UWATORANIJWE BONIFACE
UWATORANIJWE BONIFACE
  • 115
  • 22 427
🤣🇷🇼🤣NABUZE AKAZI NANJE MPITAMWO KWIBERA IMBOBO TUU//ZASHAKA NIZIWURYE NAJE MBONA INZARA INYISHE🍾🫣
Hari mu rwanda,Rwabutazi,ndahamaze amezi atatu mpitamwo kuja kurinda umuceri,vyanse kugeza sacenda batarangemurira,mpita ndawuta bukeye nigira i kibungo n'amaguru,ngerayo mbura akazi,ndakabuze nja muvyo gusaba icumbi naryo ndaribura kugeza badufashe.
ukore s'abonner comment like no gusangiza abandi. mur'umugizha kandi ivyuri gucamwo wihangane imbere ni heza
evangelist uwatoranijwe Boniface
WhatsApp+25767564525
zhlédnutí: 78

Video

🫣UZI KO INDA NAZITOZA AMENYO NINYEGEJE MUKINOGO😭/AMAVOKA TWAYAKOZA IBIJUMBU BIBISI,TWARYA N'INYONI
zhlédnutí 335Před 9 hodinami
🫣UZI KO INDA NAZITOZA AMENYO NINYEGEJE MUKINOGO😭/AMAVOKA TWAYAKOZA IBIJUMBU BIBISI,TWARYA N'INYONI
ABAMAMA N'UMWANA BAFYATURA AMATAFARI😱🫣IGIHE CANJE NAWE🇧🇮✍️,N'UGUKORA MWIRI CI,NTAKURERA AMABOKO
zhlédnutí 194Před 21 dnem
ABAMAMA N'UMWANA BAFYATURA AMATAFARI😱🫣IGIHE CANJE NAWE🇧🇮✍️,N'UGUKORA MWIRI CI,NTAKURERA AMABOKO
✍️🇧🇮ABAGENI NA PASTOR JULIENNE BARABICIYE BIRACIKA IMBERE Y'ISHENGERO NDAKURAHIYE🤣🤣🤣
zhlédnutí 133Před měsícem
✍️🇧🇮ABAGENI NA PASTOR JULIENNE BARABICIYE BIRACIKA IMBERE Y'ISHENGERO NDAKURAHIYE🤣🤣🤣
Hallelujah by UWATORANIJWE BONIFACE ( Official Video 2024)
zhlédnutí 1,9KPřed měsícem
Hallelujah: n'indirimbo yaririmbwe n'umuvugabutumwa Uwatoranijwe Boniface,Amasanamu yafashwe na Producer Floris Pro muri True Music Kayanza. amajambo y'indirimbo avuga ati Urira ntufungura neza,ntakazi,nturubaka,....har'ababifise batagihari..... mwibuke gukora s'abonner musangize n'abandi mukudushigikira. Mwebwe nimwe vyishimo vyacu,nimwe munezero wacu imana ibahe umugisha mwinshi cane WhatsApp...
🫣RINDIRIRA MU GISAGARA🤣TUDAHENDANYE WEWE URAFISE MPWEMU YERA? ATAWE URARONKA RINDIRIRA MU GISAGARA
zhlédnutí 303Před měsícem
🫣RINDIRIRA MU GISAGARA🤣TUDAHENDANYE WEWE URAFISE MPWEMU YERA? ATAWE URARONKA RINDIRIRA MU GISAGARA
NYUMA YO KUBONA IBIJUMBU BIZIMBUTSE, EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE YAHISEMWO KUJABKUBISOROMA
zhlédnutí 80Před měsícem
NYUMA YO KUBONA IBIJUMBU BIZIMBUTSE, EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE YAHISEMWO KUJABKUBISOROMA
😱🫣🤣GUSOROMA 💃IBIJUMBU//EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE NA BIBI WIWE BAGIZE IBIHE VYIZA MUMURIMA
zhlédnutí 184Před měsícem
Shalom,ubuzima buba busaba gukora vyose vyiza, imana irema adamu yavuze ngo tureme umuntu aganze isi,ayirimeee, ahandi ngo'' uwiba ntakongere kwiba ahubwo apfume acumukuze ayiwe maboko aronke ivyo afashisha abagowe,... Ndabasavye,mwibuke kudushigikira mugukora s'abonner,musangize n'abandi, comment mutazibagiye. mudahari ntaho twogera,mur'abantu beza,turabakunda. produced by: evangelist uwatoran...
IC'IMANA IKUGOMBAKO ✍️💥💥♥️IGICE 2// EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE
zhlédnutí 151Před měsícem
Vyomara iki ga bene Data, namb' umuntu avuga yukw afise ukwizera, ata bikorwa akora? Mbeg' ukwo kwizera kwoshobora kumukiza? Ni haba hariho mwene Data uw' ari we wese yoba yambaye ubusa, agenda aburanirwa ku vyo kurya, maz' umwe muri mwebge akamubgira, ati Genda amahoro, ususuruke, uhage; ariko ntimumuhe ivy' umubiri ukena, vyomara iki? Nk'umuntu yovuga, ati Weho ufise ukwizera, jeho mfise ibik...
IC'IMANA IKUGOMBAKO
zhlédnutí 548Před měsícem
Iki ni co kitumenyesha urukundo, n'uk' uwo yatanze ubugingo bgiwe kubgacu: natwe dukwiye gutanga ubugingo bgacu kubga bene Data. 1 Yohana 3:16
HEZAGIRWA N'IVYO GROUPE BIBLIQUES YA LYCÉE KAYANZA YADUHEZAGIJE N'INDIRIMBO NZIZA CANE💃💃💃💃💃
zhlédnutí 242Před 2 měsíci
HEZAGIRWA N'IVYO GROUPE BIBLIQUES YA LYCÉE KAYANZA YADUHEZAGIJE N'INDIRIMBO NZIZA CANE💃💃💃💃💃
IBIRORI VYA 🫶💃💃👩‍❤️‍👨MARIAGE Y'UMUKOZI W'IMANA UWATORANIJWE BONIFACE NA NSABIMANA VESTINE 💕: PART 1
zhlédnutí 136Před 2 měsíci
IBIRORI VYA 🫶💃💃👩‍❤️‍👨MARIAGE Y'UMUKOZI W'IMANA UWATORANIJWE BONIFACE NA NSABIMANA VESTINE 💕: PART 1
IBIRORI VYA MARIAGE YA EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE NA NSABIMANA VESTINE 💃💃👩‍❤️‍👨: PART 2
zhlédnutí 104Před 2 měsíci
IBIRORI VYA MARIAGE YA EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE NA NSABIMANA VESTINE 💃💃👩‍❤️‍👨: PART 2
N'IGITANGAZA N'UKURI💫 IBIBEREYE KURI LYCÉE KAYANZA KW'IBARABARA RIJA I NYAGISOZO KWA NDORI🙌🙌
zhlédnutí 203Před 2 měsíci
N'IGITANGAZA N'UKURI💫 IBIBEREYE KURI LYCÉE KAYANZA KW'IBARABARA RIJA I NYAGISOZO KWA NDORI🙌🙌
URATWENGA IMBAVU ZIVUNIKE KUGAKINO BAKOREYE UMUGENI WA EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
zhlédnutí 8KPřed 2 měsíci
URATWENGA IMBAVU ZIVUNIKE KUGAKINO BAKOREYE UMUGENI WA EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
IGITANGAZA BY EVANGELIST THE CHOSEN
zhlédnutí 388Před 2 měsíci
IGITANGAZA BY EVANGELIST THE CHOSEN
IY'IMANA IBIRIMWO UKORA MARIAGE ATAN'IKINGORONGORO UFISE😅😅😅😅😅🫡🫣IMANA IRATANGAJE
zhlédnutí 64Před 3 měsíci
IY'IMANA IBIRIMWO UKORA MARIAGE ATAN'IKINGORONGORO UFISE😅😅😅😅😅🫡🫣IMANA IRATANGAJE
UMUFASHA W'UBWIZA : EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE & NSABIMANA VESTINE
zhlédnutí 65Před 3 měsíci
UMUFASHA W'UBWIZA : EVANGELIST UWATORANIJWE BONIFACE & NSABIMANA VESTINE
ARAPFAKAYE BY THE CHOSEN BONIFACE
zhlédnutí 12Před 3 měsíci
ARAPFAKAYE BY THE CHOSEN BONIFACE
WIRIRA BY THE CHOSEN BONIFACE
zhlédnutí 210Před 4 měsíci
WIRIRA BY THE CHOSEN BONIFACE
Hallelujah By The Chosen Boniface
zhlédnutí 1,2KPřed 6 měsíci
Hallelujah By The Chosen Boniface
HALLELUJAH@ AMEN BY THE CHOSEN
zhlédnutí 43Před 7 měsíci
HALLELUJAH@ AMEN BY THE CHOSEN
MURI YESU KRISTO_Ev Chosen Boniface
zhlédnutí 158Před 8 měsíci
MURI YESU KRISTO_Ev Chosen Boniface
ISENGESHO RYANJE BY EV.THE CHOSEN BONIFACE (Videomaker Chosen🌠🌠🌠)
zhlédnutí 1,4KPřed 9 měsíci
ISENGESHO RYANJE BY EV.THE CHOSEN BONIFACE (Videomaker Chosen🌠🌠🌠)
BYE BYE VACANCES EGLISE PIERRE VIVANTE KAYANZA VYARI UMUNEZERO
zhlédnutí 28Před 10 měsíci
BYE BYE VACANCES EGLISE PIERRE VIVANTE KAYANZA VYARI UMUNEZERO
⛔🚔IKIGANIRO CA SATANI, ROCKY KIMOMO NA EVANGELIST IVAN BASANZE SATANI IKUZIMU AVUGA IVY'UBUSAMBANYI.
zhlédnutí 5Před 11 měsíci
⛔🚔IKIGANIRO CA SATANI, ROCKY KIMOMO NA EVANGELIST IVAN BASANZE SATANI IKUZIMU AVUGA IVY'UBUSAMBANYI.
Yooooooh !!! yama Mega ya Facebook na WhatsApp Namwe y'ukwezi kumbe ubu nuku bayagura?vyose na Video
zhlédnutí 25Před 11 měsíci
Yooooooh !!! yama Mega ya Facebook na WhatsApp Namwe y'ukwezi kumbe ubu nuku bayagura?vyose na Video
IJAMBO RY'IMANA RYOKWUBAKA
zhlédnutí 7Před rokem
IJAMBO RY'IMANA RYOKWUBAKA
TWARANESHEJE by Ev. THE CHOSEN BONIFACE
zhlédnutí 603Před rokem
TWARANESHEJE by Ev. THE CHOSEN BONIFACE
Twaranesheje By Evangelist Chosen Boniface
zhlédnutí 246Před rokem
Twaranesheje By Evangelist Chosen Boniface

Komentáře