GAME IN
GAME IN
  • 85
  • 16 440

Video

😉Mwoba muzi inkuru na kahise k’igikombe c’ibihugu vya Buraya "Euro" ?
zhlédnutí 3Před 2 hodinami
⚽💥Mugihe mu minsi ya hafi hagira hatangure ihiganwa y’igikombe c’ibihugu vya Buraya #Euro2024, twipfuje kugaruka kuri kahise k’iryo higanwa. 📍Mu gice ca mbere ca runo rukurikirane, reka duhere mu myaka ya mbere y’iryo higanwa hagati y’imyaka y’1960 hamwe n’1980.
🔥Dortmund iragarutse muri finale ya #ChampionsLeague ku kibuga ca Wembley inyuma y’imyaka 11.
zhlédnutí 254Před dnem
🤷🏻‍♀️Twogereranya gute #Dortmund y’uyu mwaka hamwe na Dortmund yo muri 2013 yamenyerezwa na #JurgenKlopp? 👉🏻Turabahaye ikaze muri kino kiganiro….
😉Ni bake bari biteze y’uko #ManUtd itsinda #City muri finale ya #FAcup.
zhlédnutí 205Před dnem
🤔Amakenga abakunzi ba #ManchesterUnited bafise k’umumenyereza wabo #EricTenHag yoba vy’ukuri afise ishingiro ? 📍Reka twibaze nimba vy’ukuri akazi #TenHag ariko arakora kuri #OldTrafford gakwiye kwama gakekeranwa.
👤#Xavi yaraye ayoboye urukino rwiwe rwa nyuma nk’umumenyereza wa #FcBarcelona.
zhlédnutí 76Před 14 dny
🎙️#XaviHernandez agira ati: "Ntivyoroshe kuvavanura n’umurwi wakureze ubuzima bwawe bwose, ariko ndishimiye imyaka ibiri n’igice maze muri uno murwi nk’umumenyereza, umurwi wambereye nk’umuryango wanje ugira kabiri. "Kuva ku wa Mungu, nzoba gusa ndi umwe mu bafana benshi ba Barca mu kibuga. 📹Reka Tugaruke ku bihe Xavi yagize muri Barcelona
⚽🤷🏻‍♀️Manchester City yoba ariwo murwi mwiza w’ibihe vyose m’ubwongereza 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ?
zhlédnutí 7Před 14 dny
🏆Ibikombe bitandatu (6) mu myaka 8 #PepGuardiola amaze abamenyereza. Uyu mwaka ubaye uwugira kane (4) wikurikiranya #ManCity itahukana igikombe ca #PremierLeague, amateka atawundi murwi wari bwandike. ⁉️None ni ibihe bindi bintu bishobora gutuma twemeza y’uko ariwo murwi mwiza w’ibihe vyose ? ✍🏻Ido n’ido muri kino kiganiro…
⁉️Ni iyihe mirwi ifise ibikombe vyinshi mu cicaro gikuru c’umupira w’amaguru m’ubwongereza?
zhlédnutí 23Před 14 dny
🏟️Ntankeka y’uko ihiganwa ry’icicaro ca mbere, première division canke Championship mu gihugu c’ubwongere ritatanguye mu mwaka w’inkino w’1992-93. 🗓️Haramaze kubaho imyaka y’inkino 126, n’ibikombe bigana ico gitigiri nyene. None ni iyihe mirwi imaze gutahukana ibikombe vyinshi mu cicaro gikuru c’umupira w’amaguru mu gihugu c’ubwongereza?
⚽Ni iyihe mirwi imaze gutahukana ibikombe vyinshi muri PL ?
zhlédnutí 48Před 21 dnem
☝🏼🗓️Mu gihe umwaka w’inkino wa 2023-24 warangiye, reka turabire hamwe imirwi imaze gutahukana igikombe c’ihiganwa rya PL incuro nyinshi kurusha iyindi, mugabo kandi mu gice ca kabiri ca kino kiganiro, tuvuge imirwi imaze gutahukana ibikombe vyinshi mu cicaro gikuru mu gihugu c’ubwongereza kubera y’uko umupira w’amaguru utatanguye mu 1992, nk’uko mubizi neza…
🥅⚽Ni abahe bakinyi binjije ibitsindo vyinshi muri #UEFA #ChampionsLeague ?
zhlédnutí 82Před měsícem
🎥Tugiye kurabira hamwe abakinyi bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi kurusha abandi muri kahise k’iryo higanwa.
📍Ivuka rigira kabiri rya #KaiHavertz 🇩🇪.
zhlédnutí 78Před měsícem
📈Umusaruro munini uyo mukinyi ariko araronka mu murwi wa #Arsenal 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ni ikimenyetso c’ukugene ariko araha ubuzima bushasha carrière yiwe. 🤔Nimba uwo murwi ugifise amahirwe yo kuzotahukana igikombe c’ihiganwa rya #PremierLeague, ni hanini kubw’ibihe vyiza uwo mukinyi arimwo. 🎥Reka twihweze ibijanye n’izo mpinduka uwo mukinyi ariko arabamwo.
Jude Bellingham Vs Jamal Musiala
zhlédnutí 73Před měsícem
📍#JudeBellingham 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 na #JamalMusiala 🇩🇪 bari mubakinyi bitezwe cane mu nkino ziza guhuza #RealMadrid 🇪🇸 na #BayernMunich 🇩🇪 👥Abo bagenzi m’ubuzima basanzwe, babanye imyaka myinshi bakiri bato mu murwi nserukiragihugu w’abakiri bato w’ubwongereza, bariko barandikisha amateka mu mupira w’amaguru. 🎥Reka turaguke k’ubuzima bwa bano basore babiri b’imyaka 20 na 21. #judebellingham #jamalmusiala
📍Ni ibihe bintu twari dukwiye kumenya kw’ihiganwa rya BAL ?
zhlédnutí 11Před měsícem
🏀Nimba uri umukunzi w’inkino, uripfuza kumbure kumenya vyinshi kubijanye n’ihiganwa rya BAL umurwi wa Dynamo wagize ibakwe ryo gushikamwo mugabo kubw' imvo zimwe n’izindi, ntivyakunda y’uko bakina. 🔴Reka tugaruke kuvyo mukwiriye kumenya kubijanye niryo higanwa rya BAL, imirwi imaze kurikinamwo n’ibindi vyankenerwa mwomenya.
📍Igihe #FCBarcelona y’umumenyereza #LuisEnrique 🇪🇸 yari kw’isonga y’umupira w’amaguru mw’isi.📍
zhlédnutí 32Před měsícem
🗓️Uyu munsi Luis Enrique niwe mumenyereza w’umurwi wa #PSG mugabo mu murwi wa FC Barcelona niho yandikiyemwo amateka yiwe nk’umukinyi mu ntango, hanyuma nk’umumenyereza. ⚽ Umwubatsi w’umwe mu mirwi yinjije ibitsindo vyinshi arikumwe n’abakinyi nka #LionelMessi 🇦🇷 #LuisSuarez 🇺🇾 na #NeymarJr 🇧🇷. 👤Uwo munya espagne yaranditse amwe mu mateka ahambaye y’umurwi w’aba-#blaugana. 🔴💪🏼Reka tugaruke kur'...
🤷🏽Kubera iki Xabi Alonso ariko araronka umusaruro munini mu murwi wa Leverkusen?
zhlédnutí 176Před měsícem
🚨Alonso na Bayer04 bamaze gukina inkino 43 badatsindwamwo na rimwe, inyuma yo gutahukana igikombe ca Bundesliga, baracariko barahiganirwa ibindi bikombe bibiri. 📍👤Ni ibihe bintu dukwiriye kumenya ku mumenyereza Xabi Alonso ?
😉Imirwi ya mbere ibiri izimvye kurusha iyindi yarakinye kuri uyu wa kabiri uheze.
zhlédnutí 62Před 2 měsíci
⚽🏆Real Madrid na ManCity niyo mirwi ihabwa amahirwe menshi yo kuzotsindira igikombe ca #ChampionsLeague uyu mwaka atari uko bakina neza gusa ariko kandi kubera y’uko bafise abakinyi beza b’agaciro kanini. 🎥Reka tugaruke ku gaciro abakinyi b’iyo mirwi bafise imbere y’urukino rwo gusubiriza mu ndwi iza.
#RealMadrid na #ManchesterCity, ni ibihe biharuro twokura m''urukino rwabahuje ?
zhlédnutí 133Před 2 měsíci
#RealMadrid na #ManchesterCity, ni ibihe biharuro twokura m''urukino rwabahuje ?
⁉️Ni abahe bakinyi b'abasubirizi binjije ibitsindo vyinshi muri #premierleague ?
zhlédnutí 17Před 2 měsíci
⁉️Ni abahe bakinyi b'abasubirizi binjije ibitsindo vyinshi muri #premierleague ?
🤔Mwoba muzi abakinyi bake bagize akarwi batazira « tripple couronne » canke "ibitsibo bitatu" ?
zhlédnutí 34Před 2 měsíci
🤔Mwoba muzi abakinyi bake bagize akarwi batazira « tripple couronne » canke "ibitsibo bitatu" ?
📍Ni iyihe mirwi nserukirabihugu ifise abakinyi b’agaciro kanini kurusha iyindi ?
zhlédnutí 21Před 2 měsíci
📍Ni iyihe mirwi nserukirabihugu ifise abakinyi b’agaciro kanini kurusha iyindi ?
👥💸Bamwe mu bakinyi baguzwe amahera atari make bararoraniwe mugabo harimwo benshi bitagendeye neza.
zhlédnutí 39Před 2 měsíci
👥💸Bamwe mu bakinyi baguzwe amahera atari make bararoraniwe mugabo harimwo benshi bitagendeye neza.
HARRY KANE
zhlédnutí 7Před 2 měsíci
HARRY KANE
⚽Umurwi wa #BayerLeverkusen ufise amahirwe ayahe yo gutahukana ibikombe 🏆bitatu (3) uyu mwaka ?
zhlédnutí 4Před 2 měsíci
⚽Umurwi wa #BayerLeverkusen ufise amahirwe ayahe yo gutahukana ibikombe 🏆bitatu (3) uyu mwaka ?
😲#MauricioPochettino ngo ntiyimirije kuva mu murwi wa #Chelsea.
zhlédnutí 4Před 2 měsíci
😲#MauricioPochettino ngo ntiyimirije kuva mu murwi wa #Chelsea.
📍Ni ibiki twogumana mu myaka icenda (9) ya Jurgen Klopp mu murwi wa Liverpool ?
zhlédnutí 6Před 2 měsíci
📍Ni ibiki twogumana mu myaka icenda (9) ya Jurgen Klopp mu murwi wa Liverpool ?
🚨#CristianoRonaldo ntiyashoboye gushitsa ivyo yari yasezeraniye umurwi wa #Al-Nassr.
zhlédnutí 8Před 2 měsíci
🚨#CristianoRonaldo ntiyashoboye gushitsa ivyo yari yasezeraniye umurwi wa #Al-Nassr.
🎙️Reka tugaruke kuri carrière y’umumenyereza #Thomas #Tuchel
zhlédnutí 1Před 3 měsíci
🎙️Reka tugaruke kuri carrière y’umumenyereza #Thomas #Tuchel
🤔Ni gute Paul Pogba asa nkuko ivyiwe vyaheze inyuma y’imyaka ibiri atahukanye igikombe gikomeye?
zhlédnutí 4Před 3 měsíci
🤔Ni gute Paul Pogba asa nkuko ivyiwe vyaheze inyuma y’imyaka ibiri atahukanye igikombe gikomeye?
🚨Kylian Mbappé agiye kuja muri Real Madrid
zhlédnutí 5Před 3 měsíci
🚨Kylian Mbappé agiye kuja muri Real Madrid
🚨Cristiano Ronaldo niwe mwami w’abasatirizi bakinye ihiganwa rya Champions League 🇪🇺
Před 3 měsíci
🚨Cristiano Ronaldo niwe mwami w’abasatirizi bakinye ihiganwa rya Champions League 🇪🇺
👌🏼👏🏼Arsenal yandikishije amateka itari bwigere ikora muri Premier League
zhlédnutí 26Před 4 měsíci
👌🏼👏🏼Arsenal yandikishije amateka itari bwigere ikora muri Premier League

Komentáře