira yo gukina...
Kayanza/ Urwaruka rufise imigambi ishigikiwe na PAEEJ ruratwereka ivyo rukora. Intambwe ishimishije
zhlédnutí 161Před 11 měsíci
Kayanza/ Urwaruka rufise imigambi ishigikiwe na PAEEJ ruratwereka ivyo rukora. Intambwe ishimishije
Rumonge/Felix Manirakiza afise atelier de soudure, akoresha imachini zigezweho (électroniques).
zhlédnutí 62Před 11 měsíci
Rumonge/Felix Manirakiza afise atelier de soudure, akoresha imachini zigezweho (électroniques).
Rumonge/Celestin Niyongabo, afashijwe na PAEEJ, akora imikate. Yinjiza 200 mille y'inyungu ku musi.
zhlédnutí 89Před 11 měsíci
Rumonge/Celestin Niyongabo, afashijwe na PAEEJ, akora imikate. Yinjiza 200 mille y'inyungu ku musi.
Gihanga / Elie Niyongere afise koperative ishigikiwe na PAEEJ, irima umuceri ikororeramwo n'amafi.
zhlédnutí 214Před rokem
Gihanga / Elie Niyongere afise koperative ishigikiwe na PAEEJ, irima umuceri ikororeramwo n'amafi.
Gihanga/Ishirahamwe BMC Chalk rikora ingwa, rifashwe mu mugongo n'umugambi PAEEJ...
zhlédnutí 101Před rokem
Gihanga/Ishirahamwe BMC Chalk rikora ingwa, rifashwe mu mugongo n'umugambi PAEEJ...
Gihanga/Ernest Nizigiyimana, afashijwe na PAEEJ, akora ibirato vya cuir, ceintures n'ibindi...
zhlédnutí 44Před rokem
Gihanga/Ernest Nizigiyimana, afashijwe na PAEEJ, akora ibirato vya cuir, ceintures n'ibindi...

Komentáře