Umuhuza TV
Umuhuza TV
  • 953
  • 5 053 232

Video

IRIHUTA🚨IBIBAYE KU BASODA IMBERE Y'UMWANSI/MURI ÉTAT MAJOR⚠️IKETE RIRUNGIKIWE UMUKURU W'IGIHUGU/DRC
zhlédnutí 1,4KPřed 18 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #primeniyongabo #fdnb #tafoc #abasoda #rdc
🙆IBIBAYE KU MURYANGO WA NDAKUGARIKA MUHIRA/IBIBAYE KU MUHUNGU WIWE MUKURU/IGIPOLISI(API) IVYO BAKOZE
zhlédnutí 3,3KPřed 2 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #ndakugarika #ndora #abategetsi
AMATOHOZA KUMATUNGO Y'UMURYANGO WASIZWE NA NKURUNZIZA/IBIBAZO KURI BUNYONI/AMADORALE, INZAHABU BIVYE
zhlédnutí 7KPřed 2 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #bunyoni #nkurunziza #brd #amadorale #inzahabu
🔥UMURIRO HAGATI YA NEVA NA FAUSTIN NDIKUMANA👏#CHRIS NDIKUMANA AKOZE AMATEKA MURI GABON/YUJUJE STADE
zhlédnutí 2,7KPřed 4 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #faustinndikumana #neva #chrisndikumana
🚨INKURU NZIZA👏BUS YAMBERE IVUYE MU RWANDA/IMIPAKA IRUGURUWE🇧🇮AMB.SHINGIRO NA🇷🇼 NDUHUNGIREHE BARAHUYE
zhlédnutí 30KPřed 4 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #rwanda #bujumbura #kigaki #imbibe #gen.jameskabarebe #nduhungirehe #albertshingiro
🚨AFASHWE ATOROTSE🔥UMUTEGETSI YIVYE AMAHERA MU BUSHIKIRANGANJI/NEVA ATANZE ITEGEKO/MU GISAGARA HAGATI
zhlédnutí 3,1KPřed 12 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #arafashwe
UMUGOROBA MUBI KURI NDAKUGARIKA🚨ICUKA KIBI MUBATEGETSI/NEVA NTAFYINA/AMABANGA ARAMENETSE/FRANCK KAZE
zhlédnutí 1,3KPřed 14 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #ndakugarika #politike
ARAVYANSE🔥RWASA MU NAMA NSHINGAMATEKA🙆IVYO NDABIRABE AKOZE/ABASHINGAMATEKA BARAGUMUTSE/ARAREKUWE/CNL
zhlédnutí 5KPřed 14 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #inamanshingamateka #gitega #kihobe #rwasa #cnl
NININAHAZWE ARABIVUZE🚨NEVA ARAJUGUMIYE/AMABANGA YINYEGEJE MU INYINYURANA RY'ABATEGETSI/NEVA YABIVUZE
zhlédnutí 3,4KPřed 16 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #nininahazwe
🔥BARASIWE KU MUTAKURA😭AMAHASA Y'UMUTEGETSI ARISHWE/NINDE YINYEGEJE INYUMA YAVYO/IPEREREZA RIFATIYEKO
zhlédnutí 7KPřed 16 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #iperereza #umutekano
MU BIHANGANGE VYANSE/INGINGO NEVA YAFASHE🔥UBWOBA MUBATEGETSI BO HEJURU🤷NINDE UGIYE GUSUBIRIZWA/INAMA
zhlédnutí 1,9KPřed 16 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #ibihangange #gusubirizwa #amabanga
⚠️HAGATI Y'ABAGABO BABIRI🔥NI NKA NEVA NA NDAKUGARIKA/IBIHUSHANE MURI POLITIKE/INDYANE MU BIHANGANGE
zhlédnutí 660Před 19 hodinami
#amakuru #umuhuzatv #burundi #neva #ndakugarika #ukwikukirab#rwagasore
🔥IBIBAYE KU KIBUGA C'INDEGE🚨KWA NTARE IRIJORO HARABAVYE/IVYO A.NDAYISHIMIYE AKOZE/NEVA NA IDRIS DEBY
zhlédnutí 3,3KPřed 19 hodinami
🔥IBIBAYE KU KIBUGA C'INDEGE🚨KWA NTARE IRIJORO HARABAVYE/IVYO A.NDAYISHIMIYE AKOZE/NEVA NA IDRIS DEBY
🔥UKO VYIFASHE I GITEGA/NEVA AKOZE IBITANGARO🙆GUKOROKA MU NDEDE,DEFILE Y'AGAKURA/IVYO ABASODA BAKOZE
zhlédnutí 1,4KPřed 19 hodinami
🔥UKO VYIFASHE I GITEGA/NEVA AKOZE IBITANGARO🙆GUKOROKA MU NDEDE,DEFILE Y'AGAKURA/IVYO ABASODA BAKOZE
ARABOGOJWE🚨NEVA AKOZE IMPINDUKA⚠️IBIBAYE PRESIDENT IDRIS DEBY KWA NTARE/KU KIBUGA C'INDEGE VYASHUSHE
zhlédnutí 2,7KPřed 21 hodinou
ARABOGOJWE🚨NEVA AKOZE IMPINDUKA⚠️IBIBAYE PRESIDENT IDRIS DEBY KWA NTARE/KU KIBUGA C'INDEGE VYASHUSHE
⚠️UKURI KOSE🚨ABISHE UMUSHIKIRANGANJI EMMANUEL NIYO KURI/IBINYOMA VY'UBUTEGETSI/ZIRANOTSE MURI DOSIYE
zhlédnutí 3KPřed dnem
⚠️UKURI KOSE🚨ABISHE UMUSHIKIRANGANJI EMMANUEL NIYO KURI/IBINYOMA VY'UBUTEGETSI/ZIRANOTSE MURI DOSIYE
IBIBAYE KURUBIBE RW'UBURUNDI N'URWANDA🔥AMB.SHINGIRO ARARIKOROJE/ITEGEKO RYA NITERETSE/NEVA YAVYEMEYE
zhlédnutí 2,6KPřed dnem
IBIBAYE KURUBIBE RW'UBURUNDI N'URWANDA🔥AMB.SHINGIRO ARARIKOROJE/ITEGEKO RYA NITERETSE/NEVA YAVYEMEYE
IBARA RIRAGUYE🙆IBIBAYE KURI RWASA IMBERE Y'ABASHINGAMATEKA/NDABIRABE ARABIMWATSE/URUHAGARARA MU#CNL
zhlédnutí 5KPřed dnem
IBARA RIRAGUYE🙆IBIBAYE KURI RWASA IMBERE Y'ABASHINGAMATEKA/NDABIRABE ARABIMWATSE/URUHAGARARA MU#CNL
ITEGEKO RISHASHA🚨IVYA BUNYONI I GITEGA/AMAJAMBO YA GEN.CYRILLE NDAYIRUKIYE/ABAPOLISI KUMBIBE BAHAWE📄
zhlédnutí 6KPřed dnem
ITEGEKO RISHASHA🚨IVYA BUNYONI I GITEGA/AMAJAMBO YA GEN.CYRILLE NDAYIRUKIYE/ABAPOLISI KUMBIBE BAHAWE📄
IBIBAYE⚠️IMPARI MUBATEGETSI BARAGUMUTSE/ABIZIGIRWA BA NEVA BARAKAYE/ISHAVU KUNGINGO ZAFATIWE BUNYONI
zhlédnutí 2KPřed dnem
IBIBAYE⚠️IMPARI MUBATEGETSI BARAGUMUTSE/ABIZIGIRWA BA NEVA BARAKAYE/ISHAVU KUNGINGO ZAFATIWE BUNYONI
🚨KU INOHERO🔥IBIBAYE KU BACAMANZA I GITEGA/BUNYONI ARAKATIWE/UMUTEKANO MU IBOHERO URAHUNGABANYE/IBARA
zhlédnutí 5KPřed dnem
🚨KU INOHERO🔥IBIBAYE KU BACAMANZA I GITEGA/BUNYONI ARAKATIWE/UMUTEKANO MU IBOHERO URAHUNGABANYE/IBARA
🚨UMUKOBWA WA NEVA MU MABANGA AHAMBAYE/AHAWE IKIBANZA KIDASANZWE/IVYO ANGELINE AKOZE/INAMA KWA NTARE
zhlédnutí 17KPřed dnem
🚨UMUKOBWA WA NEVA MU MABANGA AHAMBAYE/AHAWE IKIBANZA KIDASANZWE/IVYO ANGELINE AKOZE/INAMA KWA NTARE
23 BAHASIZE UBUZIMA🚨ISANGANYA RY'IMODOKA YABASODA/30 BAHISE BAJANWA MU BITARO/ABASODA 272 BARAKATIWE
zhlédnutí 2,6KPřed dnem
23 BAHASIZE UBUZIMA🚨ISANGANYA RY'IMODOKA YABASODA/30 BAHISE BAJANWA MU BITARO/ABASODA 272 BARAKATIWE
IRIHUTA🚨 UMUSHIKIRANGANJI WA MBERE/IBIBEREYE MUBIRO KWA NTARE/ INGINGO NEVAAGIYE GUFATA/BARAJUGUMIYE
zhlédnutí 3KPřed 14 dny
IRIHUTA🚨 UMUSHIKIRANGANJI WA MBERE/IBIBEREYE MUBIRO KWA NTARE/ INGINGO NEVAAGIYE GUFATA/BARAJUGUMIYE
IRI JORO INAMA Y'ABAJENERO🔥MU BIHANGANGE BARAGIRIZANYA/KEREKURA BUNYONI,GUTAHURA ABAHUNZE/ABATEGETSI
zhlédnutí 3,1KPřed 14 dny
IRI JORO INAMA Y'ABAJENERO🔥MU BIHANGANGE BARAGIRIZANYA/KEREKURA BUNYONI,GUTAHURA ABAHUNZE/ABATEGETSI
MUTABARE⚠️IBIBAYE KUBASODA 274 BANSE KURWANA NA M23 MURI RDC/MUSENGERE IMIRYANGO YABO🚨MURI ÉTATMAJOR
zhlédnutí 1,1KPřed 14 dny
MUTABARE⚠️IBIBAYE KUBASODA 274 BANSE KURWANA NA M23 MURI RDC/MUSENGERE IMIRYANGO YABO🚨MURI ÉTATMAJOR
🔥NDIKURIYO,GEN.NIYONGABO NA NDAKUGARIKA/INAMA YIHUTA YA NEVA/ABAGABO 3 BIKEKWAMWO UMWE/COUP D'ETAT
zhlédnutí 2,1KPřed 14 dny
🔥NDIKURIYO,GEN.NIYONGABO NA NDAKUGARIKA/INAMA YIHUTA YA NEVA/ABAGABO 3 BIKEKWAMWO UMWE/COUP D'ETAT

Komentáře

  • @ProsperNdacabagoye
    @ProsperNdacabagoye Před 7 minutami

    Nabivemwo kuko aho bigeze birababaje. Bose barondera kwivanga.

  • @ClaverMASABARAKIZA
    @ClaverMASABARAKIZA Před 12 minutami

    Ereg ivyomuvugra kur iy utube yanyu ninkinamico

  • @JeanClaudeNGENDAKUMANA-g6b
    @JeanClaudeNGENDAKUMANA-g6b Před 6 hodinami

    Ntavyo womenya wewe,kubera bariko babibutsa ivyo mwakoreye uburundi n'abarundi?

  • @edithmuka2209
    @edithmuka2209 Před 9 hodinami

    Ariko se abarundi ndetse n abanyarwanda bakoze genocide mu Rwanda bari mu Burundi barangana iki? Ko bo mutabafata ngo boherezwe mu Rwanda cyangwa ngo bacurewe urubanza aho bari.

  • @johnsenyange
    @johnsenyange Před 10 hodinami

    Ntibayugurure ntacyo ducyeneye guhaha muburundi Nahimana indagarazabo

  • @joelnzeyimana7791
    @joelnzeyimana7791 Před 12 hodinami

    urikibwa

  • @user-sk7wr4dz1f
    @user-sk7wr4dz1f Před 14 hodinami

    😁😁😁😁

  • @DonatienNdayisenga
    @DonatienNdayisenga Před 16 hodinami

    Ariko wewe uvuga ikirindi cumurundi pe!

  • @JosephineMusavyimana
    @JosephineMusavyimana Před 19 hodinami

    Nimuze muvuga ibiraba nkaho muriko mudufasha iki ? Kirayo makuru mudusikiriza

  • @jeanberchmasnizonzima6058
    @jeanberchmasnizonzima6058 Před 22 hodinami

    ivy ubikuyehe?

  • @AdelinManirambona
    @AdelinManirambona Před 23 hodinami

    Hahomba,abantubatoba Sabarundibahorabisumamomumasokoyomukibanonabanyarwandabahorabisumamomuburundigusumirayo

  • @user-ug1xz2gf6t
    @user-ug1xz2gf6t Před dnem

    None nimba atarukumaramara kw'umushikiranganji Albert SHINGIRO , yagiye kuganira kugira bamubwiriki ko ariwe yugaye bena Sebuja NEVA ???? Ukwo abafransa babivuga la honte ne tue pas. U RWANDA ntigwigeze gwugara none arubaziki?? Nibamaramara bazugurura . Enfait ubu bariyumvira ingene bokwugurura atagikozwe bakabura , none bariko bafata ivyatsi namabuye kugira bugurure vyitwako vyaciye mubiganiro. Abanyapolitique bari abakera, ubu hasigaye abakunzi b'inda. MUKURARINDA, Umuvugizi wu RWANDA niwe numvise akavuga neza kuri micro ya Sclovia.

  • @agapitemaniratanga

    Nakamaramaza

  • @PierreclaverHakizimana-ji8ge

    Za muvuga mudahengama Urwanda turarukeneye nabo baradukeneye kandi burya turavukana dusangiye n'ururimi

  • @ArcadeNgendakumana-dh3dr

    Ivyo bintu ntavyo dushobora kwihanganira

  • @bernardsinzobatohana1671

    Mwabagabomwe bamuvuga ivyo mufitiye ubuhamya ntimurwize inkuru zububeshi kuko muzohinyuka nyakwigendera ivyoyakoreye abarundi ntituzovyibagira ahubwo murabaza abahari

  • @user-ui2vm3iz9d
    @user-ui2vm3iz9d Před dnem

    Hhhhhhh. Abarundi barababaje kbsa. President wabo afite ibitekerezo nkibyo muri 1962😂😂😂

  • @bushayijabosco3967

    Kuba u Burundi bufunze imipaka ntacyo bungutse ibitoro byarabuze ifranga rya barundi rikomeza guta agaciro

  • @MunganyinkaJeanne
    @MunganyinkaJeanne Před dnem

    Murekeabafunze imipaka yabo bakomezebafunge. Twebwe nku Rwanda ntampamvu yogufunga imopaka , kuko ntacyo twishinja. Abafunze nibabona icyatumye bafunga cyacyemutse bazafungura ibyobafunze. Gusa abanyarwanda dufite uburere , umucon'ubwihangane , urebye ukuntu perezida wuburundi adatuka!!!!!! Ntibyoroshye kumva umukuru wigihugu atuka umukuru wigihugu ki gituranyi. Erega abatutse abene gihugu twese.

  • @user-xx9os1ki9m
    @user-xx9os1ki9m Před dnem

    Inyishu ari abarundi abanyarwanda ntaruhombo kuko abahomba nabafise icobapfa kuko abakoresha imiduga yukwiyunguruza ni abanyarwanda reo en generale twese tugira uruhombo

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 Před dnem

    Mwatanze babantu? Reka ito blague!!!

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 Před dnem

    Mwatanze babantu? Reka ito blague!!!

  • @user-cv9hd9lv1b
    @user-cv9hd9lv1b Před dnem

    uburundi nibafungura urwanda narwo ruhite rufunga mugumane mikeke indagara urwanda mugumane ibyanyu numubyeyi kagame n'a général sendagara mikeke wanyu

  • @GilbertNiyonzima-jp5fk

    Ico womenya nuko abarundi batanka Abanyarwanda ico Twanka nkabarundi nuko urwanda Rushaka gucanishamwo abarundi kuko bafise Abo bakunda gusumbabandi kwisi ntamuntu asumbuwundi

  • @user-sb3hm8mi5l
    @user-sb3hm8mi5l Před 2 dny

    Indagara zabo bazigumane Sha 😂😂 Rwanda ❤🇷🇼👍

  • @MuryangoEmmanuel
    @MuryangoEmmanuel Před 2 dny

    Abarundi muri rusange murabavandimwe bacu ariko president wanyu areke ingengabitekerezo ya genocide Aribyo nakwita ubugoryi

  • @MuryangoEmmanuel
    @MuryangoEmmanuel Před 2 dny

    Ndifuza ko uburundi buzana ibimashini bugasenya iyo mipaka maze Abanyarwanda tugahomba😮 Ariko se abarundi mwibagiwe ko nubwo muvuga ko ntacyo mukeneye ku Rwanda muhafite inzira ya bugufi mucamo? Iyo muvuye Tanzania cyangwa Uganda munyuze I Rwanda siho hababera bugufi? N'akazi kanyu muzagume mufunge nababwiriki rwose

  • @user-wc9ul1kh4t
    @user-wc9ul1kh4t Před 2 dny

    Mujye mwihangana kuko imana ikunda abihangana twese turi abavandimwe umuturanyi numuntu wagaciro ,tujye tugira uburere bwiza dutozwa nababyeyi thx

  • @cedricdaay3299
    @cedricdaay3299 Před 2 dny

    Niyo uburundi bwakomeza gufunga abanyarwanda twakomeza kubaho

  • @user-rp7hw1dx4m
    @user-rp7hw1dx4m Před 2 dny

    Igitoro cyabashengereje ubundi iyo umuriro uwubuze urahura kumuturanyi mwihangane 😊😊😊

  • @user-rp7hw1dx4m
    @user-rp7hw1dx4m Před 2 dny

    U Burundi bwarafunze u Randa ntirwafunze ubwo uwafunze niwe ufite I kibazo

  • @jefferynishimwe3305

    Akaba arivyo, twoba twibeshe kuko ngo inkoko muguhona zibana nibisiga. 😢😢

    • @rwampungueric4151
      @rwampungueric4151 Před 2 dny

      Ubwo ibyo uvuze wabitangira Fact? Ubona Koko U Rwanda rwanga uburundi? Uziko arirwo rwatumye mwinjira muri East Africa community? Uziko arirwo rwahaye uburundi amafaranga yo kwinjira muri uwo muryango was East Africa? Mwebwe mwaruhaye iki? Uribuka ko rwabajimirije isoko ryanyu ririho rishya? Mufite imitima yimicafu rwose,

  • @user-un2ne5nr6t
    @user-un2ne5nr6t Před 2 dny

    Abarundi bohomba hugawe umupaka wa Tanzanie nayo murwanda ntaco mufise abarundi bakenera ahubwo nabanya rwanda bahovye kuko ino mwari mwahagize iyorero uhereye kubaririvyi ndetse nibifungurwa ntavy dukura murwanda nabusa ariko urwanda vyishi vyava iburundi

    • @UfiteyezuCharles
      @UfiteyezuCharles Před 2 dny

      Hhhhhhh ndagusetse Aho hariki Koko indagara na mamesa😂😂😂😂😂

    • @evodeimaragahinda862
      @evodeimaragahinda862 Před 2 dny

      Hhhhh iturize ndunva ntabyuzi!!

    • @rwampungueric4151
      @rwampungueric4151 Před 2 dny

      Hari abarundi bamwe wagira ngo ntibize. Ni injiji kubi.bafite ideologie yurwango rudafite ishingiro. Wagicucu we ,ubaririmbyi Bacu bajya kuri ririmbira iburayi, Canada nahandi, nkaswe iwanyu. Ni mwige shaa

    • @EricNshimiyimana-kl5zo
      @EricNshimiyimana-kl5zo Před dnem

      Urwanda rurarenze brooo icecekere ntabyo uziiii.

    • @antoinenteziryayo656
      @antoinenteziryayo656 Před dnem

      Ahubwo dufite ubwoba ko mufunguye mipaka mwaba mbibonye akaryo ko kuza gutunda ibi kudutundira ibitoro vyacu ataco mwashoye

  • @user-ej4el1hg5r
    @user-ej4el1hg5r Před 2 dny

    Abarundi nibo bahombye mugabo,Rwanda oyee

  • @HabaruremaBenjaime
    @HabaruremaBenjaime Před 2 dny

    Ygo

  • @StivinKymb
    @StivinKymb Před 2 dny

    Abarundi ntacobahovye kuko ntavyodukura mugwanda abahomba mugwanda

  • @jacquesnteziryayo3767

    Buriya gufunga imipaka nibyo bizamura economies y' uburundi gusa ico mwomenya uburundi bufite abayobozi badashoboye bazabata murwobo

    • @user-un2ne5nr6t
      @user-un2ne5nr6t Před 2 dny

      Kagame uwomuha uburundi abutware wibaza yoshikurwa? uburundi sinkurwanda baramaze kunuka

    • @jacquesnteziryayo3767
      @jacquesnteziryayo3767 Před 2 dny

      @@user-un2ne5nr6t kagame bomukurahe Koko? Basenge Chane Imana izabatabare urwanda Imana yaruhaye kagame

  • @silidio
    @silidio Před 2 dny

    Nareke kubabesha ukobarikumwe ntahobihuriye nivyo avuga bari muvya EAC bari Kongo Tanzania Uganda Kenya Uburundi S Sudan . Rero ntavyimishikirano kuvy'uburundi n'urwanda vyarimwo reka kubesha.

  • @mugangaeliezel3386
    @mugangaeliezel3386 Před 2 dny

    Twe mu Rwanda ubukungu bumeze neza

  • @nkundaburundi1597
    @nkundaburundi1597 Před 2 dny

    Nigume igunze kugeza Urwanda gwisubiyeko umubanyi mubi umucirivomo ivyobaduha nibabigumye buzuyubwibone kandi bagowe 😢

  • @OlivierNduwimana-gi8mi

    Uburundi kuvaho buyoborewe na ba DD bwaragowe cane hose!

  • @OlivierNduwimana-gi8mi

    Neva ntabwenge afite!

  • @ndengabaganiziregis772

    Gusa birangoye kd ntibyoroshy

  • @ndengabaganiziregis772

  • @ndengabaganiziregis772

    Ubuse ibyabateye gufunga imipaka cyavuyeho gusa birangoye ibyo mu Rwanda nu Burundi

  • @Gahugu
    @Gahugu Před 2 dny

    Jyewe nashakaga ko uBurundi bukomeza gufunga imipaka maze tukazareba iherezo syiiiii

  • @uwizeyimanaolive158

    Nukuri niyugurure ubundi iyo umuvandimwe wawe agize ikibazo awe uba ugifite

  • @LeonceNDAYIZEYE-ew9zt

    Oya ntiwohende ikibazocumutekano ntikijamye nivyo kunezerwa hatangura imutekano ivyo ukwegerako sivyo

  • @yvonnekabanyana5215

    Byaba byiza weee

  • @hamadanzeyimana7488

    Ejo azongera ayifunge Tshisekedi namara kumva iyo nkuru azamutegeka kuyifunga 😅😅😅